Ntare Rushatsi niwe sekuru w'abarundi, Abarundi bose bamukomokako, n'umuco watamanzuriye Uburundi..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 พ.ย. 2024
  • Ikiyago c'Abateramyi: Umviriza ukuntu umwami Ntare Rushatsi ari sekuru w'Abarundi atanguza Uburundi n'ukuntu yabaye umuco watamanzuriye Uburundi

ความคิดเห็น • 3

  • @stikk_one
    @stikk_one 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ibiganiro nkibi turabikeneye Abarundi.Imana ya Ntare idukomeze🙏

  • @bananaboroselyne3200
    @bananaboroselyne3200 5 หลายเดือนก่อน

    Narinzi ko abakono bi iburundi ni abi i rwanda ari umuryango umwe kugirango uvuge amateka yi i Burundi ni ukwiga ayi ingoma ya kitara( empire de Kitara) uzosobanukirwa neza

  • @sylvestrendayikeje1026
    @sylvestrendayikeje1026 4 หลายเดือนก่อน

    Ntare Rushatsi kuberiki Abajiji bamubwiye ngo Ngo Afate Ivyokurya Abirunge Umunyu Mwishi? Nawe yava Mumuryango Uyuhe?