Hi Juste, hew merci sana kur efforts zae mukutugezaho bishasha gusa kuntangamarara woza uragabanya kugira le fond du message igumeho ifise akanovera. Mercii
Hhhh mbe ko iza diamond muzumviriza ijoro numutaga kandi aribishegu??? iza olgue niwe mwarikupfunga gikuru nuko yovuga ukuri,gusa imvuga kuri nizo zipfungwa we courage ni music yawe hama iti uzobaza?imbere yogusohora umuziki????namba ata talent ufise???Hama fizo big up saaana gikuru nurukundo Muri music OK 😎
Muri entertainment nta Limite kandi olegue yaririmvy une vie réelle. Abakobwa barigurisha shantu hose bitatayeho imico. Ikindi Fizzo yararirimvye ça casse les oreilles plus que . So, nibaza ko olegue atofatwa nkimutandero
Nashaka mutegure séminaire nk'iyi mugabo ya EAC mutumire Diamond-Ali Kiba-Harmonize-Meddy- The Ben-King James-King Kaka-Otile-Brown-Papa Jones n'abaganda Bahuriremwo n'abaririmvyi bose b'abarundi batubwire uko bo babikoze
Nafwatilia kimakini mugani ameongea kama wanaume10 inafaa ivo kabisa Niko Kenya kila kinachotokea nakifwatilia naitwa Manirakiza Melance mvuka iburundi Rumonge Karonda namukubali Big FlZZo myaka10
Mugani urababereye imboneza koko manch Respect 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Merci kuri organisation yiyo seminaire, ça montre ko watembeye umaze kubona vyinshi, so courage Fizzo ...! Echange nziza cane!!
Hama mu kazi urukundo rube professionalisme!! Kuko urukundo ruzana ibintu vyamasentiments
soooo habe guha agaciro igikorwa cabaririmvyi bose!
Professionalisme na patriotisme izozamura aba artistes n'igihugu !
Courage courag Farious, uri mu nzira nziza!!
Big fizzo icyuvuze nikokuri dushire hamwe dukund,ivyiwacu tureke gucinyiza ivyiwacu nabarundi dushigikirane🇿🇦🇿🇦
Bien dit Mr Fizzo&Romeo!ariko iyo salle yari kwuzura haba hariho urukundo hagati yabasani biwacu🇧🇮♥️ from 🇺🇸
King Big Fizzo umutima ufise wokukuza Umusic Ndundi , Imana ikufashe ico ushaka uzokishikeko kuko ufise Inguvu yuko Music y' Uburundi haraho wogera . 🙏🙏🙏🙏
Kidum arafise 1 Million views ku ndirimbo yiwe na Esther Nish. Courage bavandimwe 👏🏾
Respect my bro big fizzo I like u man
Dukunde ivyacu🇧🇮 niho tuzotera imbere. Aba Dj 🇧🇮 benshi barateye isoni ivyo bakora!! Ntakindi gihugu kw isi uzobisangamwo, bikebuke 2021 nimba bakunda igihugu
Big fizzo ndakwemera kwel ❤❤💋🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💃💃💃💪💪💪💪
Yooooooo courage basaza bigihugu mukomeze guterimbere💯💯💯💯💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦♥️♥️♥️♥️♥️🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💸💸💸💸💸💸💸
Hi Juste, hew merci sana kur efforts zae mukutugezaho bishasha gusa kuntangamarara woza uragabanya kugira le fond du message igumeho ifise akanovera. Mercii
Big Fizzo ni talent kabisa !!! 👌👌👌👏
Hhhh mbe ko iza diamond muzumviriza ijoro numutaga kandi aribishegu??? iza olgue niwe mwarikupfunga gikuru nuko yovuga ukuri,gusa imvuga kuri nizo zipfungwa we courage ni music yawe hama iti uzobaza?imbere yogusohora umuziki????namba ata talent ufise???Hama fizo big up saaana gikuru nurukundo Muri music OK 😎
Bravo pour l'initiative de Bantu Bwoy👌
Big Fizzo Respect 💪🙏Musaza ufise ukuri nka B-Face icakoze iyobose bokwirikije izompanuro nurukundo umuziki ndundi woterimbere peee
Umu vugizi wambere avuze iterambere ryatwese ✌️👌🤛👊👏👏🤝
Abarundi tugiyehamwe turashoboye kanditwoteza igihugucacu imbere respect mugani nimubandanye uko
Ndashimiye intimbwe muriko muratera yo gukundisha abarundi ivyabo niyo ntango yiterambere big up bantubwoy keep fighting 🙏🙏🙏🙏🙏
Mugani respect uvuze vyo kbs💪
Thx fizzo unasema kweli inabidi amical iandae kitu kama ico ili wasani wote wafike.
