Salut.Je suis jeune et je ne soutiens pas totalement les jeunes qui rentrent si tard pour se satisfaire et se mettre en danger pour rien .Je soutiens totalement Dada ,elle a raison .Kndi Mwibuke ko même Dieu punis knd biri très sévère
Komera à toute l’équipe du débat de chaque vendredi ,siren vibes is the best channel TH-cam in Burundi 🇧🇮🙌🙌🙌,hama nimwihangane kuvyabaye kukiganiro mwari mwarakoze ,ibiri mbere n’ivyiza ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
très bien cette intervention est vraiment correct,ivyo vyiyumviro nivyiza cane.la communication est le fondement de toute relation dans la famille et dans la société.
Bravo mes dames mwama mufise des sujets zinza vraiment mais ayaya Dada scared me heureusement que yaciye agaruka nari nagize ubwoba,la solution ni communication entre parents et enfants ntakindi ....
Dada ntakugir plus important l'avis de la société à la vie de ton propre enfant ,bikor kber arivy ubon arivyiza pas parce-que la société yovug ib cnk biriya
Haha ndumiee a 18 ans bagasohoka mpaka le matin basha ego ibintu tuvuge ko vyhindutse mugabo jewe ayo majambere ntayonshigikiye. Twebwe a 18 ans ntitwarituze nuko boite zibaho kandi twavukiye i Bujumbura. Ndabasabe muzorondere umuntu ari muri age za 60 ans yakuriye I Bujumbura ababwire hari umu gabo yari si je me souviens yari umukuru wa ville ya Bujumbura yitwa KANYONI, sha agufashe yaragufunga abavyeyi agaca ahamagara abavyeyi nibobaza kugufunguza suite . Jewe rero sinzi yuko guha liberté nkiyo a 18 ans sindavyumva ariko biva ingene abavyeyi baganira nabana babo c ‘est bien Twebwe à notre âge suko vyaribimeze.
Ndashigikiy dada vrt 😆😆😆😆dada ndinyuma yawe no kur part 2 ba osie tuzobasinda 2 😅😅😅ntanukobwa wogutaha 23h 🤣🤣ntavy gutahur umwan wimwigem atah ay masah
Darléne ndamushigikiye.....nukubahiriza umuvyeyi...ico Kirori ngo gitangura 23h,je namuhaye isaha ya 23h nyene ar umukobwa surtout déjà MBA ndi salon ndamurindiriye namwe ngo ndamurindire ikirori gihere.....??
Dada nkunda ukuntu uvunganeza kandi bikana ryoha wallah. I have to meet you inshallah. I love all of you girls 💕
Salut.Je suis jeune et je ne soutiens pas totalement les jeunes qui rentrent si tard pour se satisfaire et se mettre en danger pour rien .Je soutiens totalement Dada ,elle a raison .Kndi Mwibuke ko même Dieu punis knd biri très sévère
Komera à toute l’équipe du débat de chaque vendredi ,siren vibes is the best channel TH-cam in Burundi 🇧🇮🙌🙌🙌,hama nimwihangane kuvyabaye kukiganiro mwari mwarakoze ,ibiri mbere n’ivyiza ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Et sans oublier aussi à rappeler à tous les parents de prier sans cesse pour leurs enfants .
En 2 Ka 👌🏿🤝🏿
En tous cas siren vibes niy chaine ya1 mu🇧🇮😍abasigay sinzi ivyo barimwo🤣
Incwiiih ka Hosy gasa neza cane today!!!!
Darlène ndagushigikiye 100%💯
Merci bcp nanje vyaranshikiye asha sambiri intanze narara hanze nacanja gusaba indaro mais je naba muri famille mubahanure vraiment ababikora
Abakunzi banje shaaa muranyubaka sanaaaa ❤️❤️❤️❤️💞
Ndabakunda mumabara yompi♥️💋 ikiganiro 👌🏿👍🏿mrci Bagigi kunyibuka💃💃💃👩❤️💋👩
Yoooh mpore nukur kukiganiro mwabuz,courage ntibibac'intege tur'inyuma yanyu turabakunda🥰🥰🥰
très bien cette intervention est vraiment correct,ivyo vyiyumviro nivyiza cane.la communication est le fondement de toute relation dans la famille et dans la société.
