ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murikinogihe ntarukundo rugihari hagufasha umuntagikomeye mwakunvango yapfuye mugatambana isandugu yagaciro kanini namako stime ahenze ivyose arabibona? IMANA idufashecane hama ndabashimiyecan bakozibi Mana iyoninyigisho ikomeye kukobiriho Courage ❤❤❤❤
😭😭😭😭 Ahokumufasha ngwaje kwamuganga ayokumuhamba arabonetse hagukunda uwukomeye bakunda ikiziga abatunzi barakomerewe kwer nimuhezagigwe basore ba kristo kunyigisho mutanga
Yooo nikokuriyucyennye ugirango nawukuzi imana izimpamvu impana ibahe umugisha 🎉🎉🎉🎉🎉🥰🥰🥰🥰🥰🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻😍
Nibige gukunda uwugikomeye bareke gukunda ikizigaaaaa vyofasha cne
Ivyo bintu ndavyanka vyogufasha uwupfuye gusa nabatazi Ico Umuntu ari indirimbo nziza izo kofero nikuza mukurako
Murakozecyane imana ibahezagire. Nukuri dukoreneza bigishoboka
Ndakund izindirimb Arnaud Aririmb zirampimbar cn gs shk indirimbo yitw fasha abagor fasha abamugay
Wubahwee Arnaud
Nivyo kbx uvuzukur🙏🙏
Nukuri..kwuzuye
Ndabakunda cane😊😊❤❤❤❤😂
Abantu ba none niko bameze bakunda abapfu kurenza abazima!
Incuti zakinogihe nikozimeze murashoboye ariko igikino mwagihaye umwanyamunini
Mwarahezagiwe amen mena
Arnaud urakeney support kbsaaa,,urashoboy ark simbn impamv utamenykan ng bavuz indirimb zaweee,,,,
Arnau freshi kbx
Ukuri kwuzuye kabisa,courage mon frère
mutanze ubutumwa bwiza ariko umuntu yitaba lmana arimuzima uwapfuyentacyo abazi
Nikobimeze abubu😢
Amen
Iyisinikwidufashekabisa
Imana utubabarire cane nukuri abantu bakunda agafuye
Komera yesu agukomeze cane
Good msg kabsa
❤❤❤❤😢😢
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwafuye arakudwa kabisa
Ndabakund bavandimwe😍😍
Caurag cn murashoboy kwr arik nivyz gufash uwugihar nkub ayoyos mwegeranij iyo muyamuh bakamuvur
Hahaha
Imana ibajimbere
Good msg🙏🙏
Emwe nukonyene kbx uwupfuy arakundwa
Tkx for nice mssg
Mbuzii
Wawooo
❤😂 18:55
🤣🤣🤣🤣ico bikoze muranyishe ndabemeye bavukanyi
Good msg
Igikino mwakigize kirekire
Ntakosa ririmwo
❤❤❤
Ivyo nivyo
😀😀😀courage
😭😭😭😭😭😭😭 msg nziza caaane kandi murakoze bene data mukomeze guhezagirwa
Namwe muhezagirwe
Ayabuze kujakwamuganga aboneka kugura isandugu
Shaka nimero yanyu ya wasp please
62633213
komera
P
Nc
😢😢😢
😭😭🇧🇮
🤔🤔🤔😃😃😃😃