Mugabo terme mukoresha si nziza. Mu giti haba yo ibikoko: inkende, inyoni etc.....😂😂😂 Kenshi abavyeyi ni bo mu giti. Abana barwa mu mporero. Nk'umuvyeyi abuza abana bise kuvuga Igiswahili, ari ururimi rwemewe mu makungu??? Anyway ikiganiro cari ki ryoshe
Bon ikiganiro ndakimaze ubunyene cari giteusa 😊😊😊😊 then je ndi toto cite kanyosha njia mbili kubadida 💃 💃 ,,,, j nta time yama games narimfise naba nibereye gusumba 😢kandi guhara vyari mudamu vrt😢😢, school natonda ijisho ari miruu but thank God ubu vyaraheze gusa akomu kota ntigahera namwe muca muvyumva nyene 😂😂😂😅😅 hama U'all killed it 😘 😘
Merci beaucoup pour le sujet. Jewe sinibagira ko abavyeyi banje bavuye ruguru. Avec beaucoup d'études.. Donc j'ai grandi dans une famille équilibrée. Bref ndi hanze ariko abana mfise ndazi ko uko abavyeyi babinyeretse je continue avec quelques modifications. Nta bakozi nagize ino, so ndi plus prêt de mes enfants que les miens pour nous. Bref merci pour votre émission.❤ Narize vyinshi aho ndi ko guteka navyigiye aho ndi. Ça fait 30 ans ndi hanze😊
Sujet yuno munsi vraiment yari nziza cane ,Hama kuri jewe premièrement ndumwana wo mw’isite ,à mon opinion je pense que abana bo mw’isite bakurana bravoure yo kurondera ubuzima bcp plus que abana bo mugiti,Cadeau from Sweden ndi ngaha ,always a big fans for Fun & facts and Siren vibes tv in general,Love from Sweden 🇸🇪
Watching from Kampala 🇺🇬and yeahhh abavyeyi baranse ko nkoraa muri resto bwabu job ngoo i can't do it blabla hahandi basha tip yahooo ariii 1000$nd above anywaysss thnks guyzzzz😂😂😂
Franck aragiz ikibazo arabuz uwumushigira akandi ga qualité ko mwi cité nako ka nikita na hosy vous parlez beaucoup mesdames abomugiti ils restent sur leur télé fones tabltt et livres et duuu cooouuuuppp……. Bash ndaryohew nino emission soient bénis
Dada Hosy wa mu cité ndakubaze warariye ubudingi na buluguri na bajiya na cocolatende. Dada Hosy pole sana no kugwara amaso y'imbwa ariko nciye mbona wagize amaso yaba chinoise?
mbe komutavuz ko bakubitirwa kuryam midi bagir aga sieste😂😂😂harih ibint mwavuz mwateka nokugir nibuk izina ryavyo nimpak ndonder mu kiganiro🙊muzotwerek ivy bintu mwavuz a part les plats zikizungu mwavuz
Jeho mu cité ubundi niho hanje narimfise na groupe yabarara ndongoye nayo kuyerera kwo ha aho ntaco mvuze😂 hamwe bantwaye nibujumbura harananira kuba kubera bashaka kumbanira kandi nari namenyereye kwisanzura😂😂
Jw nakuriye mu bwiza muga maman yaratwankura kuvuga igiswahili ngo nicaba escrot🤣🤣 ariko utwonzi twaramfashije knd no gusohoka hari amasaha ntarenza.18h naba ndi mu rupangu.🇧🇪🇧🇪❤️❤️😊
Hosy natanguye kugukurikirana kuva utaragira channel yawe ,,,, I'm so proud of you 😊😊 then mvugire nabandi benshi les femmes bari Saudi barakurikirana Siren canee me myself nkurikirana vyose arik can can girlfriend
Ubudingi,indimbaku niyo nataha nivyo nzoja kurondera numvirize ngn bimeze🤣🤣🤣Bama bantwenga k atavyo nzi....hama Iryo jambo abana bo mu giti ntirivugwa in a positive way kndi abitwa "abo mu giti" ntibishima ni kutamenyana gusa sinon turi bamwe.
Nibazako abana bo mu giti bo mu Burundi bari inyuma cane y'abana bakuriye mu bihugu vyo hanze. Je donne l'exemple ya Canada aho tubaye, abana ntibaguma bavuga français ou anglais muhira. On suppose ko ivyo bavyiga kw'ishule naho muhira bagacishamwo rimwe rimwe nko muma devoirs. Sinon muhira abana tubigisha cane cane kuvuga i kirundi.
