LIBERT avuze amajambo akomeye cane k'ubukwe bwa FANNY LAVINE na NORASQUE.....

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 73

  • @AliceNtirampeba-kd6ds
    @AliceNtirampeba-kd6ds ปีที่แล้ว +3

    Nanj ndamukunda❤❤❤❤ libert

  • @odre993
    @odre993 ปีที่แล้ว +4

    Bash nind akund libert nkanj???😮😘😘 Nsoro urakunzw caane 🥰🥰❤️

  • @JeanpierreBukuru-fw4fg
    @JeanpierreBukuru-fw4fg ปีที่แล้ว +2

    Uvuze ukuri ushatse kunezereza abantu ubamubuzima bitari ubwawe❤❤ wirambire

  • @NshimirimanaEmmelence
    @NshimirimanaEmmelence ปีที่แล้ว

    Basha libert ndamukund bikandenga pe

  • @HdHd-tb6mk
    @HdHd-tb6mk ปีที่แล้ว +5

    Wihanuye uwumusi ariko nuko wihanuye waramaze kumena amabanga yose burya soro sivyiza kumena amabanga uzi kumuntu yose

  • @blaiseirakoze.k7419
    @blaiseirakoze.k7419 ปีที่แล้ว +2

    Uyumumenyeshamakuru arazi kubaza vrt kandi na Libert wishuye neza. Abamnyeshamakuru on line mukomerezaho

  • @emelyne4371
    @emelyne4371 ปีที่แล้ว

    Libert urakunzwe kbxaaaaa

  • @necelatenitunga
    @necelatenitunga ปีที่แล้ว +2

    Salut Libert ndogeye kukwemera vraiment kumva ushigikiye iyo couple Imana iguhezagire ugume uja imbere mubikorwa vyawe film nshansha turayirindiranye igishika

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 ปีที่แล้ว

    Komera ncuti ❤

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 ปีที่แล้ว +2

    Umub Acteur nemera 💯👌👏🎉

  • @KamiDidi-q7f
    @KamiDidi-q7f ปีที่แล้ว

    Nta mu president wumusore uzigera unaho 😂😂you

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g ปีที่แล้ว +1

    Ribati uyumusi❤ wishuye neza ntiwashizemwo ibintu vyokuvuga nabi wishuye ibijanye bashigikire kuko amahitamo nayabo Hama baze bagutumire nawuzobashigikire Hama ndashimiye uwomumenyeshamakuru arazi kubaza ibikenewe ivyotwashaka kukubaza yabikubajije kubwivyo yubahwe tura❤❤

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 ปีที่แล้ว +7

    uyumusi hoho mitende wavyitwayemo neza ribert kumena ibanga sivyiza vrt nubwo woba wari mukuri ariko warababaje besh kuko umugabo agigwa nibanga .uyumusiho mitende narisigaye mbonikiganiro cawe umutima ukandya.vyiza muhinduke kuko muri ijisho ryacu.

    • @Hazfir.Official
      @Hazfir.Official ปีที่แล้ว +1

      Nanje nukuri sinarinkicipfuza kuraba ikiganir ciwe numvise intro nkumva nibwaburofa naba nkuyemwo ubu ho nimitende yagerageje kwel

    • @dufisimanalahairoynaomie
      @dufisimanalahairoynaomie ปีที่แล้ว +1

      ​@@Hazfir.Officialnanj nari narahevye nukuri

    • @EsterNirera-gt6fb
      @EsterNirera-gt6fb ปีที่แล้ว +1

      Ntubesh kwer biry yagiz nanj ntivyanyubats kand ntavy na muzigak mumajamb mak yariyambuy agasambar😢

    • @Malengomedia257
      @Malengomedia257  ปีที่แล้ว

      naj nahinduye

    • @Nzoyikorera-o1w
      @Nzoyikorera-o1w ปีที่แล้ว

      Komera Nsora libert wacu❤

  • @francinekezimana9212
    @francinekezimana9212 ปีที่แล้ว

    Big up Libert...ndakunda cane gose ta philosophie... elle instructive cane...ndakwifurije gutera imbere kuko ndakwigirako vyinshi vyiza ntitayeho les défauts ou critiques

  • @falesanewsaba9293
    @falesanewsaba9293 ปีที่แล้ว

    Libert jewe ndakwemera cane 🎉🎉❤❤

  • @desirendayiragije6345
    @desirendayiragije6345 ปีที่แล้ว

    Ishvu ryaheze? wariwavuze kutazosubira ntuzosubira imber ya caméra !