Dada ❤❤❤❤❤❤❤
Le sujet est très intéressant...Merci mesdames 🥰🥰
Jew ndi umusore mais ndashigikiye Mme Darlène
Dada suis tout a fait d'accord 1000%
Bravo mes dames mwama mufise des sujets zinza vraiment mais ayaya Dada scared me heureusement que yaciye agaruka nari nagize ubwoba,la solution ni communication entre parents et enfants ntakindi ....
Vous tous vous avez raison arik murabe kure harenga kuguma reputation (nubwo navyo mbishigukiye); mwiyumvire no kugushaka gukingira umwana iyo habitude yokuzolwama ataha ijoro canke arara muhahinga; muc muraba no kunkwirizi za kure kubazokomoka kuri abo bana kuko inyifato (mvyite behavior patterns) abantu bagenda babihererekana (are handed dowm feom generation to the next) through learning process. Umwana arafise uburenganzira mmbw umwana arik afis na limites. Umuntu wese agomba kugira akarongo ntarengwa (boundaries) atarenga mukuvogera uburenganzira bw uwundi muntu. Ikibazo: ni umwana agomba kudefinissa principes zigenda urugo rwa se? Canke Umuvyeyi agomba gushinga barrieres aravy kumpande zose harimwo gukingira umwana? Big up, tubakurikirana 5/5
Je soutiens darlène
Pole sana Bantu banje
Ndamushigikiye dada kuko uyomwana aba arumu adolescents rero amaze kugururigwa 2,3 ntanico aba agitinya rero yananiranye kuko umwana amaze gutinyuka kabiri yuguruza kndi dada arimumurongo mwiza kuko mwebwe murimunzira yukubashigikira
Basha nukuri naho twigez kuba aba jeune ariko Darlene arikuvuga ukuri ntamwana wugutaha ijoro walahi
Haaaa aba chchuuuu ndasavye ntimwumvikane haha 😂 love you guys 🥰👌
Dada ikiganiro wakiryoheje vrmnt 😂😂😂
TEAM DADAAAAAAA
Dieu merci, j'ai jamais vécu ça. Iyo ngiye ndababwira ko nteba cnk ngumayo
Ndi d'accord cane avec darlene hariho abana batunva vraiment aba bizi barabizi bakuranye na ba frère badoshobotse
Hosy , Darlene, Dacia, Nikita mundi mumutima indani ndabakunda cane ibiganiro vyanyu biranyubaka cane ariko ndashak kubabona vy'ukuri.hama courage
Team DADA a 1000%
Je vs aime aussi ba maman beza,mwrambire shn
Aha twese twarasohotse avant 18ans😂😂😂😂😂😂
Dada🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Umwana ataha ijoro mwabivuganye wopfuma uja kumutora canke ukarungik taxi ufise uburyo bien sûre. Ivyo kugarana umwana si vyiza naho yoba afise iyo 25 ans. Kwitaho umwana waw bituma agira éducation nziza.
Dada ntakugir plus important l'avis de la société à la vie de ton propre enfant ,bikor kber arivy ubon arivyiza pas parce-que la société yovug ib cnk biriya
❤❤❤
Hari igihe sha nk'umuvyeyi amaze kuguma yirukana umwana wiwe ngo kubera yatashe atevye🤨 ahubwo umwana adasubira no gutaha muhira ntazosubira kumukubita n'ijisho pendant toute sa vie 👆 ugasanga agiye kurondera ubuzima ahandi.... Or abavyeyi twabahawe kugira batwigishe ugasanga naho yirukanye umwana ntiyamwigishije ivyo bazohura navyo mw'ibarabara (niyo mpanvu bavuga ngo kuvyara ntikugoye nko kurera🤗 biragoye nyene mgb nk'umuvyeyi wama urabira umwana hejuru yivyo yokora nk'amakosa
31:46 👏🏽👏🏽👏🏽Uko nukuri
Waooo mwamvuz wakoz 👏👏ham ndifpuza kuzobabona amaso kuyandi kk murabasesanguzi🤣kbs mwubahw
Dacia aranyishe ngo ivyokurya bizimvye ukuraho yemwe ingene abivuze murupfasoni rwinshi
Ndashobor kuba nkunda aba badamu gayemwe ndara ndabaraba ijoro numurango
Ndashigikiye dada
Nimwihangane chr turabakunda kwlmana yemeyeko kigenda harimpamvu ba maman mukomere turabakomeje kabisa turabakunda caane .nimukore tuhatwike icokiganiro cuyumusi kirankozeko caane
Haha ndumiee a 18 ans bagasohoka mpaka le matin basha ego ibintu tuvuge ko vyhindutse mugabo jewe ayo majambere ntayonshigikiye. Twebwe a 18 ans ntitwarituze nuko boite zibaho kandi twavukiye i Bujumbura. Ndabasabe muzorondere umuntu ari muri age za 60 ans yakuriye I Bujumbura ababwire hari umu gabo yari si je me souviens yari umukuru wa ville ya Bujumbura yitwa KANYONI, sha agufashe yaragufunga abavyeyi agaca ahamagara abavyeyi nibobaza kugufunguza suite . Jewe rero sinzi yuko guha liberté nkiyo a 18 ans sindavyumva ariko biva ingene abavyeyi baganira nabana babo c ‘est bien Twebwe à notre âge suko vyaribimeze.
