Abarundi basigaye batwika 🔥 neza neza nka abanyarwanda Ibi bintu byo gushaka amahera ku ngufu kugera no ku bituro ni bibi pe Mureke umukobwa mwiza aruhukire mu mahoro pe👏
Sasa bad boy, interview na mpanda ??? 😳😳😳😳 fasi y watu apo wamepumzika fasi y ma skitiko… We unaona Njo fasi yakutuonesheya upuuuzi wako. En plus Mko mnaongelea mtu amesha kufa 🤔🤔🤔🤔🤔🤔. Weye ni mutu wawapi???? Haujuwi ata dini gisi inasema ??? Sema w kwao il faut wakutafute ju Siyo vizuri ibyo unafanya
ego nkabo ngo nabantu bababagago ubweng ntimugir namba ub nyene mubon kivyo arivyiz nimumuvehejur yiryamire sha murisema namwebwe😢😢😢😢
Number one abaza inyuma mumpe like
Mweh mwarimugiy mubik
Voilà ingorane zubukene .
Musigaye muronderera mubitavye imana mukirigwa muyerera mumatongo kumpamvu yokubura ico mukora
Ico kiganiro nticari Kubera ngaho mwari kuja ahandi vraiment ibintu suko Vyari kugenda😢😢😢
Abarundi basigaye batwika 🔥 neza neza nka abanyarwanda
Ibi bintu byo gushaka amahera ku ngufu kugera no ku bituro ni bibi pe
Mureke umukobwa mwiza aruhukire mu mahoro pe👏
Nawew ngira barakuroze kabisa
Ako n'agasema!!! Abantu ntibagiha icubahiro nimva zabantu bakaja kujandajandirayo? Isi yaraheze kweli😢
Umuntu aritambukira abandi mukabigira show bize mukabivyaza umusaruro hasi hejuru
😭😭😭from Burundi lives in Cape town
😂😂😂😂😂😂 ahubwo umenga mwabuze ivyo mukora umuntu apfuye biba vyaheze muri mureka gushikuza
Nta soni mufise!
Murabona uwo mugabo ingene yegamiye ahategamirwa? Umuco, imigenzo vyagiye hehe?
Izombwa zija gukor Ivyo kumva yuwapfuye😢😢😢
Ahubwo barasara
Imbwa. Ni ww
😭😭😭😭
Uwomujama wishati itukura kumbe ni Legend kbs akwiriye Respect kbs 🙏🙏
Mumukurireko induru
Aho mw murakomey neza???
😢😢😢😢😢😢rip😢😢😢
Ibigugu ahogupfa biragwira aho Akes icokiganiro ubona carikibereye gukorerw ngaho vrt aho wibaza ko famille yabuze inezerwa nivyo wakoze wakirofa we
Ariko murakenyeye neza n'a neza musarire kumuhisi emwe wogirango muzorusimba pe twese niyonzira
Ngo mutwereke imva ukuntu ishajiji😂😂😂 abarundi kweri
Birabaje nukuri umuco waracitse nezaneza
Sasa bad boy, interview na mpanda ??? 😳😳😳😳 fasi y watu apo wamepumzika fasi y ma skitiko… We unaona Njo fasi yakutuonesheya upuuuzi wako. En plus Mko mnaongelea mtu amesha kufa 🤔🤔🤔🤔🤔🤔.
Weye ni mutu wawapi???? Haujuwi ata dini gisi inasema ??? Sema w kwao il faut wakutafute ju Siyo vizuri ibyo unafanya
😢😢😢😢😢😢😢😢
❤❤❤❤❤❤
Tupe Nampa sasimu
Mufta time mwnzererezi mwe mwagye gsuma urusaku to😢😢😢😢
Ahubwo nyen ntuzew ntibaheza
Akes ndakubaz ikintu catumy bahamburura sosok nigiki??
Mbe mwataye imitwe canke nivyo mugiye guhamurayo mureke yiruhukire amahoro mbe muraziko muriko mubabaza abiwe muhigayiki twereke ibiganiro
Mwakoranye akiri kwisi urwo rumogi ruzobashengeza
Aho cabakuy iyomuva nibitwe muja ngaho
😮😮😮😮😮😮
😢😢😢😢😢😢❤❤❤
Burya uwoja gukorera ikiganiro kumva yumuntu wawe wokwulva uryohewe? Iyo ninzara gusa
Non amashugw amazik igikur nuk yopf yizey
Wakaliti kumanyoko
Burya upfuye uba upfuye nyene. Birababaza cane
Muracamuharaye,rindira hahere ukwezi,nta numw azosubir kumuvuga
Urwo nurumogi mwahaze 😢😢
Sha muribigugu pe
Muri amase mwabinyamurobomwe
Nimureke Umuhisi wacu aruhukire mumahoro😢
Numiwepe
❤❤
😢😢😢😢😢😢😢😢😢
😢😢😢😢😢😢😢