ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Thank y'all for your support 🙏
Ufise indirimbo zirimwo ubutumwa
Cane afise indirimbo ziryosh
umwami yesu ashimwe
Uhezagirwe my pastor
Imana ikomeze iguhezagire
Imana igume ihezagira
Pasteur Lopez ntubesha kumuziki wwe
Umukama abandanye aguhezagira
Iyi ndirimbo yamfashije, nayumvirije n fois ndi kurungendo rurenga 50km.Imana ibongerereze amavuta n'imigisha mukomeze mufeshe abandi kuyihimbaza
Vrt iyi song iratesa pe ifise message iryoshe kwumva😂🎉🎉 Nkunda uburyo ugir ihishurirwa ridasanzwe👌
🎉
Ndafashijwe man of God uri umugisha ku burundi mu gihe nkiki
Pasta urampzagiye cane Imana ikumpere umugisha
9h9😊
Bless u Pastor"ivyo birampigije🎻🎻
Kukugira ntivyicuzwaaa🎉🎉birampagij❤❤❤
Mpaka1000000000 vies mumpe like
I'm unable of reading this number. Fortunately I catch your message 😊We love this song from DR Congo 🇨🇩
N'indirimbo ntanuko urayisangiza abandi hama ngo tura liking your comment🤭🤭🤭
Ego. ahubwo mbere azokwiza nka 5md
Hejuru cane pastor nokuba twitwa abana bImana biraduhagije
Mumwanda mwinshi,mukwihebura niho yansanze. More anoited Lopez paster
Murakoze kunezereza umutima wanje,Imana ishishikare kongera ingabire mwahawe muragahezagirwa
Wow indirimb iryosh cane uhezagirwe cane pastor wacu
Amavuta ariko aratemba 💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Unejeje imitima yacu pe uzadusure i Rwanda 🇷🇼 kigali please
Very soon he will be there in this coming month get ready
Mumwanda mwishi niyo yasanze Aleluyaaaaaaa😂😂😂🎉🎉🎉Lopez Imana ikongere amavuta Chris Ndikumana yaraye akoze kuduha umurongo wawa Imana imuhezagire narinarahonvye kundirimbo za Barundi biwacu
imana ibahe imigisha mwarahezagiwe🙏🙏🙏🙏❤❤❤
IMANa iguhe umugisha ❤❤❤❤❤
Pastor Lopez mrciii kuri cadeau ya Noël uduhaye vrt God bless youu
Merci uratunezerej
Ndashima Imana,Kuko muri pasta Lopez Imana yasubiye kuduha vyabihe vya Dudu,Fabrice,Fortran,willy,appolinaire
Imana ikomez kugushoboza mukuduhezagira biciye mundirimbo
Pastor Lopez, uri umugisha twahawe n'Imana
Be blessed. Birampagije.Iyi ndirimbo yo guhimbaza Imana ni nziza.!!!❤
Birampagije yesu 🙏❤️
Wow, from Tanzania, I enjoy listening to your songs. Be blessed
Imana iguhezagir kandi ikongere inkomezi mur vyose
Birampagije Haleluyaaa Amen
Waoooooo birampagije kbx 👏👏
Urukundo unkunda rurahebuje Yesu 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
❤❤❤❤❤❤Pastor Lopez uzonatwica💃💃💃🕺🕺🕺💃💃💃👯🕺
Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌 Yesu weeeee warakoze caaaaaane
Ameeeeeen.Narababariwe.Murakoze cane mukudutiza amajambo meza ngo dushobore gushima Imana.Umugisha nagize nukumenya Yesu
Imana iguhe umugisha Paste
Sinkikeneye ikindi kimenyesto c'urukundo unkundaaa,,m'umwanda mwiinshi niho wansanze unyakira c'urukundo oooo My God
Kukugira n’Umugisha🥰
Birampagijeeee nukuri🎉🎉🎉Thanks our pasta we love you❤❤❤
Urumwe dufise mu Burundi👌👌👌 iyi niyo itwugariye umwaka. Karasukuye Pe💯💃
May God bless you pastor Lo, ubandanye uduhezagira
Kure canee pasteur niho twipfuza komugera ubandanye wegeranye imitima imenetse ubicishij mundirimbo ziryoshe zihumuriza imitima yabenshi
Mbga indirimbo iryosh 💃💃💃💃merci pastor 🙏God bless you
Hashimwe Imana yaduhaye Pastor Lopez murumugisha
Birampagije peeee!!!! My God bless you 👏 Notre Pasteur !!!
