Hari abantu mwifuza Numero ya Isaac ya WhAtsApp niyi ngaha +257 62 785 637 , iyo ninshasha kuko irya numero imaze imisi ica muma VIDEO yabantu bo Mugatumba yarabaye Bloqué , ugaca usanga abantu bibagoye Mukumuronka bwana Isaac Classic, Niyo rero MURAKOZE.
Uwabony ko Afande ashoboy ampe like
Uyo anajuwa sana nampa point afise igipaji love for him🇧🇮
Nukuri urashoboye kandi urahanura
Isaac mwambie afanye collabo na Pierre Nkurikiye!!😂😂
Nakubali ngoja mimi Nika subscribe 🤣😂😅😅😂🤣
Nakubali afande
🎉Umupolice wambere muburundi afice umutimamwiza nuyumbonye nabandimumwigireko
Afande Brother K nakubali kabisa urashoboye
Eeeh uwomu police aratwemej nakomera kabisa turamutey intege
Thank you very much afande. May God guide you in that way. You are a big example for
Hari abantu mwifuza Numero ya Isaac ya WhAtsApp niyi ngaha +257 62 785 637 , iyo ninshasha kuko irya numero imaze imisi ica muma VIDEO yabantu bo Mugatumba yarabaye Bloqué , ugaca usanga abantu bibagoye Mukumuronka bwana Isaac Classic, Niyo rero MURAKOZE.
Isaac big up sana kuba unyeretse afande uyo ndamuzi murumonge yarahitinze cane murumonge 2017 -2018
Nice sana
Mmmmm uyu afande aranryoheye kbs nuwamberembony ntameze nkababand bagumabajinyitse bg upo sawa💕💕💕💕💕💕❤️
Acha weee hakhi najivunia kuw a murundi😂😂
Uyu afande ni social cyane kndi umu police nkuyu no mukazi aba afise ikinyabupfura #isaactv big up to your professional
Isaac promote afande brother k bro arashobonye ni j.woka
Oyaye ntukuri murampimbaye kweri sivyoroche kabisa ndamukunda sana
Hi my sister ? N afand brother k can you give me your whatsapp number? my is 68994703
Rumonge oyeee abemerako brother k
Un homme courtois
Biraryosheeee basha
Big up sana umunya Gitega wiwacu urashoboye sana
Yarakoreyemurumonge sana
Kudos Isaac ubikora neza
Afande mkali xn eee mnoma kbs
❤❤❤❤❤
Anaweza
Nakubali san
Courrage fande uterimbere
Uwagatatu niwe nyene hahahhhh ndakwemera kbsa
Aragragez
Big up sana ananikumbusha Wa police Wa South Africa
❤❤❤😂yubahwe❤😂c
Nic sn afande
Afande urashoboye
Nakubali
Yeeh ewana police ni sawa kabisa biraryoshe no muri police hariyo entertainment!! Yep from GTG city!! Salute mr Afande
Afande numwana yitekererej .eka aho yakorera Rumonge twaramukundaga yagiy tudashaka .hip pop itajengwa nawenye moyo.big up Sana .turagukumbuy Rumonge uzozanan na fizzo
All the way from south africa, nagukubali sana afande, imana igume ihezagira talent zawe, uruwambere
Good,ndagukunda,kanzi,ndakwemera,kuko,urashonoye,sana
AFANDE mbona ashoboye 🤝🤝🤝🤝
Afande wallah anakiwakilisha ni🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✔✔✔
Uyu nawe ararenze p
Big up afand ky
Jamani,afande anaweza kabisa
Anawez san
Mbega afande we big up san sinkababand usanga bajinyitse bur munot muhuy
Kbs
Komerezaho turabakurikirana
Police mwimbaji ee nipoa sana
Isaac Tv number one Bj
Thanks sana
Afande wa grave!!!! Respect to you!!!
Komera kaka mukazi kawe utugezaho amakuru ashushe 👍👍
Big up police igihugu cateye imbere vrm
courrage afande unaweza😍😍
Isaac nawe ugiye ahantu ntubugenzwa nakamwe,,Big up Afande,,Isaac natwe tukuri inyuma guma udusugumira bishasha
Uyu police anatisha bgp🇸🇦🇸🇦🇸🇦from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮piga kelele
Umeona eeh mie pia niko suudia
Ndakwemey cyane !!!
Respect for this gentleman. 👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼
Isaac ndakwemera uzana ibigezweho big up👍
Afande brother ky ni🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Komera kumutekano wabenegihigu numuziki urashoboy terimbere Sana man
Good job kbx📸🔥🔥
Isaac iyo chaine yuwo muri ko tutayibona ngo tumwihere ama sbcb
Komeza wangu
Acha weeeee😂😂😂uyu mu polic ni 🔥🔥🔥🔥
iyo i ngozi niwacu kabisa , Nice video!
Uw mu police nuwomurumonge
Uyu Mu Police 👮♀️ Abo Bikorana ndakeka ko Bamukunda cane kabisa nanje ndamukunda
👍👍👍👍
Arashoboye
Tv isaac ni 🔥🔥🔥🔥🔥🔥kazi nzuri kaka
Ndarengew kwer sinarinz ko ivy vyoshobok afand courage kbx urashoboy
Kbx urashoboye courage
🤣🤣🤣 5: 41min ngo fatabatayo.... very funny.
Afande
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kbs aratwemej🔥🔥🔥
Komera
Ndabona ibintu ari 🔥🔥 terimbere Isaac TV
Isaac ndakwemera utuzanira udusha
Big up afande ky 🤣🤣🤣🤣🤣
Isaac number yangu ni whatsap ni 75837073! Nitafute kuna tukio!!
Basha sintevye tayari subscribe nayihejj hahahh
Waoooo 🇧🇮🤜🤛
Afande big up
Ko bitoroshe daa
Big up afande brother kay
Anaweza kwa kwel
Reka ndamu Subscrib kabisaa ✌️
Yeah baba
Ndasavye akanamba kuyomuporisi good
Arashoboye cane vraiment!
Nic one
Iyo 🤣🤣 afande uko poa kwer big bro 🤩🤩
Wowww police uratwemeje
Bip up sana Mr Afande, Big Up sana to Usaac
Mamboo mbaya,😆😆😂😂🔥🔥🔥🔥👌
Terimbere burundi
Afande Sinkubesha uranyemeje kabisa. Ngira ndondere channel yawe Imbe umu abone wawe from Vyerwa vy,IMANA
Kweli umuporisi nkuyo umusanga hake wumu no stress
Wallah ntubeshe igidigir nyamwishi ni ba kavyonzi
Courage sn Isaac tv💪
Bro nakubari
Waoooh!😍👌🙏
Afande nakubali kbsa saaaaaaaaaaaaaaaaana
Eee Afande ndake arashoboye😂😂😂😅😅😅