Iyo thème ni bon! Cité/mugiti. Abana bo mu giti nabo mwi Cité, la seule différence n'ingene abantu baho babayeho mu buzima bwa misi yose. Mu giti hari tranquille, haratekanye, muri Cité n'ahantu abantu baho bugurutse bigenza mu kibano ca misi yose
Wakuriye mw’icite canke wakuriye mu giti? Vyari bimeze gute? Canke bimeze gute? Mutubwire muma commentaire😍🤭
Mugabo terme mukoresha si nziza. Mu giti haba yo ibikoko: inkende, inyoni etc.....😂😂😂 Kenshi abavyeyi ni bo mu giti. Abana barwa mu mporero. Nk'umuvyeyi abuza abana bise kuvuga Igiswahili, ari ururimi rwemewe mu makungu??? Anyway ikiganiro cari ki ryoshe
Jewe igiti nakuriyemwo cari giteye mwisite 😂😂😂
Natwe twakuze tuvoma mumwonga, dusenya mumashamba muzodukorere émissions yacu, gusa ndaba❤
Watu ba mu cité kama mimi mko fresh ?mupadishe mkono basi zile quartier zawa mu cité ya watu wanguvu
Mbombo sukari irimwo akadimu hoho wasanga itesa🥰 indimbako zirimwo ipiripiri,mashanje (guteka indya zo mutugopo )...ces moments shan
Mâche en jeux 🫶🏽
Bon ikiganiro ndakimaze ubunyene cari giteusa 😊😊😊😊 then je ndi toto cite kanyosha njia mbili kubadida 💃 💃 ,,,, j nta time yama games narimfise naba nibereye gusumba 😢kandi guhara vyari mudamu vrt😢😢, school natonda ijisho ari miruu but thank God ubu vyaraheze gusa akomu kota ntigahera namwe muca muvyumva nyene 😂😂😂😅😅 hama U'all killed it 😘 😘
Merci beaucoup pour le sujet. Jewe sinibagira ko abavyeyi banje bavuye ruguru. Avec beaucoup d'études.. Donc j'ai grandi dans une famille équilibrée. Bref ndi hanze ariko abana mfise ndazi ko uko abavyeyi babinyeretse je continue avec quelques modifications. Nta bakozi nagize ino, so ndi plus prêt de mes enfants que les miens pour nous.
Bref merci pour votre émission.❤
Narize vyinshi aho ndi ko guteka navyigiye aho ndi.
Ça fait 30 ans ndi hanze😊
We love you from. Cap town 🇿🇦 turabakunkunda sana🤍
Watching from Australia 🇦🇺 but I grew up mw’i cité mu Bwiza.
Nanje narimfise ikibazo ca Gretta kuberiki atamuhaye nawe ndabitahuye ubu👍bakwetu Buyenzi toto cite🥳watching from🇺🇸
Abo mw'icite oyeeee basha jewe harankujije ndabakunda kubiiiii😂😂
Kinyankoge nimwi cité hossy
Sujet yuno munsi vraiment yari nziza cane ,Hama kuri jewe premièrement ndumwana wo mw’isite ,à mon opinion je pense que abana bo mw’isite bakurana bravoure yo kurondera ubuzima bcp plus que abana bo mugiti,Cadeau from Sweden ndi ngaha ,always a big fans for Fun & facts and Siren vibes tv in general,Love from Sweden 🇸🇪
Nikita ndakund ingn wambar❤
Hosy nimutumire twebwe abaruguru tubacire agace😊
Muraryoshe pe❤ mwirambire mukora ibitudyohera
Watching from Kampala 🇺🇬and yeahhh abavyeyi baranse ko nkoraa muri resto bwabu job ngoo i can't do it blabla hahandi basha tip yahooo ariii 1000$nd above anywaysss thnks guyzzzz😂😂😂
Ewe Osy kuki iki kiganiro kibaye kifupi sana??????please muze muduhe suites nyinshi, bravo les dames
😂😂😂
Bagigi ariwe bagirako yagiye hehe?umwe akunda kurya afise akayabagu.ndabakunda from Rumonge kumikeke
Siren vibes tv nawapenda tena sana nukuri muduha ibiganiro biryoshe.from 🇧🇪
Love you guys, watching from 🇬🇧
Franck aragiz ikibazo arabuz uwumushigira akandi ga qualité ko mwi cité nako ka nikita na hosy vous parlez beaucoup mesdames abomugiti ils restent sur leur télé fones tabltt et livres et duuu cooouuuuppp……. Bash ndaryohew nino emission soient bénis
Courage.ndabakunda from Rwanda
Jamy nukuriii😂😂😂😂😂 merciiii
Bashaa Siren Vibes munatesa vraiment❤❤❤
😂😂 Kwitawaza 😂 nukubanza ugakoresha PH kwanza then ugaca witawaza
😂😂😂😂nciye nkumbura show yingwano mubuyenzi nko kwibarabara murupangu twarahamagarana tuje kurya show 🔥🔥vyaba bitesa vrm kuk twararaba kugera ihere😂😂
Ndabakuuuuuuuunda cyane🇷🇼🇷🇼
Sujet ni nziza 🥳🔥 merci beaucoup
Umva ndabahe suggestion mwe bagore ba TH-cam dukunda cane🥰 faut gusubiramwo iyo sujet car c très interessant nakare na madam waggwan yaciye agenda hataragera hama rro muzotumire nuwirwanyeko avuye ruguru agaca mwicité hama akisanga mubiti nahontazi ko arivyomyembe😂 so uwo rro abazi ubuzima bwose kk ngaho mwakoreye kuba buja gusa knd harubundibuzima nabwo burimwo ishure bwa ruguru hatari niyo tv mwarabira hamw mwicité😅
BEST FUN AND FACT EVER!!!!