Nukuri ivyo Yesu yakoze cank yankoreye birahagije . ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uyu ni pasteur wanje mutambe mubizi😂😂....
❤❤❤Kukugira, birampagije unsumbira vyose Mwami Yesu
Kabisa nanjivyo birampagije❤❤❤❤
Oooo Yes kukugir nubutunzi, kukugir ntivyicuzwa . Oooh ouii nous pouvons le temoigner🔥🔥
Kuba watanze ikinege cawe Mana birampagije ♥️💪🔥
Pastor ropez kuva Kiri urumwizigwaa umpezagiraa 🎉❤
Oooooooooh m'y God Good job pasta ❤Imana igume ugucishamwo ibirenze🎉🎉🎉
Birahagije vrmt 🙌❤️
Biraduhagije peee🥳🥳🥳mu mwanda mwinshi niho yadusanz ntiyaduharurira ivyo twakoze atwakirana urukundo rwinshi🙏🙏🥳
Amazing song Nukr birampagij my pastor Imana igukomeze kur can niho nkwipfurij gushika Glory to God and God bless you🙌🙏🙏🙏
Yanyakiranye urukundo ❤
Amen Âmen amen Yesu weee warakoze🎉🎉🎉
Keep shining paster
Birampagije.@pastor Lopez nawewe kuba mu Burundi tugufise, ni ubutunzi bukomeye cane.Dusigaje ikibazo ca promotion nayahandi mu Burundi Gospel iri ku rwego rushimishije
❤❤❤❤birampagij is new song God bless you my pastor
Birampagije kabisa❤ keep up the goodwork my shepherd
Waouh 🎉🎉birampagije kuba watanze umwana waw kubwanje God bless you my pastor ❤❤❤🎉
Let’s Go 2024-2025🙌🏽 love my team
Halleluya ,Grace upon Grace ,Kristo arampagije🙌🤗
Oooh my God ❤❤Imana iguhezagire
Ivyo birampagije kbx
Imana ikomeze kugusukako amavuta menshi warahezagiw C L G hejuru can Ropez wubahw
Waooooo😢😢😢😢😢 @pastor Lopez ...Imana ishishikare kuguha amajambo yayo
My pastor ndagukunda . Kandi ndagukunda. Imana iguhe umugisha utagabanije usesekarizwe 10%
OlalalaImana ishimwe cane❤
Unyakirana urukundo Mana🙏🙏. Good son❤❤
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤my Jesus 🎉🎉🎉
Be blessed! Ndabakunda can❤🇧🇮
Amen balikiwa sana pasta
Pastor Lopez God bless you.
Indirimbo iryosh kuv itaranatangura Bravooo pastor Imana ishishikare iguhezagir I'm blessed by this your annointed song🎉🎉❤❤
Amen nukuri amaraso yaw niyoyanyogeje yesu haleruaaaaaaa
K kgr Burampagij🙏🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Lopez be blessed.Uriko urakora nabandi nibumvireho ! Iman ibande ikuja imbere
Amen amen
Turamukeneye i Burundi
May God lift you up my pastor, you're the blessed man i've ever seen👌👌👌
Wooow Uburundi turatunze peee😊 thank you kararyoshe and so anointed
Kuza kwawe Nikimenyetso cuko unkunda🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Ivyo birampagije Halleluah amen
Wow!!! mbega indirimbo nziza, it blesses me kweli
Oooh!! Glory to God 🙌🙌 Amazing song you're bless pastor
Abakunda uyumuhanzi nkanje mumpe like
Ibikogwa vyanyu ntanguye kwuvyumva mwiyimisi.nabakunze vrt Imana ibanzigamire
Ubikora bn turagukunda Lopez🎯💯❣️
AAAMEEEN MBEG'URUKUNDOinconditionnel !❤❤❤❤❤❤❤
Birampagije kuko Yesu arimurijew
Que Dieu Benisse son serviteur Lopez. Indimbo zirampezagira sana
Amen indeed 🙏🙏🙏 what a powerful song
God bless u pasta
Asha vyiza cane' iraduhezagiye
You are a blessing for the World, more anounting my Pastor
Birampagije🥳💃indirimbo nziza cane ifasha gutahura urukundo rw'Imana kuri twe😢🙇
❤
Amaraso yawe niy yanyogeje🙌🙌ameneee
Indirimbo yumwaka.umwami akomeze kubagura Kandi abasige amavuta adasanzwe🙌🏿🙌🏿🙌🏿❤
Thkuuuu pasta Lopez glory to God we are blessed to have u🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Thank y'all for your support 🙏
Ufise indirimbo zirimwo ubutumwa
Cane afise indirimbo ziryosh
umwami yesu ashimwe
Uhezagirwe my pastor
Imana ikomeze iguhezagire
Imana igume ihezagira
Pasteur Lopez ntubesha kumuziki wwe
Umukama abandanye aguhezagira
Iyi ndirimbo yamfashije, nayumvirije n fois ndi kurungendo rurenga 50km.