41:46 none Hosy igihe igisubizo c’amasengesho yawe kitaciye kiza ubwo nyene, kikazoboneka haciye imyaka irenga 5… woca ukomeza kumureka agataha amasaha yishakiye?
Je nibazako n’umwana yoteba akigumira mugahinga kuko abona n’umuvyeyi we ataco bimubwiye (ivyo gutaha ijoro)
So… umwugarana canke ureka resultat nimwe
Ndashigikiy dada vrt 😆😆😆😆dada ndinyuma yawe no kur part 2 ba osie tuzobasinda 2 😅😅😅ntanukobwa wogutaha 23h 🤣🤣ntavy gutahur umwan wimwigem atah ay masah
Muga vraima ikiganiro caryoshe ukuntu muharira nubu sérieux biratesa 😂😂😂😂😂😂😂😂😂ahandi mwahor
Mubikina 😂
Basha ndabakunda ariko muvugira rimwe tellement que ntakurikiraneza ivya sujet muriko muravuga
Basha sinumva ikintu nzobaha dada WE arankuyeho ngo ntimuturumbure amaso ndapfuyeee........
Dada uranryoheye vrma
Jewe ndamushigikiye Dada
Dada ndo wangu kbx %
Dada ndagushigikiye vrmnt
Ndaryohew gushika ndabura ico nandika hahaha...
50:08 je numva nshigikiye Dada
Hari situation nzi umwana batigeze bamwugarana ngo kubera ataha ijoro… vyamuviriyemwo gusara kubera ibiyovya bwenge yanywa
Nkagira nti… iyaba bari barafashe iyo option ya Dada hari ivyari guhinduka
**mammy nako😅
dada ndagushigikiye umwana womubabarira incuro nka 5 birenze urafatingingo uru muvyeyi
Hello siren vibes,ndabakurikirana cane ariko unomunsi ngira ngire commentaire. Umva ladies,ivyo bintu vyo kwugaranwa bikorwa n abavyeyi bashaka gu preserva "réputation" yabo ariko je trouv k utaba wiyumviriye neza kuko muri uwo mwanya umwana wawe ashobora kugira ikibazo hamwe ukimenye utopfa wibabariye. Ni kwiyumvira ineza y abana n iy umuryango sinon uba uriko uba selfish
Darléne ndamushigikiye.....nukubahiriza umuvyeyi...ico Kirori ngo gitangura 23h,je namuhaye isaha ya 23h nyene ar umukobwa surtout déjà MBA ndi salon ndamurindiriye namwe ngo ndamurindire ikirori gihere.....??
Uko mwovuga kose ngo ntimwitaye kuvyo abandi bababonako hari good image cg reputation umuntu wese ashak kugir mubantu .
Nibaza ko tubajij impamvu abavyeyi baba babikora, umugwi munini ushobora kuba wovuga ko ari kuneza y abana.
