Amarira yuzuye agahinda kenshi niyo yaranze Kirikou / atubwiye ubuzima yabayemwo atarahura na Fizzo
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 มี.ค. 2020
- Kirikou n'umwana muto afise impano idasanzwe ari muri Label ya #BantuBwoy.
Ubuzima yakuriyemwo imbere yuko ahura na Mugani Désire a.k.a Big Fizzo nibwo yariko aratwiganira amarira aramwankira
Uyu mwana n'impano idasanzwe Uburundi🇧🇮 bwahawe. Ukaba utarabona iyi ndirimbo yiwe #Mystory fyonda kuriyi Link 👇👇 wiyumvire nawe ubuzima bubi uyu mwana yabayemwo mw'ibarabara
My story's link : • Kirikou Akili - My Sto...
Dushigikire #Kirikou_Akili tumwibagize ubuzima butari bwiza yabayemwo🙏
Turabasaba gusiga comment zanyu... mwibuke no kuraba muri description twahashize link ya My story... mubandanye muyiraba iduze ama views, tumutere intege umwana wacu
Mwanaum nikuvumiria kirikou Nino miri Kenya turabakurikurana
Siren Vibes TV ihangane petit yangu twese nuko twabayeho papa
@@pilotemusore3575 , kbsa nikuvumiliy tu Mungu hamtupi mjaa wake siku zote
Hosy naw vyanse kowigumya wllh! Courage à Kirikou le petit ambitieux
😂😂
Imana imuje imbere tuzoguma tumusengera agumane iyo ndero Maman y'a muhaye uyo mwana arafise impano n nukuri kdi ico ndamukukundira arubaha cane kirikou Ndiho akuje imbere Nico numva nogusabira kdi ND sur wewe uzotera imbere gose
Mana weee😭😭😭😭 Iyi interview inteye kurira kabisa🙏 Hozzy turagukunda ntituzigera tukuva inyuma ngo tureke kugushigikira! Gusa Hozzy nawe nabonyeko vyagukoze kumutima biragutera ikigongwe Kirikou ariko ararira. Hozzy ndagukunze cane urafise umutima wikivyeyi!Hama Kirikou bro ihangane wangu ivyabaye vyaranse ntakundi kandi Imana ibandanye kuguha kuvyakira ❤️❤️❤️🙏
Urakoze nawe
Hosy Irakoze Urakoze gushima 🙏❤️❤️
Shaaa abantu nibabii kabisaa gusaa uribukaa nawe uzopfume ufashumuntumwee kibondoo vrmnt icomaze kukubonako urubahaa caaanee Imana iwongerinkomeziii
J'ai pleuré comme si c'était moi 😭😭😭 En tout cas tu traverses des moments difficiles en ce moment mais sache que ta mère veuille sur toi jour et nuit tu dois aller de l'avant et combattre pour ton avenir comme ça elle sera fière de toi de là où elle!!! Je te souhaite le meilleur
Pole sana mon pt frr Kirikou ivyakubayek vyose wari umugambi w'Imana kugra ushik aho ugez unomus mbere ukomez gutera imbere.Ndagusgima k wibuka iyo wavuye
Pole sana kaka mungu akupe moyo
Hozi songa mbele 🇧🇮🙏❤️
Kirikou weee😭😭😭😭😭
IMANA ikomez kuguhezagira u have a bright future
Ndagukunda😭😍❤
Ooooh Imana ije imbere uyu mujeune. Arafise ubwenge muvyo avuga
Merci kukiganiro mudushikirij .kirikou pore sana mungu ni mungu uzotangaza benshi kuk Imana igufiseko umugambi .arik abantu mukoresha ibiganiro kirikou muze muragabanya ibibazo kuk acari muto biramubabaz cane.murakoze!