Fizo nkukundira ko ufise ubwenge bwinshi kandi uvugisha ukuri kabisa bagutegere neza nukuri.
Bon ide mugani tuvemumajambo tujemubikogwa duhe colabo na sat B durest bantu boys ikoranenaband bartist muntumber yokugaragaz gwarukund
Haaaahaa olegue nafulai sana vrt nanje ndi wew indirimbo ikurikira noca sohoka clip irimwo abakobwa bambay imvutano nibiseke kugira uyo Roméo umwereke ko utari umunyamahanga nawe agaçant witera impuzu yigiti🤗🤗 wew guma wigira sha pti yangu ntiwumva ko ushitse aho ngo batigez bashika 😅😅😅😅😅
😅😁😅😁kweli
Erega music zawe fizo siza club!! pole sana
Ndunva amarira kubwa majambo yubwenke big fizzo avuze reka a barundi dukundane dushigikiranire tuduze ibendera ryi gihugu cacu
Mugani respect bcppp jah bless
ndashimiy can Remeo kumpanuro ahaye olegue, niyo
Uvuze nezaaa kizigenzaa🤜🤛
Asnte sana mugani avec Dabo mwubahwe vrm uko bakwita ukuri
Respct big fizz uvuz neza cne knd ikintu cakamaro
Kuma TV online yose n wewe ufise audio yumvikana ya B1 yumvikana 🙌🏾🙌🏾
Fizo nimvuga kuri vrt kuko icyishe umuziki wuburundi nukubura urukundo
Muri entertainment nta Limite kandi olegue yaririmvy une vie réelle. Abakobwa barigurisha shantu hose bitatayeho imico. Ikindi Fizzo yararirimvye ça casse les oreilles plus que . So, nibaza ko olegue atofatwa nkimutandero
Ikindi naco nuko akoresha aba kobwa badakwije imyaka 18 nivyo birimwo mubidasabwa namategeko
uravuz amajambo yinkora mutima vrmt
Seulema olegue azoze arashira abakobwa bakwij imyaka muma video yiwe sinon indirimbo yiwe is Dope. Korayo
Ubundi indirimbo numuco mwiza,nukudashira isoni ,naho indirimbo yokundwa nabajeunes benshi mais,il faut penser kubakuzee,harigihe ucumnga uririmvye kiadolescent,ubundi mu kirundi ukuri kwose ntikuvurwa,olegue indirimbo ziwe ziri très osés nka sa mère, ayumvirije,ndazi arumvako harimwo akarenze.
Kweli baba nakubali Nidushirehamwe twubake igihugu cacu kweli igihe nici
@2_MU
ntucikwe kuraba urukurikirane rwiyi Film SULTANA nziza caane yarekuwe na ca gihangange mumareresi ngaha iwacu muburundi MUGISHA ntucikwe
Ikibazo mu Burundi, ntikiri kuba musiciens, kiri ku baproducteurs kuko musicien akoresha agahogo, mais guhinyanyura umuziki biraba producteur!
Je doute kko aba producers dufise ngah bar doués Kandi cane
Stephen Slade Sha sibose, majorité n'abantu biforça ibintu kandi batabishoboye!
