Ibirori vyo gusezera Apôtre Apollinaire kugikorwa gishasha 2_Life Center_1.12.2019

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 14

  • @FlorenceUwimana-fu2rs
    @FlorenceUwimana-fu2rs 16 วันที่ผ่านมา

    Imana ibahe imigisha, mwarahezagiwe

  • @evaeva7701
    @evaeva7701 2 ปีที่แล้ว

    Imana ibahezagire bakozi b'Imana isumba vyose mukoze ivyananiye benshi

  • @mitterandblacky
    @mitterandblacky 2 ปีที่แล้ว

    Mukuri mwatubereye akarorero keza. Imanibahezagire Kandi Ibakomereze mubuntu bwayo.

  • @nsabimanasteve2790
    @nsabimanasteve2790 4 ปีที่แล้ว +4

    Bibere abandi akarorero ni kwagura igikogwa c'Imana, apana ngo bantwaye abantu...

  • @dianekaneza7311
    @dianekaneza7311 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana ihezagire abakozi b,Imana bose kuko baravyitwayemwo neza nkaba kristo nkabantu buzuye ijambo mumutima iyo hataba kwuzura ijambo mumutima ntivyokworoshe gutandukana imitima yabeshi yobabaye ariko kubera har ,Imana yabashigikiye mutandukanye neza nukuri ndabasabiye umugisha

  • @FlorenceUwimana-fu2rs
    @FlorenceUwimana-fu2rs 16 วันที่ผ่านมา

    Nintahe ikomeye cane,

  • @monyaaboalez3774
    @monyaaboalez3774 3 ปีที่แล้ว

    Ndumiwe kabisa IMANA ikomeze uyomutima wawe past nukuri ndagukunda cane gose

  • @nsengimanaeric2366
    @nsengimanaeric2366 4 ปีที่แล้ว +1

    Nukuiri nararengewe kubona ivco gikorwa mwakoze ejo niho nabuze ico mvuga Imana ibampezagirire caaane

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 4 ปีที่แล้ว

    Umwami Yesu abahezagire cane bakozi b’Imana mur’ico gikorwa co kwagura Ubwami bw’Umuco.
    Nanje nsavye Imana ngo ishaka ryayo riranguke muri mwempi 2.

    • @irakozefrancine4611
      @irakozefrancine4611 4 ปีที่แล้ว

      That is so touching. Muhezagigwe vyukuri murakatorero

  • @benonenshizirungu7053
    @benonenshizirungu7053 4 ปีที่แล้ว

    Imana yo mwijuru ibahezagire cane bakozi b'Imana. Mukoze igikorwa kidasanzwe!!!

  • @mukunzi3
    @mukunzi3 4 ปีที่แล้ว

    Yesu ashishikare kumujimbere.Ijambo ryayo rishishikare kugwira muriwe.amavuta yuwiteka ashishikare kumugaragarako

  • @nsabimanaisaac638
    @nsabimanaisaac638 2 ปีที่แล้ว

    Ntimwihamagay biraboneka uwabatumye abandany kuba shigikira

  • @liliuwitonze
    @liliuwitonze 4 ปีที่แล้ว

    Nivyiza kuba icitegererezo muvyo tuvuga bigahinduka ivyo dukora.Imana yo mwijuru ihezagire appolinaire na Marc nukuri muri inyangamugayo mubereye ubwami bw'Imana vyukuri