Pole ncuti imana ikomeze kukuba hafi iguhohoze amarira ikuvure ibikomere vyomubuto bwawe
Man kirikou ararenz ndamwemera all way from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Kirikou komera umugabo ntarira kandi ubuzima Rimwe narimwe tubunyuramo kugira butubere icigwa Gusa iteka uzurashimira Imana kandi uwakugiriye nabi ntuzomwifurize inabi ahubwo uzokwame ubasabira ikigongo
Ose irakoze Nawe tubandanya kubashimira kuvyo mubandanya mudushikiriza@Bon Ami live Canada 🇨🇦 from Burundi 🇧🇮
Yoooo pole sana kirikou Imana igukomez kandi jisimamie kama mwanaume 💪kandi nkunze kwukumviriza nkunda ukuntu wishurana ubwitonzi biranezera cane nagusabira maisha marefu 🙏🙏
Murakoze Siren Vibes tv kumutumire. Urakoze nawe Hosy kukiganiro ciza mudushikirije. Kirikou turamwipfutiza kugera kure hashoboka kugira aze ashike kundoto ziwe. Bwari ubuzima bugoye kandi bubabaje ariko Imana yabanye nawe kandi izokwamana nawe.
Nukubandanya tumushigikira
Kirikou pole Sana. Mungu ndooo tegemeyo lako. Mengi mema yiko njiani. Ongela mwana-ngu
Pôle sana mwana Imana ninziza knd imbere niheza
Osy courage uriko urakora neza cane, pole sana Kirikou
Oooooo love kilikuu ndi umunyarwanda Ariko uwomuhungu ndamukunda Cyannee
Cette émission est très émouvante.Hosy wavyifashemwo neza kuko najew nakoroye amosozi ,burya urinze ubona umwana wumuhungu arize nuko aba yarababaye caane.Pole sane muhungu mwiza ,Imana ntirenganya izoguhoza amarira yose warize.
Urakoze cane sha
Pole sana Kirikou 😢😢😭😭
Pole...birashika nimwisi imana yabanye nawe mumu handa izakomeza ibane nawe
Imana ikomeze kumucira inzira. Ejo ni heza.
Poleni kaka wetu Iman yabony ikiberey ariko uzabaho
Ndakunda. Uyumukobwa.cane.ndasavye.nime.yiwe
bro kiriku pol sana bibaho mubuzima Imana izoguhoza
M'y God kilikou arariz nanj ncandarira wihangan mwana wnje Iman igufita kumugambi
Kirikou numwana mwiza cane arashoboye p.kimwe tubasabe banyamakuru mukunda kumuganiriza be mureka kumwibutsa keenshi kuri kahise kiwe p kuko biramubabaza sana kandi bigatuma bimwibutsa vyishi.co tumwetezeko kirikou niciza p muri kazoza kiwe
Ivyo nukur nibaz barek kuj kukahis kiw
Nimba waravye indirimbo yiwe my Story uraza gutahura ko tutamusubije muri kahise ahubwo ivyo twamubajije nivyo yivugiye mu ndirimbo
Imana irakubona kirikou umuntu iyo azi iyo yavuye aba azi iyaja
Pol Kirikou lmana irikumw namwe
afite akazoza Kandi Imana irahari izamuhoza amosozi
Dogo pole sana!!Imana igufiseko umugambi!tena u are Craver boy!! Kimw story yaw etey agahinda
Pôle sana kilikou, yakuremye irakubona
Imana niyo itumenyer ubuzim humura my brother
Komera muhungu muto kirikou ,gusa nanje urandijije sha ,ndakwipfuriza kugera kure wipfuza kandi uzobigeraho kuko Abantu nkamwe Imana irabitaho gusumba
Go foward bro Kiriku, imbere ni heza!
Jew ndagukunda kirikou Pole sana
Hosy turagukunda bimwe vyahatari muhezagirwe cane ugira ibiganiro vyiza
Ihangane mwana biragoye kuba urikwisi utagira mama nagahinda gakomeyesena uzoje umusabira InshaAllah nawe azogusabira ntamuvyeyi afa.courage mon fils 🥰
😭😭😭ihangane kahise gategura kazoza gusa birababaje tu
We ar so proud of you kirikou! And stay strong....✔
Pole sana petit kirikou twese twarakuz ata bavyeyi dufise gusa ikihari n'ukugira Imani ukizera Imana Irafise uko ibigenza maze ikagucira inzira aho utaziga .Voilà que Imana yqguhay abandi bavyeyi ari Famille Fizzo.Never give up my brother God is on control .
