ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vraiment umugore mwiza agwa kubana ndakunda fany yararengeye vyose yibere kumwe nabana biwe fany ari brave vraiment.umugore ata abana wapi siwe
Egl kabisa,je wotuma ubanyicirako kabisa muga nta bana nosigira umugabo kk ubusa nuwubataye mu gahinga.
Uvuze ukuri
@@ariellejubileedusenge7282nanjye wabanyiciraho pe uyu mudamu ntakunda abana ni umugore utazi kurwanira urubyaro rwe
@@Nova7726nanje wobanyicirako kuko aho niruka hose umugabo yanteye ngwanyice nukuri nagenda njanye nabana hariho kamwe icogihe kari gafise imyaka ibiri gahora nkantera inkuru ukuntu twakase amakona ise ariko aranyirukako ngwanyice 😂😂 uzubona gakase ikona kiruka kageze nyahantu bantabaye bakanyegeza munzu nuzuye amaraso bampamagarira ambirance ubworero jewe sinobasiga
Wanje harubwo umugabo agufatukuntu hamwe noguhindukira udahindukira ariko je ndizeyeko mimi akunda abana niw kandi umwana ninyina bazizana @@ariellejubileedusenge7282
Mimi courage kabisa Imana ikuje imbere hama abana bariko barakura bazokurondera ntugire ikibazo
Papa peace Imana ibandanye ikuremesha Mimi naw akwiye gusengerwa ntawuta abana nibo mugisha
Reka Imana izoguhe ingumba! Urazi ko mwihamagarira imivumo! Ha abana Nyina sha sinon uriko umera mu gitobotse!
Mana yo mwijuru,mbegaa,umugabo uvuga meenchi,uri mubi cyanee pe .gabanya utugambo urakabije,,ntamugabo ukurimo
Mbwirakoko uyumuntu wutugambo tungana uku usi bye Mimi hari nundi wabana nawe nimubicyane
Wa mugabo we niwige kuvugisha ukuri bizogufasha nta mugore ahakana umwana.ubwo ntasoni kweli
Urumutubuzi claude urabwanuka nkuko kweliii nturumugabo ntuzongere kwicara mubagabo komeza wiyahuze utugambo
Wubahwe cane mu papa ndabona warushaka kwubaka ariko wabuze uwomwubakana ariko wizerere Imana izoguha uwawe
Genda mwubakan
Gateranya miryango
Muhane imbabazi kugira mubake mwese muzoronder umukozi w imana abasengere mwubake
Ukuri kunzuye utandukanye nabaraho
Gabany amajambo wamugabo WE ntamugabo anvugaga kutso !!! Imbanga ryomunzu gabanya umugore wambere yam aruwambere.mukundane murere abana
Ndanka abagabo bamezuko nububeshi ntagukizwa ntakwerekwa ahubwo ubwo nuburaya ufise kurubujambo ngaho
Mwange sha ushobora kuba umujugunye mubiganza byishoboye byose
Mushingantahe murekekubesher Imana shaaaaa
Uyumugabo nihatari 😆😄ati uwavyay ntawuzorongor🙄😏haraho wozana uwudafisumwana arik yakoroy nkindwi hanyum ntanakuvyarre😅😂🤭urasenga nimbukijijw Imana iguh uwugukwiy nayivyo wivugish🙄😏😏
🤣🤣🤣🤣🤣nivyo ntamugore yavyay yotwara kuko nuwoyatway yaravyay nicogitutsi yamwamijeko bitum vyank kobaramban niyihigir agasugi
@@Anny-p62 😆😂😅niyererwe nikazima nawe yavyaye
Ariko uragayana cld mbega uwavyaye umurose nahone woshima kumo ndumva na mimi yari yarihanganye
Mimi yariyaragoweeee cane ububariruhutsa nkek
Mimiii nzoguma ngukunda❤❤abagabo nkaba ga Mukamaa😢😢Amajambo ibihumbiiii😢😅War warubatsee Mimi❤
Warahababutse cane.mimi komeza ugwane intambara bucece urimugitsinda
Imana iguhezagire cane mu papa mwiza iguhe kugumana uwomutima ruvyeyi wokurera abana bawe.