Imana ibongerereze amavuta n'imigisha mukomeze mufeshe abandi kuyihimbaza
Vrt iyi song iratesa pe ifise message iryoshe kwumva😂🎉🎉 Nkunda uburyo ugir ihishurirwa ridasanzwe👌
🎉
Ndafashijwe man of God uri umugisha ku burundi mu gihe nkiki
Pasta urampzagiye cane Imana ikumpere umugisha
9h9😊
Bless u Pastor"ivyo birampigije🎻🎻
Kukugira ntivyicuzwaaa🎉🎉birampagij❤❤❤
Mpaka1000000000 vies mumpe like
I'm unable of reading this number. Fortunately I catch your message 😊
We love this song from DR Congo 🇨🇩
N'indirimbo ntanuko urayisangiza abandi hama ngo tura liking your comment🤭🤭🤭
Ego. ahubwo mbere azokwiza nka 5md
Hejuru cane pastor nokuba twitwa abana bImana biraduhagije
Mumwanda mwinshi,mukwihebura niho yansanze. More anoited Lopez paster
Murakoze kunezereza umutima wanje,Imana ishishikare kongera ingabire mwahawe muragahezagirwa
Wow indirimb iryosh cane uhezagirwe cane pastor wacu
Amavuta ariko aratemba 💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Unejeje imitima yacu pe uzadusure i Rwanda 🇷🇼 kigali please
Very soon he will be there in this coming month get ready
Mumwanda mwishi niyo yasanze Aleluyaaaaaaa😂😂😂🎉🎉🎉
Lopez Imana ikongere amavuta Chris Ndikumana yaraye akoze kuduha umurongo wawa Imana imuhezagire narinarahonvye kundirimbo za Barundi biwacu
imana ibahe imigisha mwarahezagiwe🙏🙏🙏🙏❤❤❤
IMANa iguhe umugisha ❤❤❤❤❤
Pastor Lopez mrciii kuri cadeau ya Noël uduhaye vrt God bless youu
Merci uratunezerej
Ndashima Imana,Kuko muri pasta Lopez Imana yasubiye kuduha vyabihe vya Dudu,Fabrice,Fortran,willy,appolinaire
Imana ikomez kugushoboza mukuduhezagira biciye mundirimbo
Pastor Lopez, uri umugisha twahawe n'Imana
Be blessed.
Birampagije.
Iyi ndirimbo yo guhimbaza Imana ni nziza.!!!❤
Birampagije yesu 🙏❤️
Wow, from Tanzania, I enjoy listening to your songs. Be blessed
Imana iguhezagir kandi ikongere inkomezi mur vyose
Birampagije Haleluyaaa
Amen
Waoooooo birampagije kbx 👏👏
Urukundo unkunda rurahebuje Yesu 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
❤❤❤❤❤❤Pastor Lopez uzonatwica💃💃💃🕺🕺🕺💃💃💃👯🕺
Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌 Yesu weeeee warakoze caaaaaane
Ameeeeeen.
Narababariwe.
Murakoze cane mukudutiza amajambo meza ngo dushobore gushima Imana.
