Umugore yirirwa arakubwitwa n’umugabo yamara ngo yubatse neza🤔/ku bantu batutse Happy/arababwiye pe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • #sirenvibestv #divorce

ความคิดเห็น • 43

  • @bsninja3889
    @bsninja3889 10 หลายเดือนก่อน +2

    Nukuri ndakunda ibiganiro vyanyu. Ça fait plus de 20 ans ndi muri suisse.
    Naravanye n'umugabo ariko ic'abana tugihurirako. Sinashaka ko biba kuko urukundo nararubonye kubavyeyi banje.
    Bref chacun sa croix. Ntakiba par hasard.
    Muryoherwe❤
    Bises

  • @jojo-ms9yo
    @jojo-ms9yo 10 หลายเดือนก่อน +3

    Inès uvuze ukuri kwinshi Imana Iguhezagire Iguhe inguvu na Mutima Mweranda wo kubandanya uvuga atakurya umunwa ''ukuri'' gucuramye kuri muri société burundaise.❤

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 10 หลายเดือนก่อน +10

    Abakenyezi benshi babayeho ubuzima nkubwa bougie 🕯️, itanga umuco ku bandi nayo iriko irashira iyonga😢😢

  • @soniakamutako7234
    @soniakamutako7234 10 หลายเดือนก่อน +4

    Mercii beaucoup Hosy na Inès kuriyi émission nziza.aba dames turakwiye kwikunda gose kuko uko muvuze turi sacrifia kubandi hama iyo abana bakuze bakaja kugira mariage cank batanguye kuja mubagenzi urunva utigeze wikunda utangura kunva ko abana batariko barakwishura urukundo wabahaye nabo abana baba batanguye ubuzima bwabo.muga iyo umu dame yikunze agakunda abandi après iyo bibaye uko iyo yakujije par exemple abana bagiye nawe abandanya yikunda ukamubona ko ari épanouie. Alors les dames ingo twikunde.

  • @olinahakizimana8246
    @olinahakizimana8246 10 หลายเดือนก่อน

    Emission iryoshe caane merci kuri mwese! Ndibuka ko Ines harico namwigiyeko kindi ahantu twahuriye, mwijambo yashikirije, naciye ndagikora Kandi nzi neza yuko kizomfasha muri kazoza buhoro buhoro🎉🎉🎉
    Imana iduhe kugira Ubuntu nabwo budutere kobona Ubuntu mu bandi!

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 10 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy ukora ibiganiro vyiza personnellement ndabikunda ariko iyo watumiye umuntu gerageza ubaze ibibazo nawe akwishure. C'est vrai urashobora kuba ubukeneye gushikiriza ivyiyumviro sur le sujet dans ce cas ucuraba ukagira ikiganiro uri umu invité ukabishikiriza.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 10 หลายเดือนก่อน +3

    Sh Hosy umuntu wes atahur ibintu uk ashaka arik iconzi nuk ibiganiro vya Siren Vibes vyubaka caaane vrm

  • @joellekwizerza2461
    @joellekwizerza2461 10 หลายเดือนก่อน

    Inès avuze neza ukuri kuriho turizeye ko abagabo n'abagore bacumvirije kibigishije. Hama uwugututse burya aba afise ingorane ziruta izo ufise kandi vyerekana uko yarezwe. Bravo abaciye ubwenge batahuye.

  • @yollandenicimpaye3705
    @yollandenicimpaye3705 10 หลายเดือนก่อน

    Sha Hosy turagukunda ariko kuberiki muguma muzana ivya divorce hirya yejo umugabo tuzopfa akantu qui kwihangana nce niyumvira ingene abandi bagore babigenje muri make umugore wubweng.yubaka urugo gwiwe kandi akiga gufuka umugabo atamusamburiyeko.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 10 หลายเดือนก่อน +1

    Basha nukur Urugo ruragooooye cane pe Urugo nikintu kiri secret kand vrm buriy mba numva bigoye pe

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 10 หลายเดือนก่อน

    Ukonukuri, mabuja,, wabitoye, jewe, nangiye, kare, ntararuha, nukubarera🇧🇮🌹turashobonye, kubarera, abana, bacu❤️😘🙏

  • @sandrineakimana7925
    @sandrineakimana7925 10 หลายเดือนก่อน

    Merci bcp hosy gutumira Inès .knd icavuze ningirakamaro ntamuntu atanga ico adafise mumutima .reo commentaires zababwir nabi ntizikabace intege ahubw zibakomez caaan❤

  • @zephyrinenizigiyimana
    @zephyrinenizigiyimana 10 หลายเดือนก่อน

    Merci kuriyo émission irubaka abakenyezi igakebura abakobwa bataruba.mwubahwe

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 10 หลายเดือนก่อน +2

    Uzokorane ikiganiro na Apôtre Isidore MBAYAHAGA kubijanye na divorce.