Thx san kunyigish mutanz
🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️🙋♀️
Murampimbara gose, ntimushobora kwibaza ingene munduhura 🥰🥰🥰
Yooo mpol Nn kuvyabashikiy wameng nobabaza nti mwar mwateguy ibik?ingen Hosy sha yarengew pol Sana mbay dada harigituma Imana yabishatse nimwitahur 😂
Dada ndamushigikiye 99% ibintu bimwe bigoye no kumv nanj nduwejo bundi mur 2000 nakuze ayo ma club ahari ariko sinagize izo gahunda zintahisha 9pm kandi suko nari umukizwa cank ibiki narakuze kandi ntaco nabay igih cose uzi ko aho utaha atar iwawe ugomba gutaha kare
“igih cose uzi ko aho utaha atar iwawe ugomba gutaha kare” ubivuze neza
Je ndabibonamwo n’agasuzuguro kenshi… so, ntampavu yo guhangayikira umuntu kw’uwo
@@Hi5392 agasuzuguro karimwo kabisa kuko kuja kuryoherw kand ugataha kare birashoboka
Jw nakuze ntakunda gutembera ariko umwana wanje atashe ateba sinomwugarana noba ntomboye agataha reka nkarara nkanuye nibaza nimba akomeye. Yoshika akaryama tukazobisubiramwo dutekanye.
Mbega hosy yambaye ihereni rimwe?
Dada nibyo kuba wamureka ntumufungurire ariko ntago wavuga ko wabikorera garder ta reputation,kuko ntibya bigishobotse mugihe umwana wawe arimo akomanga kurugi ,asakuza hanze kandi hari nabamubonye izo saha.
Basha je Darlene vrm ndamushigikiye ni gut ugomba kubah uk aband babayeho aband bemerewe gusohoka ijor wew iwany ntivyemewe none kuberik wishinga abandi???nooooo utegerezwa kumeny uk witwara kand aband bariy amavyi ntuc uyarya umugenzi wawe ashobora kuba ar umunyamakosa est ce que ucuba umunyamakosa kuber aband???baho nka wew ubwawe apana aband kuk iwab waband ntuzi uk vyifash iwabo🤷♀️🤷♀️jew vrm wapi ukoze ukisa nkumwana urasaba pardon bigahera kuk nti turi perfect arik uragerageza kand umuvyeyi iwe afata ingingo ashaka kuk ni murugo iwawe nawe niwakura uzoshinga ayawe mategeko murugo iwawe nuko
Dada, utwo dushatsi twawe tw'inkugutu ndadukunda.
❤️
Réputation yahehe umwana wawe arimwibarabara wapi dada sivyo
Emition ni nziza.
Hama umuvyeyi arinze yiturwa numwana vyiza yomworohereza kuko gutaha amasaha yarenz bibaho nuko numuvyeyi atawumuraba nawen biba bimushikira. Jew ico mbona ashits bomwakira cnk arikur naho bishoboka bakamauha ubufasha
Ikiganiro caryoshe cane,Dada ndagushigikiye nta mwana wogutaha ijoro
Abakirizii 😀😀😀🥰
Ndabafana bagore beza
Igiti kigorogwa ki kiri gito
Ibintu reo bigira birantesaaaa nkundamuuuma 🤣🤦🏾♂️
Aho rero ikiganiro mana we dada donc rero urihakanye umwna mumajamb mak umwihakana ureka azokwama aruwaw kubantu yooo igito gitabwa iwabo Hama ahubwo gerageza kwiyegereza umwna umuhanur mube abagenzi akuyagir umuyagir nih myzohuza mugiz bra de fer uuum ndakurahiy ntac muzoyaga umwna aba yabay j m en fous numv umeng novug vyinshi mug ico guheba wapi ntaco nshigikiy kuk aguma aruwaw umwihakana urek
Hosy yambay ihereni rimwe 🤦♂️❤️❤️❤️🌹🌹🌹
🤣🤣🤣🤣 urihweza!!
@@crepinnijimbere1759 nihatar nikugira zumu🤣
Jewe ivyo bintu ndabizi gusa harico mutavuze Basha igihe usanga umuvyeyi umwe abitahura Kandi ushobora nogusaba uruhusha aakaruguha ariko ugasanga umu papa atabitegera ugasanga baciye barara bicaye Kandi ugasanga wirariyeyo wawundi ataryohewe ngobagutoye aho wawaruri mwijoro utashe mugitondo ntacavuze
Bivana nimyaka kndi nivyo abarimwo
Jwe ndamushigikiye Dada
Ikiganiro caryoshe
Bnjr !en tout cas mwakoze ikiganiro kiryoshye ariko nta mubyeyi numwe ujya ubasha kwakira neza umwana utaha amasaha akuze
Mpore mpore
Turabemera
Usivye KO mwese ndabemera ndakubda dada cane kubera arumviriza iciyumviro ciwe nama ndakibonamw ubushingantahe