Ibyobyose uvuga Niko ushaka kumwicira izina wari uziko azapha none ubonye ameze neza utangiye ibigambo nibabitarakemukiye mumiryango ibyo urabivuga ngo bimare iki. Mufata nabi abagore kdi mutaziko atarimwe mwabaremye .
Kuvuga amajambo meshi cane😂😂 mana uraporomotse ndumiwe😂😂 benichou ntanamajambo meshi akubajije😅😅 ww nyen uravuze bikabbije ndumiw😅😅
Ubwo bwirasi bwanyu bla bla bla bla nderekwa..kurangaho mubesher Imana ivyovyo mwirirwa kubiyora mubapfumu ngo muronk ingene muhendabantu.yaba wewe yaba madam wawe muzwi nImana
Oyape uyumugabo ntimwarimukwiranye kweri mimi natuze azabona undi umukunda kandi umutetesha ❤
Nanje naramubonye untetesha nari nararushe imyaka 14 ndimumarira
78&❤
Wap kbsa
Nubon umuntu avuga ntace arumugabo pay attation
Ndababay kwisanga hanohantu
Icufise amajambo urayafise Claude yagabanye kuko ubwo s'ubwenge wakoresheje kwankira umuvyeyi ko araba abana biwe,Hama reka kwigira uwerekwa ntavyo werekwa aberekwa ntibabivugira hejuru
Kbxa
Ukwiye gusaba imana ikaguha ubwenge kko warabutaye
Ahubwo umugore yaromiyaragowe yarongowe numugabo wigito avuga nkinyomvyi lcoconyene kirerekana KO uri lgihere
yoooo umwana yasinziriye kuntebe gusa murabe abana baze barabona nyina bongere babone nase ahobafisagahinda
Uy sumugabo mimi yarariko ndamugaye avugamagambo meshii
Pawulo yabgiye timoteyo ngo ntihakagire uwukugayira ubusore bgawe nibenshi muri bibiliya barangirij mumirimo y'IMANA ari abasore Kandi IMANA ibashingira intahe😁
Claude ntufise imico myiza kabsa
Canke uwo mugabo numu filmasoni ntawomenya
Imana indinde umugabo nkuyu kuk afise umunwa mureremure nkaba twa uy kwel ntamugabo arimwo aragaragar
Ariko nawe uratwenza😂😂😂 mbega umutwa umumenyera kukuvuga cane?
Imana izahoze amarira mimi kwl yararinze kugir avyarane nuwomugabo kimwe amuhe abana biwe kuk yari yubatse kwl mpole mimi
Nibaza ko naw umez nka Mimi
Ahubwo mimi yari yararushe Imana yaramuruhuye kubana nuwo sinkokubana na shatani koko hama ngo arerekwa kiékiékiéee Imana igira ukwihangana yigumbirire umutima wa mimi inyishu irihafi
@@JosephHavugimana-fl5go cane
Umugabo amaze kuvuga ngo ikitabuze ninduru mwisoko nikirara ahubwo mimi yari yubatse usenga suko sengimana usubirane numugore wisezerano
Oya reka abana bavugane na nyina kuko wew siwe wabateye igise vrt reka abana ubahe uburenganzira sivyiza😊😢
Rera abana bawe mutama abagore sidiri.kandi abana baracaribato nkubu uciye uzana uwundi mugore vyoca biba nabi banze witonde. Kubakantibihera.
Imana ikubabarire urumupagani wo murusengero nimutihana Imana izabahana Kandi mukwiriye guhinduka Imana muvugana ubwo niyihe? Iba hehe ?ubwo kweri
Icombonyenyeco mimi Ilana iramukunda nukur Ilana indiens igipfu cumugabo nkico es arimwo fraîche cnk??kuvuga amajamba angan uko? Ntavy bakubajij ahubw n'imana irihabgana
Manawe mbeg uyu niwe mugabo wamimi mimi pore kwl ntamugabo warufis aragaragara kwl
Naho akunda abana arumvikana numubaya kl😢
Claude urihenze gose ngo upfuye utarongoye ngubupfanyicaha?ndadamwe aho wihenze gose mbe wovuga imyaka umusore ategererezwa gushinga urugo?uvuga ngurumukozi w'Imana ico wacihenzeko
Mwatumariye abigem mubasambanya ngo murerekwa ambara ama chaine nk,imbwa iziritse.
