Team war'ubizi movie, igiye gukoresha inguvu zose kugira mutabura ikibateramisha. Commentaires zanyu zizodufasha kubashikira kunyota zivyo mwifuza. Love you all
Ndabasabe un jour muzogire publicité nziza yabakozi b' Imana hahahaa kuko Diane yarababesheye!! Faisons gaffe à qui nous demandons conseils...abagenzi babi tres dangereux... Merci l' equipe et courage, mukora vyiza
Merci pour les leçons culturelles et sociales...les images ni nziza mais le texte mwoza murazisubiramwo haraho umengo abakinyi bibagiye suite ou debut ... Hama la leçon pr les femmes nukuba autonome et independante financierement....kuko Diana ntaba ariko arajuragurika abura iyo aja/ aba...
Ntibaz bakubesh nukur maman ni maman.abavyemer mundemek nimanukir ibujumbura
Kabisa
Nukuri muraaaakoooze caaaane izompanuro muduhaye muratweretseko Abo twita abagenzi KO aribo bansi bacu mana ahubwo ubunntawokwizera
Ndasuhuje Diane yari yiteze gupfukamirwa n'umugabo
Umugabo wijambo respect peter 🤗🤗
Umugabo nuwuguma kungingoo
umuhanzi mubi angana umururozi
Murakoze cane mukina neza cane nkabarerwa nabarezi
Murakoze cane muduhe épisode ya gatanu muzoba mugize neza cane natwe turiko turabakwirikirana can mugire ibihe vyiza
Niyihangan Dian yisubiremwo
Sha nihatari kwikuramurogo atamvo nukubesha kuratanguye noneho
Wauuu papa diane uravuze ukuri. Yarongowe numugabo ntiyorongowe namajambo yabantu👍👍👍👍
Beshi twigire gaha mwigishije beshi Vyiza can👍👍👍👍
Ikigice munkiniye ibintu kbx umukobwa wese nomuhanura kudahanuza umugenzi kuko hariho abagenzi batanezerezwa nuko uba ubayeho kwikura murugo kurusubiramwo nurugamba rukomeye
Team war'ubizi movie, igiye gukoresha inguvu zose kugira mutabura ikibateramisha.
Commentaires zanyu zizodufasha kubashikira kunyota zivyo mwifuza.
Love you all
courage tuzo baku, rikirana
murakoze cane mybikore pe
Dushaka ntahoyagiye
Mwakuinye neza abakenyezi batazingene batata abashingantah babo bakwiye kuvyiga kuko umugabo n'imana yakabiri kandi akwanse nabavyeyi barakwanka ntanumwe aguha nigwere.
Pita muribose koko ukora nkumugabo koko diyane uramwishije cane uramureze bimwe bihagije
Ndabasabe un jour muzogire publicité nziza yabakozi b' Imana hahahaa kuko Diane yarababesheye!!
Faisons gaffe à qui nous demandons conseils...abagenzi babi tres dangereux...