@@burundisgottalent2184 en meme temps guproduisa biragoye
Kuririmba ni don ariko guhinyayura uravyiga from scratch
Babwire Delegue
Fizzo uvuga neza uvuga ukuri.
Ijambo rikomeye cane. Abarundi turakwiye kwiga gufatana mumugongo ibihe vyose kandi muri demaines zose. Ntivyumvika ukuntu ata ndirimbo n'imwe y'Umurundi ifise 1.000.000 views
Bantu bwoy yakoze igikorwa ciza nukuri niyubahwe n'izindi management zihakure icigwa
Ama collabo mushakira hanze yigihugu ubwambere nimutangure gukorana ubwanyu hama nimwaja ahandi bazobona ko hagati yanyu mwunzubumwe hama babahe ayoma collabo bitagoranye
Hama umuntu ajaganya umuziki wuburundi cane ni sat b niwe yama mukavuyo agira umunwa woguponda abandi cane menga ntiyitahura ivyarimwo gupondana ntaho bizobageza uretse kwungubumwe
Nashaka mutegure séminaire nk'iyi mugabo ya EAC mutumire Diamond-Ali Kiba-Harmonize-Meddy- The Ben-King James-King Kaka-Otile-Brown-Papa Jones n'abaganda
Bahuriremwo n'abaririmvyi bose b'abarundi batubwire uko bo babikoze
Remeo respect 🙏
My Cry burundi why😭😕🔥
7:35 Very true
Bien dit
bantubwoy vraiment ni urutare.kore muserukire uburundi
Narmwo ndaba kuri akeza net live numva ndababay Sana bakunde ivyabo kuko ahintibacuranga ivyanyu
20:36 très bonne question...
Uvugavyo big fizzo ukurikurababaza
real talk🇧🇮🇧🇮💯
nakubari olegue
Olegue wowe uriregura uvuga umuziki wu Rwanda??🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Ngo saa moya??? Menya Boro zi Burundi
Batanze impanuro nziza cane. Gukundana, gufashanya, gushigikirana birakenewe kugira mutere imbere. ico naco cuko indirimbo uyumvisha nkabantu babiri canke batatu kirakenewe cane. Surtout ko nkibibazo bimwe bimwe nkivyo bishikira Olegue bidaheza ngo bizemwo. Akarorero biraboneka ko nka Fizzo, Sat B nabandi basohora indirimbo cane uravye na clippe zabo ntakanenge uzisangamwo kuva kera, ntibishinga ivyahandi. naho yosohorera muri wasafi ntazana ibintu vya Tanzania aramenya aho akorera
Respect mutama mugani
Olegue yatabuye umutima wa romeo vrm haja furahi sana
Nimureke ama beef nyene muzamure ibendera aba musicien hamw naba journalistes même les DJs
Vyiza cn big fizzo
Bantu Bwoy....yakoze igikorwa ciza...
