Lolilo jewe nibaza ko yokwiririra, Abaririmvyi bafise ama parcelle ni benshi, Akarorero Ester Nish twarabonye ingene yinjira inzuyiwe, Akanashimishwa no kuba avuye mu vyo gupanga! Ba Kidumu bose barafise aho baba nabandi nabandi,
Lolilo ng barabur amaher y kumutumak kwer amaher iyab ar ikibaz b diamond ba 100millions arenga ntibab baz ew mukama ng ntamaher mufis ay mufis atuma babatumak ntimwitab s amaher nay mufis vyas k muyakoresh ng mushak ayandi ntab legnd baraho
Brother ivyo uriko uravuga nivyo, mugabo ikindi kintu nokongerako kibabaje ni uko haba umuririmvyi asohora any song akabura na 1M de views mugabo igihugu kibamwo le plus de dix millions du peuples why we're hating our own
Lolilo'"le lion"' we ndagukunda sana.mfise mon grand frère nkunda mugira ton imwe....
Lolilo uwumukunda ni uwomuhanura guheba uyumuziki kuko igihe ciwe cararenganyeburya nasanze mubuzima amahirwe aza rimwe birababaje kwitwa umu Legend ugasanga igisagara kizima nana boutique ikwitirirwa ariko ntunagire nisoni zokuvugango wakoze amakonseri hanze yigihugu muri kahise
Nanje ndamukunda Loliro
Kuyanyegeza biriho kuko none habuze uwobafata mumugongo kweri bishitse reta iyabahe iyo paej ibashigikire kuko boyariha ikibazo turabatimya kuko time tumenya ngo muri aba milliader naho wap koma induru ko ataco mufita mufashwe❤❤❤one peace
Wow Lolilo yarabaye mature. Bon succès !
Wooooa lolilo barabure nikobabaye uvugishukuri lolilo nakubali mon frère imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪🎼🎤🎶🎧🥁🎷🎺🔥🔥🔥💪💪💪
Mukunda abryana
J'aime le français de lolilo😅😅
Aba Legend nkamwe murakwiye kuba inkingi zikomeye ku rwaruka ruriko ruraruka premièrement kukijanye n'indero à part y'impano n'ubumenyi. M'🇧🇮dukenye gushigikirana gusa ntakindi. Hama turi m'umuziki wa none tuze turashiramwo ivyongereza ushike kure. Lolilo mwirya myaka mwari muje neza mukubita igiswahili Sat b acaravuka azana ikirundi 🤣🤣🤣🤣 ariko twaramutahuye. Tujane n'ibihe rero
Lolilo jewe nibaza ko yokwiririra, Abaririmvyi bafise ama parcelle ni benshi, Akarorero Ester Nish twarabonye ingene yinjira inzuyiwe, Akanashimishwa no kuba avuye mu vyo gupanga! Ba Kidumu bose barafise aho baba nabandi nabandi,
Ntamuntu yotegura concert iri serieux ngo ashiremwo lolilo kuko igih ciw carahez muncamake amefulia
Lolilo ivyuvuga nukuri kweli abanyamitahe babatemwimitahe nukuri bareke kuyaha abanyamahanga
Gusa lolilo aragerageza kuri video arakora nziza kbc
Lolilo is the only Burundian artist i respect when it comes to swag and looks
Bwana Lolo arico wibagiye 😮team work ariyo management siundi abikorenderera canke aribo bizana ahubwo ni wewe ukora kugira ubaronge rero nimureke ubujinga nimyidogo mudashaka kumenya ivyo murimwo😂
Lolilo nukuri avuga ukuri hama kandi nindirimbo ziwe ziraryoshe gusumba za kera ahubwo problème abuze promotion nab promoters
The legend 👑👑👑
Interview z'uyu mu jamaa ziranyica 😂😅
Vivi muyomba afise inzu ya bien
Amahera muca muyashirahe, ningorane zanyu mudakora investissement.
Kuyindi mpwemu idasanzwe vyamaze gukomer gsa wubahwe 🎉🎉🎉🎉
P😅
Like serious you talk point 👍
Legend🎉
Bari hehe? ...linah blanche na vivi barubatse inzu
Vivi muyomba afs inzu rwiw 😂😂
Lolilo ng barabur amaher y kumutumak kwer amaher iyab ar ikibaz b diamond ba 100millions arenga ntibab baz ew mukama ng ntamaher mufis ay mufis atuma babatumak ntimwitab s amaher nay mufis vyas k muyakoresh ng mushak ayandi ntab legnd baraho
big up Lolilo bien dit
Brother ivyo uriko uravuga nivyo, mugabo ikindi kintu nokongerako kibabaje ni uko haba umuririmvyi asohora any song akabura na 1M de views mugabo igihugu kibamwo le plus de dix millions du peuples why we're hating our own
Da way da way da burundi way ❤❤
Ngo wagize ubukwe ariko ntiwaduterereje kandi du consomma contenu zawe à 90%!
Sat be yarubatse inzu mur parcelle yiwe inzu nziza ugezweho
Yubatse hehe 😂
Uyu mujama yarahahamutse
Crise ni danger
Uyooo mu Gee arafs jealousy 🥺💀😂😂 amapire 😂nnn kovyanse natekane
Nae Ufise umururumba 🤤😂uvug'udatekereje
Mureke urumogi murondere akazi
Mwebwe nasanze abamenyesha makuru mufise ingorane non kuki mukunda kubaza ibibazo birinyuma yumuziki?
Aho namba aruko Umuziki wacu muwuvemwo kbs
Mzungu Now you talk 😂😂😂
Ukwo kuntu muvuga benewanyu kwqtaco bafise nico gituma abumva runo rurimi babagaya bakabacishamwo ijisho ntampamv yogushirana hanze agashambara kumuryango gakwiye kumeserwa mumbari
Gael raba video za asake lonely
Wwe usigaye ku munwa gusa vitendo amuna
Bro usa na okkama faux
🎉
Sas sindio show buzz 😂
Ww nimba atayo ufise ntibica bisigura ko n'abandi atayo bayifise
😂😂
Lolilo n’a pas trop de fan sur TH-cam et platform musique, qu’est-ce qu’il s’est passé ?
Mumbwire diamond yamu copier iki ngo amurusha sinabyumvise
Platnamz yara copier 😂😂😂😂
Ndabaramukije
Mutubwirire lolilo arabe ukungene yokwegera abarwizatunga babasigurire ukuntu bobashiramwo imitahe n’ukungene bokwunguka hama uwubyumvise bagakorana uwutavyumvise nawe bakamureka.
İkindi naco muvyukuri ivyo lolilo avuze nukuri abaririmvyi bubu bagira amahera mukanwa ariko mumufuko ntakiriyo cnk bakihutira kugura imiduga mugatahe gato bari barose k’indirimbo aho kubanza bagakoresha ako gatahe bakigirwa imbere
Ikibazo aho kiri: wibazako ari kuberiki abagwiza tunga batabashiramwo cash? Vous n'avez pas de credibilité. Mubanze rero mwisuzume