Hosy wallah t'es une vraie bombe😅❤️
Merci ,iyi topic was very needed
Ikiganiro kiryoshe sana👌je navukiy mwicité nkurira mwicité nka bwiza,nyakabiga,kamenge abo twigana bo mugiti twabishirako kugira tubarir'inoti babaha za argent de poche😅😅😅
Ma fête kigifaransa Hosy,mugiswahili ni Sikuku
Hhhhhh Franck wanje weeeeee aho mwiza courage caaaane🥰🥰🥰🥰
Dada Hosy wa mu cité ndakubaze warariye ubudingi na buluguri na bajiya na cocolatende. Dada Hosy pole sana no kugwara amaso y'imbwa ariko nciye mbona wagize amaso yaba chinoise?
Icite niswa wana 😂😂😂😂 uzukunt abomugiti umeng uba mugasho 😂😂😂
mbe komutavuz ko bakubitirwa kuryam midi bagir aga sieste😂😂😂harih ibint mwavuz mwateka nokugir nibuk izina ryavyo nimpak ndonder mu kiganiro🙊muzotwerek ivy bintu mwavuz a part les plats zikizungu mwavuz
Jeho mu cité ubundi niho hanje narimfise na groupe yabarara ndongoye nayo kuyerera kwo ha aho ntaco mvuze😂 hamwe bantwaye nibujumbura harananira kuba kubera bashaka kumbanira kandi nari namenyereye kwisanzura😂😂
Ndabakunda caaaaane
Aba from come nitwashikirwa tuzovuga natwe ivyacu😂😂😂😂
Jw nakuriye mu bwiza muga maman yaratwankura kuvuga igiswahili ngo nicaba escrot🤣🤣 ariko utwonzi twaramfashije knd no gusohoka hari amasaha ntarenza.18h naba ndi mu rupangu.🇧🇪🇧🇪❤️❤️😊
Sha mwontumira nobabwira mukumigwa ivy mutarigera mwumva,je nakuriye mumitumba ivyomwivugisha ng kwitabaza😅😅😅 ko mutavuz amababi cank kwikuruta😅😅😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂Jamy😀😂😂😂😂😂😂😂😂😂ak kantu k indege sikeza namba😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Watching from Kenya
Mwicité niho sawaaaa sha haba hatesa umwana akura azakabi nakeza
Hosy natanguye kugukurikirana kuva utaragira channel yawe ,,,, I'm so proud of you 😊😊 then mvugire nabandi benshi les femmes bari Saudi barakurikirana Siren canee me myself nkurikirana vyose arik can can girlfriend
Mwibagiye ivyo bita kaukau hamwe na kokolatende
Hosy na Eddy 😂😂ntacomvuze
Hosy u look so good😍
From zambia turabumva hemwe
Akntu kam 🚫 kumashure reo sasa🤧isambusa,icapati,amabarafu ubiguz izina ryaw ryac ribikw mur direction😆😆Ecole les hirondelles me mnque shn😊abhaciy coucou😍🥰
We love you I'm from Dubai🇰🇼
Abana bomugiti style vestimentaire zabo zitadukanyeee nizabana bomwi cité
Hosy Emission zawe zituma nkumbura buja city kbisa❤
Kinyangonge nimuri cite hosy
Niki unapendeza sana
Bite SB from Belgique
Jamy vraiment 😅😅😅
Azoze atwishure
Inkuru iryoshe
Hosy ngo kinyankonge😂😂😂😂
Ishombo niki?
😂😂😂😂Nikilove EPIMAK nay ijemw gt😂😂😂😂😂😂😂
Oyaaaa rka sindabivuge vyoseeee 😂😂😂😂
Abana bomwi sité bazi bombo yokumukubuzo
MSG hejuru cane.
