😎 Africanova : "Indirimbo yanje yambere nkunda niyo naririmbiye umufasha wanje"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
  • 😉 Africanova aratubwira ivy'umubano wiwe na Canjo Amissi na Nick Dave uko wari wifashe. Ninde yemera gusumba uwundi ?
    😌 Kurikirana igice ca kabiri c'#Ibibazo20 vya Antoine Marie Rugerinyange muzi nka Africanova

ความคิดเห็น • 11

  • @berrgrayson
    @berrgrayson 2 ปีที่แล้ว +2

    J'suis trop fan de lui depuis l'enfance🤗🤗😊

  • @h-citizenshipkingdomheir
    @h-citizenshipkingdomheir 2 ปีที่แล้ว +2

    La présentatrice très exceptionnelle. Tu crées un salon de joie, d’humour et de coordination, tout en ayant les pieds sur terre. Bagufate neza uko uvyifuza.

  • @ziggy1603
    @ziggy1603 2 ปีที่แล้ว +1

    CAMERAMAN VRT YAGERAGEJE KUTWEREKA KO YAMAZE GUFATWA AMA ZOOM YO KURI RING 00:00:10 AND 00:00:15

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 2 ปีที่แล้ว +1

    Africa Nova akwiye kuronka retraite y'iteka mu gihugu camwibarutse areke kuja kuruhira mu mahanga yikuriye. Ni kubera iki mu Burundi abantu babukoreye mu mpano zabo n'ibikorwa vyimena babukoreye badafatwa neza bakiri ho??? Nka Ncanjo Amisi, Nikiza David... bibagirwa bagasigara ari umugani 🙆‍♂️

  • @alny1935
    @alny1935 2 หลายเดือนก่อน

    Why, interview zanyu ari zito?

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 ปีที่แล้ว

    🔥🔥🔥❤❤❤❤

  • @jajakarakura9751
    @jajakarakura9751 2 ปีที่แล้ว +1

    You are a legend yourself

  • @lazaremajambere4929
    @lazaremajambere4929 2 ปีที่แล้ว

    Naho mutabishizeko, nizere ko Ari part 2?? Si non, twoguma tuyibishuza

  • @egidenderagakura3914
    @egidenderagakura3914 2 ปีที่แล้ว

    Papa Rugerinyange Antoine Marie respect

  • @miraculolopa
    @miraculolopa 2 ปีที่แล้ว

    Wubahwe mzeee 🙌🙌🙌

  • @cizaedmond6212
    @cizaedmond6212 2 ปีที่แล้ว

    Igice ca 2 nari ndakirindiranye igishika Dear, wakoze kukibandanya