Vive Bantu Boy
Ego vraiment ivyo avuga kwl turavyumva Ark nashiremwo amajmbo bita imbabarira matwi, knd amnye uko abitanga murupfasoni vraiment
Murabire 🇹🇿🇷🇼🇺🇬 uburyo imiziki yabi mumisi mike ibirikirarabwa cane kuk babikunda
Fizzo uvuz vyo rab muhindur ingend muvugan impand zos kd hamw mwogkor umuzik ndund witer imber
Umwana yankwa niwe akura #olegue go at thé top 🛫📉
OLG respect ✊
Burindi turacarinyuma mumuziki olegue aririmba neza kand umuntu aririmba icoyiyunvamwo kand ntakuntu wombwia ngo nta message olegue atanga message ashaka kand ninavyo bituma aronka views njewe mbona ataco bitwaye
None nyabaririmvyi bari bigezeho muburundi
Fizzo komera kwel
Mungu mbere
Mumpe izo like,mbayu wambere
Ivyo nimwabibandanya muzoterimbere mugirimibonano myinshi bituma muza murabonaho utunge turi
Romeo ivyuvuz c la pure verité kuel
Mugani uvuze neza nukur urukundo vrm nigwo rukuru hama ugurura mwena stb colabo yanyu turayishak
Soit fort et courageux
Olegue akarorero kundirimbo ya Natacha ivuga ngo inkoni est-ce que olegue iyo wumvurij iryandirimbo ntiwumva ko inkoni avuga ari ikindi kintu atovuga muga yashimy gushiramwo urupfasoni, Olegue kubaha no kubahirza ntibizokubaza kwubahwa ! Untahure neza
none olegue yubahutse iki, f** as
@@river7419 ja mundirimbo yiw korayo, ngo zademu turagura, mugih urudandazwa gwabantu azi ko naho vyoba biba bitmew namatgeko, nikndi iyo uriko ukoresha amajmbo yimitse bituma nababitegra baba attentiv kwivyo uvuga , umntu kwij indero acumva za demu turagura est -ce qu urumva ko io ndirimbo abagikney kuyumva ??
@@ygsa5009 ok noneho tangura u compose rero zawe ushiremwo imico ikuranga !!!
@@river7419 😅😁😅
@@happypa2027 yeah na compose alekane natwe aba fana ba olg !!!
🔥❤️
Umusaza ivyo avuze nivyo
olegue courage 100,imico hahahha.f**!!!
za demu!!
nabo nibo bayitamba mu ma club ,bomwitwarira gute!!!
Nimugede big fizzo abigishe bana bato
Hama oleg nawe narem, nsavye amubwiy vyo kko ivyo aririmb a Natacha arabirrimb Fizo Arabirrimba kubwivyo ubu bazobanza kumviriza 2 imbere yuko bagushirayo
Kweli baramubonera
Fizzo wubahwe xo urabakurira
Nafwatilia kimakini mugani ameongea kama wanaume10 inafaa ivo kabisa Niko Kenya kila kinachotokea nakifwatilia naitwa Manirakiza Melance mvuka iburundi Rumonge Karonda namukubali Big FlZZo myaka10
Romeo 🎩
Mr #romanticsounds ariheh???
Big fizzo wubahwe 🙏🏾🙏🏾
Uramuhenze ngo arazwi?kumenywa bisigura kuja hejuru yamategeko?reka guhenda uwo mwana.......naririmbe ivyubaka siciete burya burofa bwibishegu abureke
Kuki mwamana bifu kd mwese muhiga ubuzima gusa muburundi umuziki uracarinyuma
Big Fizzo uravuze amajambo yinkora mutima kweri nimukure amabifu kuko mwese muhiga ubuzima kweli
Muga fizz yashaje kwer gusa uvuzukur nkumusaza
Sinjobienu barundi bifu zaburofa atupendan sisi kwasisi
Diaspora Dubai + Challenge // Ubuzima Diaspora Babamwo I Dubai
th-cam.com/video/0xN3xKgYzIo/w-d-xo.html
Fizo komera Roméo impanuro nziza
MUGANI NUMUGABO,AVUGA MAKE ATASOBANUKIWE.MULAMWIZERA MUMUSABE UKO UKWIYE GUKORA NA BOSE.MUGANI YACIYE MUVYINSHI.NIWE YARURUHINJA KUBARIRIVYI BAKERA.ARIKO YARABUBASHE CANE.
Nimeona wengi sikuwa najuwa haswa!!wasanii
Ukonukuro uzuzematama fizz
lomeo umuhauye neza olegue
Fizo nawe urafise ikibazo cama bif kko ntakuntu wari gutora isanu komanda ngo nuko yakoranye na satura, ni mwige kuvugana ukuri hama mushigikirane
Kweli
Umukubito mukubitology
Unaongea ukweri big fizo
Komera mutama kurizonyigisho
Nivyo kwer avuze ukuri