  • @edmondnsengiyumva9880
    @edmondnsengiyumva9880 ปีที่แล้ว

    Love from we the locals TV

  • @ndayishimiyesandrine832
    @ndayishimiyesandrine832 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤🎉🎉

  • @JaphetIrankunda-e9g
    @JaphetIrankunda-e9g ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 ปีที่แล้ว

    Komera musaza ndakwikundira❤❤❤❤ uvuga ukuri

  • @christaimenkurunziza6234
    @christaimenkurunziza6234 ปีที่แล้ว

    💪💪💪

  • @ChachaChany
    @ChachaChany ปีที่แล้ว

    Komera nsoro wanje niho nkibon ik kiganiro mbe Chanceline yasimbiy ino?

  • @NadineIninahazwe-h1o
    @NadineIninahazwe-h1o ปีที่แล้ว

    libert ndagufana wew vrt gusa wibuke vyowatwemereye ya film nshasha yamapenzi nzinzinzi

  • @FatimaFatima-rx6dg
    @FatimaFatima-rx6dg ปีที่แล้ว

    😂😂😂 munzokuburana murabinzinanyemwo ?

  • @saprens9574
    @saprens9574 ปีที่แล้ว +2

    Terimbere muhungu mwiza libert imber niheza dutemwo ibikorwa turagukunda uvyumve

  • @DianaNingabiye
    @DianaNingabiye ปีที่แล้ว +1

    Libart wew kora flm uzidutamw gus urekan nama vamera wikorer akazi hanyum tuhatwike ntabindi 😅😅😅😅😅

  • @aminaodette5297
    @aminaodette5297 ปีที่แล้ว

    Riber numujam😂 aduka flim tamu🎉❤

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 ปีที่แล้ว +4

    Fanny ntanzigo libert azogutumira😂😂😂 libert vya nyavyo wakijijwe?🤭🤭🤭 Cnk nibinyoma?je sinavyemeye?Usengerahe ubu?😂😂 Duhe film y'urukundo urekane nivyo

  • @HarerimanaApoline-ks4dw
    @HarerimanaApoline-ks4dw ปีที่แล้ว

    Wewe uremewe

  • @UwimanaNadege-qk8gq
    @UwimanaNadege-qk8gq ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mariechantalkwizera7319
    @mariechantalkwizera7319 ปีที่แล้ว

    Ntamunt nkund nk libert nn ko war wavuz kwata kur kiganir uzosubira gukora😂😂😂nneeeee

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤

  • @saprens9574
    @saprens9574 ปีที่แล้ว

    Komera nsoro ❤❤❤

  • @MugishaJoselyne-ey8xl
    @MugishaJoselyne-ey8xl ปีที่แล้ว

    Uvuze ukuri kunezereza abantu ntivyoshoboka

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว

    Nsoro wagize neza kuko jw ndakunda umukinyi yitwa colomboo

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂

  • @AnnabellaNdayishimiye-hq2zb
    @AnnabellaNdayishimiye-hq2zb ปีที่แล้ว +1

    .

  • @aimablemugisha-hv9wt
    @aimablemugisha-hv9wt ปีที่แล้ว

    Ivyo nivyo

  • @lydi791
    @lydi791 ปีที่แล้ว

    Abumvise ijwi ya charceline tumenyane ubu niyiyerek ku camera😂

    • @DianaNingabiye
      @DianaNingabiye ปีที่แล้ว

      Nanjye ndumva ariwe kweri ntawomuyobegw ub ntakibaz kur camera

    • @lydi791
      @lydi791 ปีที่แล้ว

      @@DianaNingabiye 🤣🤣🤣🤣yatinye nibamwatake nuzi ko yifitiye amaraso mabi naba Fana🤣🤣🤣

    • @Malengomedia257
      @Malengomedia257  ปีที่แล้ว

      hahahhhahah

    • @lydi791
      @lydi791 ปีที่แล้ว

      @@Malengomedia257 🤣🤣🤣 ubu ndazi ubwishime n ubushirasoni vya raheze Ingo tukubone ku camera twari tugukumbuye asigaye Briella nawe turabakumbuye na bindi

  • @EsterNirera-gt6fb
    @EsterNirera-gt6fb ปีที่แล้ว

    Mbes uyu k harah nigez kumubon kumacamer ubunaho bij gute?? Tubandany kwumig😂😂

  • @emelyne4371
    @emelyne4371 ปีที่แล้ว

    Libert urakunzwe kbxaaaaa

  • @ndayishimiyesandrine832
    @ndayishimiyesandrine832 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤🎉🎉

  • @لافل-غ8د
    @لافل-غ8د ปีที่แล้ว

    ❤❤

  • @ههه-ث7ض
    @ههه-ث7ض ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