Merci l' equipe et courage, mukora vyiza
Ko wariwiraz urabikoraho iki turabakunda turi murwanda
Diane komezaa kwihangana Niko zubakwa
Vyiza cane ibi vyama vyabaye keshi ahotubaye
Diane urigipfu cumugore umugenzi agushuke gusenya urugo rwawe wemere koko nkubu mabukwe yaragutwayiki umugabo agukunda wabuziki none ushimye kwangara ahantuhose nusubire murugo usabe imbabazi
Muratwigishije pe nibarabe akarorero yabigize yibazako azocazariruka kumucura ufise umugenzi mubi
Diane gira ubwenge wubake
Jewe nduwo mugabo sinoja kumucura Kiko yijany
Ninziza muduhe ikindi gice3
Ninziza pe
Intarabona série ✌️
👌👌👌Ninziza vrm
Ndabakunda❤❤❤
J ndabon wahungiy imvura mumuvo
Uwo mugabo nawe ntazi ko igito gitabwa, iwabo. Ikindi Naco Diane yagiye kwubakana numugabo wiwe basezeranye imbere y'Imana n'abantu, ntiyigeze nahamwe aragana na Inabukwe
Courage pee
Inyigisho nziza cane pe
Iraryoshe muyibandanye nimpanuro
700
Niyan pore umugenziwawe, yarakagukorey yaguteshejurug naweyubatse ivyobibah
Mama Diane ndagukunda ukina neza cane Diane nawe pore abagenzi nibabi murakoz cane kumpanuro muduhaye gusa muduhe part 3
Diane isi atarakandi irakwigishijegenda uzosubire
papa dian,arakaze pe.yotuma umuntu yimanika
🤣🤣🤣🤣🤣😅🤣🤣😅
Papa Diane abirimwo neza pe 😂😂😂😂😂😂
Nukuri mukomeze cyane
Yararyohey Can yarampay icigwa
King ndamwemer ingen avugan ubu sérieux,🤜🤛
Komeza turabakunda
Asha Diane baramuhenz kwer
cool murashoboye Fanny ndakwikundira disi
Courage turabakund
Nishure peeee
Wao mbeg filime nziza irigish can
Ariko nubu nturamenya konyoko yagushutse
Mukina neza cane Kandi harimwo impanuro nyishi nziza. Mama Diane ikebuke kuko ni wewe wasambuye urugo rw'umukobwa wawe. Abavyeyi nkawe bikebuke, warishe umwana hakumuhanura umwereke ukuntu yokubaka urugo rwiwe. Umuhanuzi mubi angana umurozi. Kandi nta ngeso y'urugo yubaka urundi, ahandi ngo ntawugenda nk'uko nyina yagiye. Urugo rwose rufise uko rutunganijwe.
Diane inyoshambi isumbumurozi
Kabisa
Inyigisho nziza
Uwamwoheje yubatse urwiwe neza
Isomo kbs🙄ewe Diane bira
gukomeranye
Umugore wikigugu ivyo ntubibwira so nanyoko ubibwira malene
Inyigish nzza cn muduh part 3
murakoze kumpanuro,nziza bibaho keshi
Kbx barashoboy
Murakoze💪🇧🇮
Bibaho pe courage mukomere
Muyibandanye irigisha
Peter uri uwambere
Nihatari birakaze
Kadiyana bagahenze nihatar kweli kowamutaye uteruguruka
Uratandukanye ni nyubako zikigihe
Uratandukanye na bagabo bikigihe
Courage pita
Ew fanny urambabaj.uwutemurwiw bamutizumuhoro.pore
Umugore ari namakosa KK ntiyokwanka uwamuvyariye umugabo mugihe naw atanka uwamuvyariye umugore
Diane komamusosi
Courage xn muratwubaka
Kuberiki ama role meshi ukina arayokurira?
Diane usambura ugwiwe bamutiza umuhoro
❤❤❤❤
Nimuterimbere muratwigishape
Muraturyohera caan
Merci pour les leçons culturelles et sociales...les images ni nziza mais le texte mwoza murazisubiramwo haraho umengo abakinyi bibagiye suite ou debut ...
Hama la leçon pr les femmes nukuba autonome et independante financierement....kuko Diana ntaba ariko arajuragurika abura iyo aja/ aba...
Urakoze cane
Muranezereje nukur
Iraryoshe mutunzanire iyi ndi film
Baratwigisha.Cane.gose.uwusambururwiye.bamutizumuhoro
Fany nkwibarize uravukana na Sandrine?ndagukunda pe
Nambuvuga kamikazi nincuti yiwe
Inyigisho pe
Ahooooo
Allooooooo
None papa Diane yamana essuie main
Akunda essuie mains cane knd abirimwo nez kwel, mukomerezeho cane
Waoooo❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Irigisha vyukuri
Olaa
Vyiza
Komera
Courage
Peter urumugabo p
Episode ya 1 kontayibona
Yirabe neza irahari
Kbs
QqqS
Courage turabakund