  • @godelievenindorera8219
    @godelievenindorera8219 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakunda ibiganiro vyanyu. Allez toujours de l'avant

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 10 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy umbarize madame Inès nkubu ufise umugabo akora akaronka amahera ariko ntakore na kimwe munshingano ziwe hama muma parole yiwe akakubwira ko yihenze ko yagutwaye aziko ufise cash uti mwicogihe wobibamwo gute?

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 10 หลายเดือนก่อน

    Ntibaze babace intege abo bavuga ngo mu promotinga divorce. Urazi abihatira kubidakunda harimwo nabahasiga ubuzima.

  • @NiyokindiSamuel-zh1mk
    @NiyokindiSamuel-zh1mk 10 หลายเดือนก่อน +1

    ntabwo nshigikiye abagabo bakubita abagore.Ariko babakubita bakoze iki?nk'umugore atuka umugabo kuri nyina wumva bimeze gut?

  • @soniakamutako7234
    @soniakamutako7234 10 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy wosaba permission Ines ukadusabira son mumero uzoba ukoze

  • @yollandenicimpaye3705
    @yollandenicimpaye3705 10 หลายเดือนก่อน

    Hama ivyo vyokuja mu ma groupe ya ma raison soc batwuzuriza am W.S.P bakarungika vyishi.

  • @EricNgendakumana-lj7rw
    @EricNgendakumana-lj7rw 10 หลายเดือนก่อน +1

    Turagukurikiran ngah omani

  • @charlottendayambajecharlot6475
    @charlottendayambajecharlot6475 10 หลายเดือนก่อน

    Mump iy link ninjir mur group

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ntore agatebe nanje nigane na hosy

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 10 หลายเดือนก่อน +1

    Avuze ukuri

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 10 หลายเดือนก่อน

    Ntawahukana abishaka nuko abatakundi ari bugire

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 10 หลายเดือนก่อน

    Vyiza mma🎉🎉🎉

  • @AlbansBans
    @AlbansBans 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy nivyo hariho abagabo bafata nabi abagore muga hariho na bagore batubaha abagabo nico mucibuke yaba bikunda hoje na bagabo bakavuga ivyabo kuko biriho kandi wosanga bisumba ivyo

  • @MemeIgiraneza
    @MemeIgiraneza 10 หลายเดือนก่อน

    Ndakunda ines caaane.

  • @BellaMUGISHA-im7nn
    @BellaMUGISHA-im7nn 10 หลายเดือนก่อน

    Merci sana madam Inès

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l 10 หลายเดือนก่อน

    Divorce nonurushe urayitanga

  • @nanananette031
    @nanananette031 10 หลายเดือนก่อน +3

    Urazi Hosy numva wotumira abagabo nabo bamerew nabi mu ruguro kubera abagore babo,kuko nabo barahari kandi ni benshi.
    Merci yari proposition.

    • @sarahfeni1866
      @sarahfeni1866 10 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂

    • @xenabizindavyi6414
      @xenabizindavyi6414 10 หลายเดือนก่อน +1

      Ikibazo abgabo bafise pride nyinshi.
      Ninde mugabo yoza kwiyemerera kur caméra ko abayeho nabi mu rugo😅😅

    • @raoulirakoze3031
      @raoulirakoze3031 10 หลายเดือนก่อน

      Kiranazira ntamugabo yovyubahuka😂😂😂😂

    • @Hunterdonyhn
      @Hunterdonyhn 10 หลายเดือนก่อน

      Umugabo naho afatwa nabi ntaborezwa igufa muga umugore araborezwa igufa

    • @josianendayizeye2707
      @josianendayizeye2707 10 หลายเดือนก่อน

      Basha hari abagabo bahohoterwa kurusha gukubitwa .narigeze kugira umubanyi yakubita umugabo.

  • @andrebizimana209
    @andrebizimana209 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy ikiganiro ni ciza ariko urakosora akantu. Utumiye umuntu uramuha umwanya akavuga ariko akeshi uramuciramwo ukagira comment canke jugement.... Uramubaza ukamureka neza agasigura. Ako karacahaze vraiment

  • @inesbigirimana867
    @inesbigirimana867 10 หลายเดือนก่อน

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 10 หลายเดือนก่อน

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 10 หลายเดือนก่อน

    Mwarabuze abantu bubatse mwotumira ?? Mwizanira ibicanvyaro abananiranye nabagabo ,abaniniwe kwubaka ,Ariko ntibatangaje Na Hosy nigicanvyaro cigisubira muhira niyompanvu akunda abatumire nkabo