Claude gabanya amajambo wewe ufise amajambo menshi simbonimpamvu yukwama muma raison sociale sivyiza
Mwenababagabo ndabazi..ikibi bakora ntikibonekesha amaso aho kizi mimi gusaa ntamu maman atabana arinz abata haba harikintu gikaze kizinyinaco
Ivyuvuga ndabikunze p arik iconakugaye nuko wabujije Mimy kurababana biwe ivyomupfa ntibikwiye ko abana babigenderamwo.bareke bajekuramutsa nyina bagaruke nihuzobubaye umu KRISTU nyawe.
Noneho ikibi yakoze niki he ko yirereye abiwe Kandi avuga ukuri kuri murugogwe
Claude ntabana akunda iyaba abakunda yo kwiyunze na nyina wabo ,umugabo wikirundi ngo ukunda abana kurusha nyina ngubushaka kubaniga
Ur'umuntu wumugabo ndagukunda nukuri wirerere ibibondo vyawe urekane nuwomugore wawe wigipfapfa abe ariyandarika narindire ingero yicaha nurupfu ubwo buraya bwiwe buzomwica mimi uri umugore mubi bibiriya ikwita ikimungu comumagufa
Kabisa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣abantu murikwinshi nn nkaho
Iteriteka Joselyne😂😂😂🤣
Jose raba uvuge make kuko ntawumenya ibirimbere kubayarasambuye ntuzicabitumye akarimi kumwe karasosa Imana niyizi ivyabo
Urugo nibabiri ahonibo bazi ukuri ntihagir umuntu akwij ubwenge yinjira muvyabo ariko Mimi nazararaba abana abana ntibarwa mumporero zabavyeyi
Oya rekagushira abana mungorane zanyu ahubwo nimba ubakunda vyukuri abobana barekère uburenganzira bwabo bwuguhura n'a maman wabo kuko baramukunda kabdibashobora kuba batuvuga ariko bakaba buzuye agahinda mumitima
Uwo mugabo nanje nomuvako, none nkaho ashaka gushika kuki? Iyaba umu kristu ABA ariko arandagaza Mimi? N,umukobga mwiza cane n,umusore aramuronka.
Uwo mugabo ntiyera. Ivyo avuga birerekana ko ari umu pervers narcissique.
Yesu arikumw naw senga uzishugwa
Umusenzi Ayo majambo nayo mucumba kumavi Imana ikunda intahe
We mugabo kumenga ugumana agashavu kuba mutakibana na Mimi gusa Mimi ndaguhay pol wari warahubutse mukurongogwa yarisadunda yumugabo mpol mwàna shetani yumugabo kuburimuzima ushimimana
Ahubwo ubonye ineza yimans imugezeho utangiye kwicuza reka Mimi wacu azabyara nabandi
Ntaneza ihari vyose nukwiyisi nimba yataye abana ucuvuga ngo ninyishu yoguta abana
Uwo mugabo bamurabe neza numufirima kk yakaba akijijwe yarigusengera urugo ewe bakabana amahoro
Wubahwe mutama uritwari benni ndibaza session iraheze
Vyiza cane mugabo mwiza wubahwe nababebe bawe.guko urashoboye
Urumunya mafuti pe Ahubwo Imana izakubabarire pe 😢😢😢😢
Umugabo gito n abana naho ubareze biraboneka ko batanezerewe
Yoo uwo mugabo n' umuntu w'imana vrt. Arareze abana biwe uwo mugore yamutanye imana iguhezaggi
Urumugabo wimbwa ivyo nivyabagore aho ntasoni
Abobakobwa bakuririra ndabasabiye ninjiji wowe uvuga wagirango nijwi ryameric radio
Zuvuga amajambo make
Inama nokugiranuzanuwu taravyara ntazofata neza
Avuga asahagurika
Uyumugabo ni nryarya kwel namagamb adacika 🤮 ntakuri kurimwo 😣😣
Uwo nukwiyemera gusa mbeg wew kowazibatera baniga wew nuk yabakuzigamiye
Umu papa mwiza yikundirabana
Urumupapa mwiza yikundira abana curage sewabana
