IMANGA SERIE SO1 EP3 ABEL AGIYE KURABA UMWANA WIWE NORA AKUNDANYE NA NELLY 🔥🔥

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • norasque Ntare VI whp+257 72 09 60 80

ความคิดเห็น • 28

  • @MugiranezaAkimana
    @MugiranezaAkimana 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abeli ukize igikorwa cyiza cyane imana iguhe umugishape hama uwomwana gerageza umushacyire umwanya muri filim mucyinanepe yavuzeko agukunda nange ankora kumutima

  • @MariechantalKWIZERA-mi7hl
    @MariechantalKWIZERA-mi7hl 11 หลายเดือนก่อน +2

    Ndasavye muduhe film zuwo mwana nanje ndagakunze kubera ndarengewe cane iyo mpano ifise bake Abel courage bcp

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 11 หลายเดือนก่อน +2

    Kumbe yakado waruyishiriye akokana mama bucuri niki bajou❤❤❤❤❤❤

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 11 หลายเดือนก่อน +3

    Ndaryohewe pe

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh 11 หลายเดือนก่อน +3

    Courage caneee🥰🥰🥰🌹

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 11 หลายเดือนก่อน +1

    Norasque uyumuvyeyi uzamurondere ndumva afite ubuhamya bukomeye bwokubaka beshi canecane urwaruka❤❤❤❤

  • @EsperanceMugisha-ui6vk
    @EsperanceMugisha-ui6vk 11 หลายเดือนก่อน +2

    Baduhe izo film zuwo mwana Abel nanje ndipfuza kukubona

  • @leoncinsabimana9813
    @leoncinsabimana9813 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abel big up ubikoze neza

  • @nnno989
    @nnno989 11 หลายเดือนก่อน +1

    Umwana, numugisha, ❤❤❤❤Abel,, imana, ikuzigam

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 11 หลายเดือนก่อน +1

    Imanga series ije ari🔥🔥🔥🔥

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nkundukuntu Abel yicisha bugufi❤❤❤❤

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 11 หลายเดือนก่อน +2

    Courage

  • @everyne.illankunda8292
    @everyne.illankunda8292 11 หลายเดือนก่อน +1

    HEZAGIGWA cane Abel mutama wubahwe

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abel courage 💪💪💪

  • @vyukusengechantalchantal8899
    @vyukusengechantalchantal8899 11 หลายเดือนก่อน +2

    Iryozina kwiri rirakaze

  • @RachelleNiyonishimiye-kz6dy
    @RachelleNiyonishimiye-kz6dy 11 หลายเดือนก่อน +2

    Waoo

  • @JaphetIgiraneza-kh1hw
    @JaphetIgiraneza-kh1hw 11 หลายเดือนก่อน +3

    Dushirirekofirime zuwomwana tuzirabe

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d 11 หลายเดือนก่อน

      Waoooo ndakunda Abelli uri umuntu wurukundo rudasanzwe vyukuri mutubwir cano uyo mwana Akinako tuzoze tumukurikira je sindamubona

  • @user-so3qm1ft6q
    @user-so3qm1ft6q 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ubikoze neza❤

  • @user-zu3gm6kx1s
    @user-zu3gm6kx1s 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abel urumugabo ukozibintu vyamateka wubahwe nanje ndagufana gose

  • @fifiakimana57
    @fifiakimana57 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abel hejur gose❤❤❤❤❤

  • @vyukusengechantalchantal8899
    @vyukusengechantalchantal8899 11 หลายเดือนก่อน +1

    Norasiko ndabona ntakwatagira guduha bishasha

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 11 หลายเดือนก่อน +1

    Dontintia ndamukunda mu flm yakiny neza

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 11 หลายเดือนก่อน +1

    Abel wubahwe gose

  • @NshimirimanaMarychantal-nr9of
    @NshimirimanaMarychantal-nr9of 11 หลายเดือนก่อน +1

    Abelinne

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @RachelleNiyonishimiye-kz6dy
    @RachelleNiyonishimiye-kz6dy 11 หลายเดือนก่อน +1

    Waoo