Abarundi bavandimwe bacu, ndashaka kubabwira ko mu Rwanda tubakunda. Mwere kwita ku basazi b'abanyamakuru babashyiramo propagandes ziri politique. Vous n'êtez pas les politiciens. Turi igihugu kimwe. Nimwakire neza abavandimwe banyu bo mu ntara yo mu Rwanda.
Hosy na Dj Paulin ndabakunze caaane, ivyo muriko murakorera igihugu benshi ntibabona importance yavyo ariko nibintu vyiza cane, so courage cane kandi merci beaucoup nico novuga Davis D warakoze disi umwami wabana koko turagukunda ❤❤❤
Amahera ya polin azosuzuguza uburundi ,ndabona urunani entre we na Hosy gwakomeje,NGO ntibazoruhuka badashikanye urwanda kuntumbero YARWO yo GUFATA industry ndundi,bablotse IWABO natwe turugurura bakabafasha kwinjira.
Abarundi bavandimwe bacu, ndashaka kubabwira ko mu Rwanda tubakunda.
Mwere kwita ku basazi b'abanyamakuru babashyiramo propagandes ziri politique.
Vous n'êtez pas les politiciens. Turi igihugu kimwe. Nimwakire neza abavandimwe banyu bo mu ntara yo mu Rwanda.
Biriya shaa birabaraba iyo bibananiye bazotekereze twebwe dufise uburenganzira bwacu .
Rwandans and burundians are good lovers why do we conflict anyway, I like hosy much love from Rwanda
Hosy warahuye na paulin reka witungire
Abarundi ntago turuha kwakira abashitsi
Abarundi mureke amatiku mushyire akazi imbere no kwiteza imbere! ndabona mwabishyize kurundi rwego, ntabwo bikiri entertainment! mugabanye kabsa
7tt minute 55 sec
i will accept that the day i will see bushali in bj
Courage mwiza wacu Hosy, tuzokwama tugushigikira
Hosy duhe suite kabisaa video ntihera ahakurikirA vrmnt.. davis d ageze kuririmba eva..
Hosy ko wasa nabi ,wari wisize ubugoro😮
Murabanjanga mwese
Kabaye Gato nukuri
Huuuuh numva nindirimbo Hosy Azizi zose🤔😢😏
None??? Arazikunda esetu 👋
This Stu is Awesome!
Nubund ab riftaire nibo bateza akavuyo Mu modoka😃😃😃😃😃😃😃
th-cam.com/video/tBJ6sC5FcbM/w-d-xo.html
Nyaxo kurya ibiryo byabana
th-cam.com/video/tBJ6sC5FcbM/w-d-xo.html
Nyaxo kurya ibiryo byabana
Merci Passi kunyakira 40 mukiyovi loti loti mpumuriza nsohoke iki …..wowwwwwwwwww
Ukuntu Davis D yaririnvye Itara nciye ndira ahubwo wowww
Ama media yi burundi ntazoharigwa aradutera umubabaro
Warasaze Hossy benumuhabara wawe Pa
Nezaaaaa basaza iyo muhuriy mur studio munkorera umunsi n'a job ndayikora ndi enform kbx ,Big up Sanaa
Siren Tv une très belle émission sérieusement
Ngo nuyo muzehe😅😅😅😅
Ibaz vrma
Hahahah
Studio yamateka
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥
Hosy na Dj Paulin ndabakunze caaane, ivyo muriko murakorera igihugu benshi ntibabona importance yavyo ariko nibintu vyiza cane, so courage cane kandi merci beaucoup nico novuga
Davis D warakoze disi umwami wabana koko turagukunda ❤❤❤
Barakora ahubwo bashimire sha ubatere courage kuko ni ibafise terrain iri facile gukorerako so batere courage pleaseeee
Hama ngo Hosy yoreka guhengamira iyo Paulin ahengamiye😂😂
Hosy nagahunjanzuzi kabisa. burya mu burundi kwiha agaciro biracari kure. aho woraba neza usanga Hosy bamuhaye intica ntikize. BIG FIZZO aracari kuri top kuko ariyubaha niyompamvu no hanze yizerwa.barundi iyo abantu mukorana mupanze muti twihe agaciro ukaca uvamwo wenyene witwa marginal ,deviant
Nikibazo kweri batubwira ngobaje gutanga umunezero ariko ntimwibagire ko baje gucamahera ntuzonezegwa mugihe abana bawe baraye inzara ukaja kugaburira abajirani uba uriko uribesha cane ariko nagaharawe ✂️umuziki ntiwicwa nabaza gucamahera wicwa nabatanga akazi
None se Devis D we s'umunyagwanda raaa???
Ntabwo ari umunyaGwanda ni umunyaRwanda
Ewe medias zo muburundi
Abanyarwanda mwakoranye mugucinyiza umuziki ndundi ndabona murako kamodoka ntamurundi yabavangiye
😂😂😂 Kagoma ni amaki ko usoje umwaka utaryohewe? Mwatumye Paulin agera aho avuga ibisekuru bye 😅 umenga ntacyo byatanze!
Jew ndumiwe uwomuririmvyi kontamumenye
@@niragiradiegomane9559 hahaha nabago ninzoya impinja bazozizana kuko BAFISE aba ambassadeurs babo mumuziki hano
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@banin-bradaneirakoze9535 wowe Uzi nde ko ibibintu byimiziki ntabyo Uzi Sha gabanya itiku nishyaro
Amahera ya polin azosuzuguza uburundi ,ndabona urunani entre we na Hosy gwakomeje,NGO ntibazoruhuka badashikanye urwanda kuntumbero YARWO yo GUFATA industry ndundi,bablotse IWABO natwe turugurura bakabafasha kwinjira.
🙄🙄🙄🙄🙄 buzikugora guterbere ufise ivyiyumviro nkivyo! Imana igutabare
Mbega urazi umubare w'abakinnyi b'abarundi mu rwanda kandi bahembwa neza. Wibaza ko bahembwa ibyatsi? Reka amatiku mukore cyane!
Ariko reka kwiyunvira ibiri hafi, abo nyene nibo bariko barateza hui muziki ndundi imbere ndakwinginze uhindure ivyiyunviro ahubwo urabe neza le futur kuko ivyo paulin na hosy bakora bizovamwo ikinyu ciza kumuziki wi burundi n’Urwanda
@@doomedinscrolling3587 mureke aze araharura ayabandi areka kurondera ayiwe! Kora ureke guturira urabe ingene imigisha ikuzako! Ivyiyumviro vyishari n inzigo bitera gukena kumufuko mbiswaaa
Ariko umuziki bawubloka gute? Urwanda nicyo gihugu cyambere gifunguye muri kano karere. Uzagende muri clubs za kigali uzumva indirimbo z'abanijeria, amapiano, iza batanzaniya n'izindi. Ahubwo warukwiye kwibaza impamvu indirimbo z'abarundi zidacurangwa mu burundi! Ni gute mushaka ko indirimbo ndundi zicurangwa mu bindi bihugu kandi mutazicuranga iwanyu mu burundi? Banza mutunganye urugo rwanyu imbere yo kureba ibiri kubera mu baturanyi.
Abanyarwanda bigize abakongomani bakomeje gufatirwa muri Congo muntumbero yo kwica prezida Kisekedi ,muraraba neza abanyarwanda ntibaduhekure prezida Evariste Ndayishimiye
Urababaje kwibyo bintu uvuze
Hhhh Mwagiye mureka kuvanga politic na music 😢
Mufite mu mutwe hakennye sana
Poor minded kabsa,
🤣🤣🤣🤦♀️🤦♀️🤦♀️