Et toi t'es une belle femme très émotionnelle uraz gukor ibikorwa vyawe neza.Ndagukunz
Pole Kirikou
Pole Sana Kaka yangu ,maisha anafanana na yangu kabisa , jikaze tu ndoto zako zitatimia
Sha ntakubeshe iyo song nararize ndayumvish
Kirikou imana irakubona nanje ivyo naciyemwo birarenze knd nubu ndacabirimwo arik ihangane nakitagira intango niherezo kaka yang jikaze mungu ayupo tena anajuwa matatizo yetu🙏🙏🙏🙏
Ooooh kirikou pole 🙌
Iyi ndirimbo yarandindije kirikou pol San imbere niheza
Très intelligent
Ihangane mwana lmana izoguhanagura amarira yose warize gusa ukomez gushira lmana imber uzobaho
Iyi interview irankoze k'umutima: l'artiste afise sensibilité nziza, avec umutima ukibabaye (vyumvikana ku kubura
Mama we), hama la journaliste afise respect na écoute nziza.
Kirikou ntawe nari nzi, 'my story' indirimbo nziza vrmt. Wiyumviriye tristesse Kirikou ariko arayandika ou ariko arayiririmba...
Burundi/Espoir 👊🏽❤️
Merci bcp🙏
Birababaje nukuri gusa wihangane kd ukomere
Zidi kumuwomba mungu katika imani yako ,mungu atakusaidiya
Pole sana kirikou Imana izogufashe mu bikorwa vyawe urashoboye cne big up sana Hosy
Murakoze
Man kiriki pole Sana abavyeyi benshi bameze uko Ni benshi natwe ubuzima bubi twara bubayemwo ariko were uraturusha!!! Kimwe gusa impanuro nkuha bandanya wiga vyose bizohera ivyurupfu narwo rurya abonze abarebare abagufi abonze abavyibushe abinzobe abirabura ihorere my bro
Hoys 😭😭😭😭ikiganiro kintey kurira yoo polee kirikuu😭😭
Umu Maman yemera ko umwana yangara mais nyene ,Maman yama ari Maman
Aaaanh😭😭😭..... Too emotional
The Boy is broken inside bt smart 🤐
Keep it up #Kirikou Imana ni rukundo ... Hosimana Asante sanaaa ugume utera imbere shaaa❤️❤️❤️
Sha nahondize naw wihange imana ikurakucavu ikicazanya nabakomeye kiliku ubandan ye munzira yokwizera imana nukuyuba vyishi vyiza birimumaboko yayo izabiguhash humura ncuti yanj
Iciza nuko uyumwana afise icizere,Imbere ni Heza
Pole xna Kirikou
Namw Abomuri Siren Merci xna nukuduteramisha
Birababaje kiriku imanikujimbere imbereniheza kibondo
Kiriku Man ndagushigikiy can bro nanj iyo life nayiciyemwo niga primaire troisième nabay umwana wikiyaga kubera ubuzima burya tw abana bimfuvyi Imana iratubona kdi iradukunda can.Ico nosaba abantu nuko mutofa nabi abana bomwibarara kuko nabo bifuza ubuzima bwiza.
