ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Forex trading is real 🎉🎉 🇷🇼🇷🇼🇿🇲
🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰
Komera mutama
Uwomu frèr Christoph ndamwemera. Rek mfate agateb
Much respect guys👊💪Ark ndabaz ikiganir camaze iy minot nyn mbon???Mbo a ma part car kugir nkamasah abiri kuk numv afis vyinsh yotubwir👌Any way twizerk uzoduh part 2 🙏🙏
Mpore!😂
I'm Forex trader too from Kigali, personally i like Burundian as forex trader to be successful key is Patient, smart strategy and hard working
nukuzanyigisha
Ikanguro📈📈✅✅📈📈
Ikiganiro ciza kandi cubaka
Ndabakurikira 100%
Ca bouge avec forex ça bouge pour changer la jeunesse
Avuze ijambo nkunze ATI nokwizeza urwaruka ico kintu ndacemera kuko nnj sinokwizera umutama wa 50ans kuko wewe abariko aronderera abana biwe utwazobaraga ntambaraga zugukorera igihugu abafse ariko ukiri muto umwanya wose uba wumva uwufse kanatsinda nabaturondereye indépendance Bari bafse 28ans ninayo mpamvu ntatahura ukuntu urwaruka rubuzwa Access yukwitoza nkumukuru w'igihugu ikindi urwaruka nirukanguka ruje muntwaro kk gupfa kwibiriko bipfa nibo biturukako kuko basa nabataye igihugu kubera barikumiriye muvyintwaro babihebeye babatama knd ntayindi ntego bo bafse atari kunyaga igihugu nukuyoragura kubera passion yabakanze
Jewe ndi umutama (mugabo navuye muBurundi nkimara ecole secondaire muri 1971, hanyuma narize bikwiye mugabo sinagarutse canke ngo nkorere muBurundi kubera imvo nyinshi). Nashimye ico ciyumviro c'uko aba jeunes bohabwa ibibanza mubutegetsi.Nanje ndi mur'ivyo vya Forex trading, n'ubu ndiko ndiga graphe ya US dollar index futures (June 2023) ya 12 mai 2023. Vyari kunezera iyo menya ingene uwo Christophe agira ivya Forex trading.
Kubera mbon abantu bakunze kino kiganiro rek nzosubire kumukoresh ikindi atuyagirr vyishi
📈📈📈📈📈
Go on bro iyi nyigisho ndizera ko izofasha beshi
We turagukeneye uduhe kubumenyi
❤❤❤❤❤❤
Yeah forex naje ndayikora nivyiza
Nos Journalistes nikibazo,ibibazo nonsense ufis umutumire witeka nkuwo, uganiriza umutumire umengo nimurikumwe,ngurinde cnk wibaza kurinde hahaha kwigumwuga birakenew
🇧🇮🙌
Kuko najew ndikondarondera ukonokwigisha abandi
Dukeneye ibiganiro nkivyo apana yamateshwa yawe ya fb
man bandanya gutyo bizoza bro hama reo muta ndagukeney sana tuvugane bro
Shaaa nah muvug forex mumeny yuk utaremerw mu burundi twes tuyikor twinyegej
Yari yavyambariye kbx knd iyintahe iradufasha gukunda kurusha ivyirwa vyiza turimwo vya Forex🙏✅
Ego vraiment
Ndamuhabwe
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Number yuwo mugabo yoboneka gute tuje kwiga natwe forex
Ego yobonek hubw kubera mbon mwagikunze rek ndamusab tuzosubire gukora ikind adusigurire neza
Forex trading is real 🎉🎉 🇷🇼🇷🇼🇿🇲
🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰
Komera mutama
Uwomu frèr Christoph ndamwemera. Rek mfate agateb
Much respect guys👊💪Ark ndabaz ikiganir camaze iy minot nyn mbon???Mbo a ma part car kugir nkamasah abiri kuk numv afis vyinsh yotubwir👌Any way twizerk uzoduh part 2 🙏🙏
Mpore!😂
I'm Forex trader too from Kigali, personally i like Burundian as forex trader to be successful key is Patient, smart strategy and hard working
nukuzanyigisha
Ikanguro
📈📈✅✅📈📈
Ikiganiro ciza kandi cubaka
Ndabakurikira 100%
Ca bouge avec forex ça bouge pour changer la jeunesse
Avuze ijambo nkunze ATI nokwizeza urwaruka ico kintu ndacemera kuko nnj sinokwizera umutama wa 50ans kuko wewe abariko aronderera abana biwe utwazobaraga ntambaraga zugukorera igihugu abafse ariko ukiri muto umwanya wose uba wumva uwufse kanatsinda nabaturondereye indépendance Bari bafse 28ans ninayo mpamvu ntatahura ukuntu urwaruka rubuzwa Access yukwitoza nkumukuru w'igihugu ikindi urwaruka nirukanguka ruje muntwaro kk gupfa kwibiriko bipfa nibo biturukako kuko basa nabataye igihugu kubera barikumiriye muvyintwaro babihebeye babatama knd ntayindi ntego bo bafse atari kunyaga igihugu nukuyoragura kubera passion yabakanze
Jewe ndi umutama (mugabo navuye muBurundi nkimara ecole secondaire muri 1971, hanyuma narize bikwiye mugabo sinagarutse canke ngo nkorere muBurundi kubera imvo nyinshi). Nashimye ico ciyumviro c'uko aba jeunes bohabwa ibibanza mubutegetsi.
Nanje ndi mur'ivyo vya Forex trading, n'ubu ndiko ndiga graphe ya US dollar index futures (June 2023) ya 12 mai 2023. Vyari kunezera iyo menya ingene uwo Christophe agira ivya Forex trading.