Umugisha nagize nukumenya Yesu
Imana iguhe umugisha Paste
Sinkikeneye ikindi kimenyesto c'urukundo unkundaaa,,m'umwanda mwiinshi niho wansanze unyakira c'urukundo oooo My God
Kukugira n’Umugisha🥰
Birampagijeeee nukuri🎉🎉🎉
Thanks our pasta we love you❤❤❤
Urumwe dufise mu Burundi👌👌👌 iyi niyo itwugariye umwaka. Karasukuye Pe💯💃
May God bless you pastor Lo, ubandanye uduhezagira
Kure canee pasteur niho twipfuza komugera ubandanye wegeranye imitima imenetse ubicishij mundirimbo ziryoshe zihumuriza imitima yabenshi
Mbga indirimbo iryosh 💃💃💃💃merci pastor 🙏God bless you
Hashimwe Imana yaduhaye Pastor Lopez murumugisha
Birampagije peeee!!!! My God bless you 👏 Notre Pasteur !!!
Nukuri ivyo Yesu yakoze cank yankoreye birahagije . ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uyu ni pasteur wanje mutambe mubizi😂😂....
❤❤❤Kukugira, birampagije unsumbira vyose Mwami Yesu
Kabisa nanjivyo birampagije❤❤❤❤
Oooo Yes kukugir nubutunzi, kukugir ntivyicuzwa . Oooh ouii nous pouvons le temoigner🔥🔥
Kuba watanze ikinege cawe Mana birampagije ♥️💪🔥
Pastor ropez kuva Kiri urumwizigwaa umpezagiraa 🎉❤
Oooooooooh m'y God Good job pasta ❤Imana igume ugucishamwo ibirenze🎉🎉🎉
Birahagije vrmt 🙌❤️
Biraduhagije peee🥳🥳🥳mu mwanda mwinshi niho yadusanz ntiyaduharurira ivyo twakoze atwakirana urukundo rwinshi🙏🙏🥳
Amazing song Nukr birampagij my pastor Imana igukomeze kur can niho nkwipfurij gushika Glory to God and God bless you🙌🙏🙏🙏
Yanyakiranye urukundo ❤
Amen Âmen amen Yesu weee warakoze🎉🎉🎉
Keep shining paster
Birampagije.@pastor Lopez nawewe kuba mu Burundi tugufise, ni ubutunzi bukomeye cane.Dusigaje ikibazo ca promotion nayahandi mu Burundi Gospel iri ku rwego rushimishije
❤❤❤❤birampagij is new song God bless you my pastor
Birampagije kabisa❤ keep up the goodwork my shepherd
Waouh 🎉🎉birampagije kuba watanze umwana waw kubwanje God bless you my pastor ❤❤❤🎉
Let’s Go 2024-2025🙌🏽 love my team
Halleluya ,Grace upon Grace ,Kristo arampagije🙌🤗
Oooh my God ❤❤Imana iguhezagire
Ivyo birampagije kbx
Imana ikomeze kugusukako amavuta menshi warahezagiw C L G hejuru can Ropez wubahw
Waooooo😢😢😢😢😢 @pastor Lopez ...Imana ishishikare kuguha amajambo yayo
My pastor ndagukunda . Kandi ndagukunda. Imana iguhe umugisha utagabanije usesekarizwe 10%
Olalala
Imana ishimwe cane❤
Unyakirana urukundo Mana🙏🙏. Good son❤❤
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤my Jesus 🎉🎉🎉
Be blessed! Ndabakunda can❤🇧🇮
Amen balikiwa sana pasta
Pastor Lopez God bless you.
Indirimbo iryosh kuv itaranatangura Bravooo pastor Imana ishishikare iguhezagir I'm blessed by this your annointed song🎉🎉❤❤
Amen nukuri amaraso yaw niyoyanyogeje yesu haleruaaaaaaa
K kgr Burampagij🙏🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Lopez be blessed.Uriko urakora nabandi nibumvireho ! Iman ibande ikuja imbere
Amen amen
Turamukeneye i Burundi
May God lift you up my pastor, you're the blessed man i've ever seen👌👌👌
Wooow Uburundi turatunze peee😊 thank you kararyoshe and so anointed
Kuza kwawe Nikimenyetso cuko unkunda🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Ivyo birampagije Halleluah amen
Wow!!! mbega indirimbo nziza, it blesses me kweli
Oooh!! Glory to God 🙌🙌 Amazing song you're bless pastor
Abakunda uyumuhanzi nkanje mumpe like
Ibikogwa vyanyu ntanguye kwuvyumva mwiyimisi.nabakunze vrt Imana ibanzigamire
Ubikora bn turagukunda Lopez🎯💯❣️
AAAMEEEN
MBEG'URUKUNDO
inconditionnel !❤❤❤❤❤❤❤