Bonjour, Fanny nturye wenyene kuko nara contribué cane muntsinzi yawe. Vraiment je suis très contente d'une femme vaillante comme toi. Que Dieu soit avec toi
Mukundana nkuwari past theogene na uwanyana asia bomugwanda .icambabaje ntibarambanye . Ndabipfuriza kurambana mumunezero nomumahoro ndabakunda ndi Aline
Fanny turagukunda ,kandi turi abakunzi bibihe vyose igihe cose udukeneye tuzokwama tukwigaragariza uko utigeze kutubona❤❤❤❤
Babandeker solution couple Iman yaramukuzaniy sh Nono Intare disi nibind bizoza courage beza tunabpnda sana
Mama lao nimwirambir nafamille yaw❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bravooo, Imana nibindi izobikora Fany courage turabakukunda caane
Solution couple ndabakunda ukuntu mukora nk'umuntu umwe mu rukundo rwanyu❤❤❤❤
Mubeho ,mutababaye bantu banje ndabakunda cane❤❤❤❤,Imana izirabacir izira aho zitari.
Utuntu rero baguma bigira nitwo tuntesa!wari wabwiye Hosy kutegerezwa kubuwambere so félicitation maman lao
Tumukundira koyabaye intwari igihe Libat amumaramaza kuma TV yose yi Burundi Hama akitekanira wentazijyeko twamwigiyeko vyishi kbs ikindi amjambo yavugwaga icogihe ntiyigeze areka ibikorwa Fanny ndu❤❤❤cane kuko unyigisha kanini komera kwel Hama n'uza Américain uzanyakure duhure nkubone amaso kumaso Imana ibandanye iguhezagira natwe ujuradusabira kumana sha
Ndaguka FANY injwi ntiryapfuyubus
Courag fanny nibindi Iman iracabikora ntibesha❤❤
Ukomeze guhezagirwa sha Fanny❤
Solution couple nimw dufse
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 nanje birashimishije vyimbitse kandi umutambukanyi wawe nawe uhoraho ashishikare amwongerurukundo nokukwitaho muri vyose
Imana yarabikoze di muvyeyi wacu hejuru cane niho tukwipfurije turagukunda cane❤❤❤❤❤
Fanny ntawew ubuzima ntibworyoh kuko ndunv ngukunda mumabara yose rero❤❤❤rero nzokugwa inyuma n'aho nzoba ndumwe😂😂❤❤❤
Fanny turagukunda p sinumv uk nobivg kl❤❤❤❤
Mama laoooooo hejur cn nihonkwifurije 😂😍😍🙌🙌🙏🙏❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤💃💃💃💃💃intsinzi kwa faxine fanny lavine HB Too you
Igih cose ibintu vyawe ubishizemw Iman biragend neza muryoherwe beza bacu❤😂😂
Felicitations cane mukwobwa wiwacu,oft ibintu vyanyu birimwo imana Sana
Maman lao hejuru cn p Imana ibashe kuba muvyawe❤❤❤❤🎉🎉
Be blessed famille KEZIMANA ❤❤❤
Felicitations mammy turagukundacn❤❤❤❤❤
Mama laoo hejuru cn ndabkundaa❤❤❤❤❤
Imana ninziza difani ndabikundira
Congratulations 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 maman lao ndagukunda cn vrtm
Tuzokwama tugufana sha turabikundira Solution couple hejuru cane
Bonjour, Fanny nturye wenyene kuko nara contribué cane muntsinzi yawe. Vraiment je suis très contente d'une femme vaillante comme toi. Que Dieu soit avec toi
Waaaaaa Fanny wacu
Mama lao i gitega turashaka kukubona uzodutemberere
Que Dieu sois loue pour ta victoire ma chere Fany
Ndagukeje komezuterimbere nkumuziga ndabakunda mwubahwe cyane ❤❤
Ivyiza vyos bigutaheho madame KEZIMANA turagukunda cane
Congratulation to you❤❤❤❤❤❤❤❤
Félicitation fanny wacu
Congratulation maman lao wacu ndagkunda can
Number one courage ❤ nice mii pe 🙌💪💪
Naho bose bokuvak jew ndahariii nukriii knd urabiziii ❤❤❤
Ndabakunda cane❤❤❤🎉🎉🎉
Mes salutations et félicitations
❤❤❤❤❤ Fanny ndagukunda
Ivyiz bigutahire muvyawe nomubawe fafa et nono ndagukunda can
Ndabakunda caaane kuku mwigisha benshi
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉congratulations mama lao
Ryoherwa disii❤🎉🎉
Courage Fanny Lavine lmana ntanzigo igira. Tera ujimbere mugenzi.
