Respect Semavumba , ico kintu uvuze ku ma images ya RTNB nukuri nivyo ni television isigaye iteye nubwoba kuraba nibiririmbo vyo guhimbaza imana umenga nicagihe camagume barakwiye kwisubirako Aba jeunes nama nabivuze muritanga Drapeau y’uburundi kuri Miss Erica yarikwiye kujaho cane ahubwo bari kumuha n’ingabo zigihugu zimuherekeza Barakoze
SIMBIZI uri umu Patriote muzima, urazi des stratégies politiques. Burya ibihugu vyinshi barafise iyo politique yokunezereza abenegihugu mukubarinda guha amatwi abansi b'igihugu canke ngo abenegihugu bisuke muvya politique mukugwanya ubutegetsi bw'igihugu gutyo rero baha akanya aba artistes bagaha umunezero urenze abenegihugu. So kuba bagufise mumuziki ni ivyagaciro wabigiyemwo ukunda igihugu kandi uri umu Patriote. Ikibabaje bazomenya agaciro kawe mw'iyo muziki yabo uryamiye ukuboko kwabagabo. Big up sana!
bro respect 🙏 uvuz amajambo akomey cane
Nibyanyu😂😂😂
Umunyo.... Ndamwemera sana ndake 😂 ariko turagowe bazohava bamuroga aba haters
Simbizi ❤❤❤ndamukunda sana iyavuze avuga ijambo rizima
Uwo mujama araciye ubwenge Kbsa ✌️
Respect Semavumba , ico kintu uvuze ku ma images ya RTNB nukuri nivyo ni television isigaye iteye nubwoba kuraba nibiririmbo vyo guhimbaza imana umenga nicagihe camagume barakwiye kwisubirako
Aba jeunes nama nabivuze muritanga
Drapeau y’uburundi kuri Miss Erica yarikwiye kujaho cane ahubwo bari kumuha n’ingabo zigihugu zimuherekeza
Barakoze
Simbiz urabuze ukuru p ❤
N’umugabo w’ijambo vraiment 🤌🏼🤌🏼🤌🏼🤌🏼
Number twoo🥰🥰🥰
Ewe simbizi we kutarafungwa ariwe wubahuka cane abantu kumbe ntuzivyurimwo Nelly Nat nakazi nkuko kwiwae.kandi abeshe nukuca muja kuma TV kubibeshuza kuko ico kumuhana coco mucihorere nubutangane ntimuze murashiramwo.rega ibihugu vyose birafise abakora nka Nelly Nat ntabo bahana kuko nibwo buzima mwahisemwo bwokuvuga nimubimenyere.kandi ntabesha kwicana vyagwiriye mugihugu cacu ari Mana izohorera abayo
Ntako ka Sky hari igihe kavuga fo, gusa nciye nkumbura akajwi kiwe 😣 agware akira agaruke sha Notre sky star😎
Broskie n'ukuri abaririnvyi turabakunda Kandi caaaaane.Ariko n'ukuri idarapo n'iryincungu yigihugu.abasirikare 24:04 batanga ubuzima kubwanyu cokimwe naba police(ariko ryari rikwiy abukuri baba aba sirikare cnk abapolisi 24:21 bakorera abene gihugu bose igihugu)so ico nokubwira nuko idarapo n'uguheba ubuzima bwawe kubwabandi so ndakwemera ariko tuze turatandukanya ibintu
Kuvyukuri nkaje umu diaspol guhabanwa idrapo ryu burundi ndavyiyamirij kwer sivyo pe
Diaspol nukuvuga iki? Nagira ni diaspora...hama ww uvyiyamiriza nkande ga sha?barayimufutse mwihangane shaaa
Bazabibazwa ni mana😢 yomwijuru😢
😒😒😒
Number uno
Simbizi naho nzoba ndumwe 👊
Ndamukunze vraiment
Nanjeee🙌🏻
Je suis Nelly Nat 🙌♥️
Je nahora ngirango simbizi numuntu atagira ikintu yobwira abantu none biraryoheye
Simbizi akwiy kubumuhanuzipe
Mubisanzwe umuntu apfuye IMANA niyo Ib izi icamwishe.
Nelly avug ukuri ntimumurwanye murek avuge be na chimamanda simbizi nahoree
Ivyemezo vy'ukuri yavuze yakweretse ni ibihe!? Ko no mu bucamanza accusations sans preuves itemerwa!
nimugafungishe iryo shano
Jeho kangerahantu😂😂😂
Rieya jambk bahaye B face imbe ya presindent bari gufuma bariha SIMBIZI
Ngo aberanda! Reka, reka ivyo bintu bisiga ubwenge. Birekere ba nyenevyo.
Simbizi genda gahoro😂
Ivy nely nasimbiz rek ndindir😂😂❤
Msamuko kama njuga ya misso misondo
Diko nakumvise
Ntaho yoba kidumu cnk nde mureke ibintu ahubwo bizotuma tuba nibigugu ahubwo hari ibindi vyinshi mushobora gukora ariko tureke kurengera
Ndamukunda simbizi Mugabo ikikiganiro ntakintu kwli,ngo Nelly ntari vendable hhhhh non abandi rro kumbe baridandaza
Simbizi wubahwe
😂😂😂😂😂
Uwo mujama araciye ubwenge Kbsa ✌️