ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndasavye uyu mu maman muzoze muramuzana chaque semaine!
aramara!
Merci bcp arazi ibintu vyoguteka vmt
L art fume c est quoi?
Urakoze sha Christine naciye ndabakumbura.basha nanje ngeze muri France n'abana umwanya wo guteka nukuri n'ukwiga ingene umuntu a condansa indya zoooose kandi équilibrée.❤😊
Wow 👍
Amahoro poivron rouge twozikurahe
Bonjour Bonjour bikunze mwoza muratwandikira muri description Ivyo aba yakoresheje vyose Merci
❤❤❤❤❤❤
Izo rare fume twozigurira he.zitwa gute mu kirundi?
Merci bcp! Délicieux 👌umuntu arashobora gukoresha amata y’a soya????merci
Ego cane.
😋
Christine ndaryohewe kandi ndakunda Paméla caaaane
Natwe turagukunda
L'art fumé ni oki? Mwodusobanurira
Lard fumé ni bacon kubaba hanze... Uri mu Burundi ngira woyibaza muri boucherie.
Nutunyama twinka dukase ukuntu ngi kenshi turiho mu ma boucherie cane cane charcuterie nouvelle
@@irenepamelairakoze8820ko umenga ni utunyama tw'ingurube? lard fumé ni viande de porc situé côté poitrine ou ventre...
Poivron rouge na jaune muzigurira he? Ndangira please
@@arianenikuze4475 kwa siyoni ziruzue
Ndasavye uyu mu maman muzoze muramuzana chaque semaine!
aramara!
Merci bcp arazi ibintu vyoguteka vmt
L art fume c est quoi?
Urakoze sha Christine naciye ndabakumbura.basha nanje ngeze muri France n'abana umwanya wo guteka nukuri n'ukwiga ingene umuntu a condansa indya zoooose kandi équilibrée.❤😊
Wow 👍
Amahoro poivron rouge twozikurahe
Bonjour Bonjour bikunze mwoza muratwandikira muri description Ivyo aba yakoresheje vyose
Merci