Akes yanyihakanye imbere yuwundi mukobwa mfise inda yamezi 8😭Akes nta mariage azonkorana😭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Top News TV +257 icishako ibiganiro bitesa ushaka kuruhurira umutwe ntahandi atar kur Top News +257 TV
    ikindi naco Top News +257 ibafitiye igisata ca Publicité karibu cane
    ufise ico ubaza canke uterera hamagara kuri iZi numéro :61605011
    Top News +257 TV iriho kubwanyu🥰

ความคิดเห็น • 64

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 8 หลายเดือนก่อน +1

    Briella na sauda karib cne ❤❤❤

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 9 หลายเดือนก่อน +3

    Kimwe noguhanura nukuri wasubiranye imisore izokutigitako arimyinshi kimwe nukuri witonde bikunze ja kwamugang wiki ngiye ntusubire gutwara iyindinda urindire isezerano wiyaranj wiki ngire my dear Freind

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs 8 หลายเดือนก่อน

    Ariko murabe muhindure ntibibona Neza gusa❤❤❤❤❤

  • @darlenedada651
    @darlenedada651 8 หลายเดือนก่อน

    Kuishi single mama ni raha❤❤

  • @JustineNizigiyimanajustine
    @JustineNizigiyimanajustine 8 หลายเดือนก่อน

    Ubu uraje kubitubwira igihe wabikora ntiwatubwira ewe bakobwa shuhu gusa nda❤❤

  • @agathemichelle238
    @agathemichelle238 8 หลายเดือนก่อน

    Aba abakobwa ba 2 ndabikundira kuko bakora neza courage mes chéries ❤❤❤

  • @aullah257
    @aullah257 9 หลายเดือนก่อน +1

    Sauda wanj ihangane ivyo bihungu niko vyabaye Imana niy nkuru ndazi azicuza nawe

  • @ahhsjsjGsjj-li1ez
    @ahhsjsjGsjj-li1ez 8 หลายเดือนก่อน

    Karibu karibu sauda twari tugu kunbuy
    Nabiriell

  • @darlenedada651
    @darlenedada651 8 หลายเดือนก่อน

    Courage sauda pambania maisha yako uachane nawanaume

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v 9 หลายเดือนก่อน

    Courage Blliella na Sauda buca dutangura kumubona muzoze muraduha soin nasoin zitarizububeshi❤

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 9 หลายเดือนก่อน

    Akes nindaya mbaya kwel urya mwihoz sha sauda isi izomukaranga naw iricamuhigira ibirungo

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 9 หลายเดือนก่อน +1

    Mpore 😢😢😢 abahungu nuko

  • @khamissiniyonkuru385
    @khamissiniyonkuru385 9 หลายเดือนก่อน

    Aho ni sawa none mwateranye amada ataho muzwi imbere y'Imana canke imbere ya mategeko , bwari ubumalaya busanzwe

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 8 หลายเดือนก่อน

    Tuzobashigikira ❤❤❤❤

  • @Ebukuru83
    @Ebukuru83 9 หลายเดือนก่อน +2

    courage bakobwa beza❤❤❤❤

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 8 หลายเดือนก่อน

    Courage mukore cane imana ibaje imbere sauda nawe niwihangane imana ko yabikoze ukaronka akazi rekana nurya muhemu

  • @user-im1wy2zi2r
    @user-im1wy2zi2r 6 หลายเดือนก่อน

    Super friends

  • @nnno989
    @nnno989 8 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda, ncane❤❤❤❤

  • @wilsongift833
    @wilsongift833 8 หลายเดือนก่อน

    Muze murakorera ahantu hatekekanye haatari urusaku kuko sound zanyu ntizunvikana neza

  • @i_amvanch7532
    @i_amvanch7532 9 หลายเดือนก่อน

    BOBB VANCH also watch this!