Pole sana bro kirikou😭😭, Imaniriho
Nihatar KWER Iman kazim yakwibuts yooo
😭😭😭😭😢 kirikou waretse kundiza 😭
Imana igira naza ndakuzi cane pet
Dis undijije amarira natari niteguye , otherwise pore about mom may her soul rest in peace Love u thought it's my first time to see you but ur words are strong may ur actions much with ur words nice time to u dear beloved
Yooooo,unanifanya niliye😭courage sha kirikou,Imana ni se wimpfuvyi,izokugeza kuco yakuvuzeko
Osy courage ukor neza arik ngomba nkuhanure nkah ubony kirikou arik ararir nukubwir cameraman akazimy gat kk sivyiza kwerekan umunt arik ararira mukiganiro hama kirikou yihangane IMANA niwe muvyeyi wimpfuvyi
pole sanaa
Mbuzd icyo mvuga😷😷😷😷😷gusa komera musore mwiza Imana ishimwe ko wabinyuzemo amahoro iyabikurindiyemo iracyahari ntaho yagiye kdi izakugeza kure kdi bizahinduka amashimwe igihe uzaba ubireba naho uzaba ugeze kdi kugirango izahabu ibe kuriya ibanza kunyura muruganda komeza ujye imbere uri umunyabwenge cyane kdi uzagera kure @thanks siren vibes tv 💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜
Abantu twababuze abavyeyi ahatwarakubitiste sana
Pole sha me imbere ni heza.
Hosy mpore nae ndabon sentiment ni bcp
Pole sana dogo ndio maisha yalivyo...yote yatakwish Mungu mbele sisi nyuma
Zamureka kuza muramubaza ivyo bibazo amaze kubivug muma interviews menshi...
Hosy courage vrma ibiganiro vyawe ni special
My Story Nice Song Kirikou Numva Nciye Mukunda Sana
Utabaye mwibarabara , ntagwo wobitahura , I feel you bro 😭 nabubaye kuva mfite imya 3 but Imana yamye indinda.🙏📿
Imana ishimwe🙏🙏
Ndabakunda cyane
Imana ize ugufashe yongere ifashe na fizzo muze mutere imbere cane
ariko nibarize gatoya, izina real presenter wikiganiro nirihe , i lovee your interviews zirimo attitude yumunyamakuru warezwe safi kabisa !!
Hosy Irakoze
Ndakunda intervien za kirik asha nah nob nhomb nsinzir noheb itiro nkayikurikarana sha Iman ibandanye iguhezagira mwana wacu so hossy turakumbuy black g jay fire plz uzobarinder naband na rally joe
Mercii.. tuzobarondera vuba
Hossy big up, uwo muhungu ariko aratera imbere.
Ihangan kirikou iman irikumwenaw kand imbere niheza can ❤️❤️
Wallaī sinaribwakemera gsa vrt uraz gukora akaz kae neza
Hosy urakoze cane kuriyo interview na Kirikou. Utumye ndamumenya. Kirikou ufise impano n ishaka bidasanzwe. Imana ikomeze kubarinda. Mufise Ubuntu butuberakarorero cane. Merci beaucoup. Tubonye ko Kirikou yibuka abobose bamufashije. Vyerekana Ubuntu bwawe n urukundo. Komera.
Pole kaka
Hosy reka sha kubaz ngoyamwirukaniye iki nah bavuga ngumuvyey asa nuwund sha nihatr gusa impfumvyi tumenyan zahangaits kubuzim
Kirikou sinari nzi KO ari sérieux nkuko n'umugabo kabisa . Merci Osy kwiyo Interview, Big UP Siren vibes Tv
Merci aussi
Ndasavye iyo ndirimbo
Imana imuje imbere😪😭be strong boy😪😥
Najikuta naliya liya kila nikiskiy story ya mdogo wangu Kirikou😢Mungu azidi kukusimamiya tuko nyuma yako
Pol san ❤🧡🇧🇮😍
Uwufise umutima wogutanga yotanga kuko aha kuriyisi rubako turarengana vyobavyiza tugiye turafashanya
Imana yagukuy hahandi ikwereka abandi bavyeyi niyo kandi izokugeza no kur vyabindi wipfuza. Ukomez wigumy sha.
Imana ikora ibihambaye niwihangane ikintu cose kiba imana iba ikiz
pole kiriku
Pole kirikou 😔🥺
Imana irakubona kirik ihangane 😭😭😭imana ikuje imbere🙏🙏
✌