Ariko mimi nimba arukuri yarasarishije guta abana nkabo ntampuhwe zubuvyeyi ufise kbsa nubwo umugabo yokwanka umumama arwa kubana
Mureke iyo nireresi
Mbe ko muvuga fanny erega mimi ntiyanse abana nnuwo mugabo gito yabamwimye
Fanny yu bahwe imana imuhezagire yigumaniy nabana nanje vrmt guta abana vyonhora pe
Erega na Mimi ukirikiye ibibi gambo byose ntiyanze abana ahubwo yahuye numugabo mubi
Iki kigabo ni maneno 😮😮😮
Nukuri ndabasabira gusubirana uhoraho abanenamwe
Hoya pe ntago wabana numugabo wamagambo menshi gutya
Irya ndirimbo nanjye iranyubaka disi😔hama Benny courrage🥰🤸
Ntumbwir 😅
Abanyafrika turacari inyuma mwiterambere umugore sisundire kumugabo numugabo sisudire vyasekomubandanyana muravana ukababdanya ubuzimavwawe kubamwaravanye kugumamucafuzanya arinyina wabanabawe sivyuza abazungu nicobaturushije bavanye baravana
Mimi ntansiguro nimwe watayabana kwankana numugabo bibaho arik umumama mwiza yitakubana biwe egera Fanny akuyagire
Mimi urumwana mwiza tekana 🤔🤔🤔🤔
Beni uragerageza kweri ndagukunda ukuntu uha agaciro umutumire ukamureka akavuga apana bamwe ba landry promoter
Umugore winyuma ya Mimi suwimana izoba iguhaye nisatani arihagati yanyu naho mutamumenera akabanga iwawe satanic warayihamvye?
Uvuga nkakaradio kari kuri caggi yewe jewe nijoro rimwe ntiryahera
Nimusubirane basha kuvanga abana sivyiza gusa umaze kugira umugore akina amareresi ntaco uba ufise uba ugaragara kbs abakinyi benshi ni ndaya pe niwihorere wirerere abana azokwitahura aze asabe ikigongwe
Nihatari. Coronde. Mimi. Arangowe. Nguta.abana😭😭🙌
Hezagigwa muvyeyi rera abana bawe umugore atabana uwo ntampa yurumvirije igise ukuntu kibabaza naje ndabireranye aribane
Muvuge iyo muzi akarimi kumwe arasosa
😂😂ikigabo camajambo
Imanikurindire kaka ibibondo napapa bake bokorivyo
Ndasavye fone ya Claude
Papa peace kmz wihangan ugwan urugamb gwiz ntabitagir iherezo
Ariko. Cutie murikurebamimi. Ubwizabwinyuma. Muzibaramfuyiki?.
Nukwihagana imana izogushumbusha
Ngo nderekwa sinkunda gutukana mugabo urimbwa y'umugabo ahubwo ukwiye agasho
Claude abantu nibagukund imana ntizoba igukunda
Sinokurondera walay , ubona utari urugwa rudubi
Musubirane nivyovyiz
Urumugab ushoboye pe ivyukora kubana bawe bikira abagabo bak
Abadame bamwe bamwe bariko bataga ama commentaire bashigikiye mimi murantaganj ntavyishi nerazako abarushe nkuyu mu papa nibeshi cane
Ndaguhaye yohana15 harijambo rivuga ngo nimwaba murijew amajambo yanj akaba murimwebwe musabe ico mugomba cose kibaber Kuno none amajambo yimana arimuri we kutavuga abana ntuzo Aho bazohuriara nabahungu izokimaramaza imana
Wamugabowe ufitesatani ugirautugambo ukunuwarufite umugoremwiza ndakwanganyane urigegerambi.
Uyu mugabo agaragara nk umunyamafuti. Ivyo vuga biraboneka ko nta kuri kurimo
Yewe ivyingo biragoye muzavyimarira mwebwe nyen
Mimi rata komera kubera ko umubyeyi ajya guhaguruka mubana be arebye ikindi uyumugabo wawe ntachobits habe nagato nukuvuga afite Satan mbega amagambo natar ngobwa mwokabyaramwe