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 8 หลายเดือนก่อน

    Karibu briela sauda Pol imanimbere

  • @Nkurunzizaahmad
    @Nkurunzizaahmad 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤ courage

  • @alicealice364
    @alicealice364 8 หลายเดือนก่อน

    Sauda humura iryamiti azoyibona iyo izomugeza briella yagiye kwa aisha

  • @khanwkk
    @khanwkk 9 หลายเดือนก่อน

    Twaritwavuze gus uwikoreye ibihunda ntiyumva arko nibazeko ubu wahakuye icigwa ntuzosubira. Gusa biranyoheye kowasubiyekuba neza. Azomaramara akes

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 9 หลายเดือนก่อน

    Nga rukana sw Na sw

  • @dannyciza5139
    @dannyciza5139 9 หลายเดือนก่อน

    Nihatali

  • @Nkurunzizaahmad
    @Nkurunzizaahmad 8 หลายเดือนก่อน

    Pole sana sauda 😂😂😂😂😂

  • @user-oe5nr5hc3f
    @user-oe5nr5hc3f 9 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cn❤❤❤

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 9 หลายเดือนก่อน

    Warukumbuwe sauda ❤❤❤❤❤

  • @ogminajchacha3069
    @ogminajchacha3069 9 หลายเดือนก่อน

    Courage et karibu kandi BRIELLA HEJURU CANE❤️❤️

  • @user-nx5sy8uh7e
    @user-nx5sy8uh7e 9 หลายเดือนก่อน

    Tekana utuze wihamahoro gusa baraguhanura? Ukarahira?

  • @wre1565
    @wre1565 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr 9 หลายเดือนก่อน

    Pore sana wihagan iman izoguhorera

  • @khadijamoss293
    @khadijamoss293 8 หลายเดือนก่อน

    Courage aba shr bacu

  • @nimbonavenantie9355
    @nimbonavenantie9355 8 หลายเดือนก่อน

    Mpore di sauda akes yara

  • @lydi791
    @lydi791 8 หลายเดือนก่อน

    😍😍😍😍

  • @user-jc2pn5dj9m
    @user-jc2pn5dj9m 8 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @webbryr5568
    @webbryr5568 8 หลายเดือนก่อน

    👏👏👏👏❤️🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🤝🤝👏👏🙏🙏

  • @Miss_Chanceline
    @Miss_Chanceline 9 หลายเดือนก่อน

    Courage mes chéries 😍😍

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 8 หลายเดือนก่อน

    Akes aragowe kabisa ku myidogo y'abakozi bamukoreye adapfukamye imbere y'Imana n'imbere ya camera ngo asabe ikigonggwe ntazoshika kuco yipfuza gushikaako ndabarahiye iyo myidogo niyo izomukoorako 😢😢

  • @user-qw9pz9ci8n
    @user-qw9pz9ci8n 9 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @user-tc7vv4gb2m
    @user-tc7vv4gb2m 9 หลายเดือนก่อน

    Bjr sauda

  • @Life257media
    @Life257media 9 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @ancillecilla
    @ancillecilla 8 หลายเดือนก่อน

    Twari twaramuhanuy KO Akes azomuheba ntiyavyumva

  • @totoyummy8106
    @totoyummy8106 9 หลายเดือนก่อน

    😍😍😍🔥🔥👌

  • @sabbaothmediatv6885
    @sabbaothmediatv6885 9 หลายเดือนก่อน

    Courage Briella❤

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l 8 หลายเดือนก่อน

    Kuraje.nukuri.sawd.nasawud❤❤❤😂😂

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 9 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @sarttsa9118
    @sarttsa9118 8 หลายเดือนก่อน

    ❤🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 9 หลายเดือนก่อน

    Narinkumbuyr briella

  • @eliammugisha3389
    @eliammugisha3389 9 หลายเดือนก่อน

  • @user-oe5nr5hc3f
    @user-oe5nr5hc3f 9 หลายเดือนก่อน

    Naravuze karibwa yumurizo

  • @VeneEmma-sl5sd
    @VeneEmma-sl5sd 9 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️🌹🌹

  • @user-zg3bt4wl1f
    @user-zg3bt4wl1f 9 หลายเดือนก่อน

    Hj❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 9 หลายเดือนก่อน

    Sawww❤❤❤❤❤😂

  • @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz
    @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz 8 หลายเดือนก่อน

    Cuorag bakibwa

  • @user-nx5sy8uh7e
    @user-nx5sy8uh7e 9 หลายเดือนก่อน

    Bwabundi akesi ntamuntarimwo ntanimpuzu zumwana emwe

  • @AnithaNtamubano-hv5dd
    @AnithaNtamubano-hv5dd 9 หลายเดือนก่อน

    Nari ngukumbuy kwer

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂

  • @nimbonaevelyne9421
    @nimbonaevelyne9421 8 หลายเดือนก่อน

    Sauda turagukunda ntibasubire kuguhenda abahungu nabana babi

  • @totoyummy8106
    @totoyummy8106 9 หลายเดือนก่อน

    😍😍😍🔥🔥👌