Congratulations mama lao🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda can mwubahwe can
Maman la mama 😂😂❤❤❤❤❤nakupenda bure mamy
Iyonibutse imvugo mwavuzwe manawee nbaitegerez ukntu mumez numv amosozi atemb kumaso muri icitegererzo❤
Ukuntu mwakoze ikiganiro mutekereje rro biriko birantwenza😂
Courage Fanny ndagufana❤❤❤
Mama lao hejuru cne❤❤❤
Nubw nzosgar ndumwe nzgum ngufan fanny❤ ngkund nt bunebw
Nirasque ntiyumva neza ukuntu afise umugore mwiza nka faxine knd wincambwenge
Jew mbona vyamucanze
Nawe wabibonye nukur yani vyamucanz ntaritahura sha ndbakunda muvyumve singomb kumuns uhere ntabony post zanyu pe🎉🎉🎉🎉
Mukundana nkuwari past theogene na uwanyana asia bomugwanda .icambabaje ntibarambanye . Ndabipfuriza kurambana mumunezero nomumahoro ndabakunda ndi Aline
Ikikiganiro kiratesa fanny lavine urakunzwe uvyunve❤
Abantu banje nkunda lmana yaraye iditeturuye mumvugire.lmana
Norasque rero ukuntu yabay serious😂😂😂
Mama lawooo❤❤❤
Nono nkushimiy ukunt wishuy ng umwanya gk waj kw fanny bikenewe mais ngir commentaire ikiganir kitaraher 🫡🫡🫡wubahwee
Congratulation maman lao wanje ndagukunda raba ntiwikorane
Congrats fany
❤❤❤❤❤❤❤
Solution couple
Uyu munsi ko muvuga mutuje caane??nono we ari serious gose
Maman lawooo ❤
Mama lao ndagukeje cane
Mbakunda kanini❤❤🎉
Mubisanzwe baribashatse kuyiha Fanny kuko ntawundi yarigutsinda azwi jew mwabarya Bose uwonarinzi ni Landry na mona gusa abandi bwarubwambere ndababonye😂
Ndongeye kugukeza.none nkaba fanas udutegurira akahe ga surprise ko kurangiza umwaka was 2024.
Birimwiman vrmt ati 2025 niyanyu
Ikiganiro cose gihera ntwenga
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabikundira nukurikose
Umu chch wanje reo fafa ndanezerwa nuko umeze uruwigikundiro pe
Aho abana neza nabose yoba arifaranga kuko niryo rikundwa na bose
❤❤❤🎉🎉🎉
Mukomere bakunzi bacu
Ryoherwa cane neza banje
Abantu mukunda ibiganiro omario akoze mundemere twatuntu
Fanny tagaga nu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Norasque ko washavuye uyumunsi ???
Murekan nabavuga mwikorere musenga muzogera kure can ubu beshi inzigo irakaka
Courage
Turagukunda terinbere kibondo
❤❤🎉Yiyuvaneza.runyuzi.na.fanny🎉🎉❤
Congratulation maman lao wacu ndagkunda can
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 nanje birashimishije vyimbitse kandi umutambukanyi wawe nawe uhoraho ashishikare amwongerurukundo nokukwitaho muri vyose
Turagukunda terinbere kibondo