Ngo ntamwana womwicité atoze ntahangwa😅😅Mana yanj munyibukij vyinsh twaciyemwo🙈twaja kwibotike tugasab'umuceri ngo mama adutumye arabe umuceri ukumeze😅😅kugira mariage tur'abana abavyeyi bakadushigikira😂😂
Nuru sha turagukunda nanj ndashak gift
Darlene Nahayo nawe Ari hehe??😭😭😭😭
Iki ganiro ni ca mbere🤣🤣
Abatumire batesaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ubudingi,indimbaku niyo nataha nivyo nzoja kurondera numvirize ngn bimeze🤣🤣🤣Bama bantwenga k atavyo nzi....hama Iryo jambo abana bo mu giti ntirivugwa in a positive way kndi abitwa "abo mu giti" ntibishima ni kutamenyana gusa sinon turi bamwe.
😂😂😂😂 bajiya nabitumbua ngano birahari mubwiza
Indumbako nazo?🥲
Ibitumburangano sha narabifana,nubu ndakibonye nokigura
Hosy yari yuzuranye umushiha today 😅
Abanyamusaga zirya ngumutsi😂
Icite n'icite kwl harab ifash cn j ndibuk k nigiy gutek ibint bitandukany mur bimw twit makopo vrt🤣🤣
commentaire yanj numva nogira audio🤣.
Ngogateranya iki ???dacia😂😂😂😂😂😂
Ryamy nteba kubwany arik ndaryohewe peeeee
Jean michel ugez hiyo
Kazoza kahafi
Les femmes de TH-cam respect to you
Nyabugete ko mwayibagiy ni mugiti
Uwo mu Nuru noe muzomutwerek numu invesible 😂😂
Hewe jewe narakotesha ibirato bakampa amapera sha. Nkumva kugenda namaguru biri bien sana. Nshitse muhira ngakubitwa faux 😂😂😂😂. Nkacimba nkaja kurya kubabanyi batetse ikijumbu muri ya nkono imeneka nkuva bitesa sana. Nkaca ndabazana muhira nabo babahe umuceri nifiriti yoooo ikiganiro sha kiri top kinyibukije vyinshi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nibazako abana bo mu giti bo mu Burundi bari inyuma cane y'abana bakuriye mu bihugu vyo hanze. Je donne l'exemple ya Canada aho tubaye, abana ntibaguma bavuga français ou anglais muhira. On suppose ko ivyo bavyiga kw'ishule naho muhira bagacishamwo rimwe rimwe nko muma devoirs. Sinon muhira abana tubigisha cane cane kuvuga i kirundi.
Nikiiii ikirato n Sawa?😂😂😂😂😂😂😂😂
Je nakuriye mwi site naratetse imbombo,injuguu,Cachi Cachi,indumbakoo......
Iyo thème ni bon! Cité/mugiti. Abana bo mu giti nabo mwi Cité, la seule différence n'ingene abantu baho babayeho mu buzima bwa misi yose. Mu giti hari tranquille, haratekanye, muri Cité n'ahantu abantu baho bugurutse bigenza mu kibano ca misi yose
nturabakunda cane gose pe abantu ba Manchester Uk
Yariye akayabu😂😂😂😂😂😭😭😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😭
Iki kiganiro cari gitesa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Dacia vmnt yihuseee 😅
Eddy mbona ndamuzi mugihosha
🙌
Eddy Franck shaaa😍😂😂
Shaaaa Franck twigany kwer wiyerekana nyene kurumwana wo mugiti kbx Franck ntiyikorako basha 😂😂Ndabatuye Uniforme yiwe👌👌👌Yaza ahakwa gusimba ava kur moto asimbire mur classe vrm yar propre cane afis lunette zo mwishure nizo yambara asohotse mwishure😂😂😂Mwiza wanje je kwer ndagukumbuye saaaana😘😘😘😘Franck umwana wo muki Babis🤣🤣🤣nukur Mana nubu ah sintangay yacerewe donc agomb ko atamuntu yomucishamw ijisho kbx🥰🥰Fraaaaaa hejuru cane mwiza🥰🥰🥰🥰👍👍👍
Maman bikavyo we😂😂😂😂😂
Anyway ,kurivyo vyinrya ..birashika hariyo ivyo uba uzi wagera ahand ukamengo sivyo, je nkubu narakunda barafu z'umukwaju arik ubu aho nagez ahand hantu sinarinz ko ukwaju ariwo bita *tamarind mu congereza😂😂😂 arashobor kuba abizi murundi rurimi
Uruzi ruri inyuma ya lumiere nirwo rumanuka hepfo rukitwa ntahagwa
Hariho n’abana bo m incitée bakuriye mu mahanga 😂
Ama goûter abana bomwi cité twbw nayo tuziii 😂😂😂😂
Kwitawaza canke kwisukuza papier hygiénique vyose vyazanywe n'abanyamanga. Abarundi bo kw'itsitso ruguru bagira gute ndabapfinze? 😅 (kwikuruta, kwihanaguza utubabi...)