ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ese ufasha congo abo uyoboye bafite iki sha Neva
Abarindi bafite ibabazo nuwo wasimbuye waramuhemukiye arko meese mwiyita abasenga . Inda Nini muyime amayira mubane ❤
Eva ndi ikigali murwanda ariko ngukunda cyane IMANA ige ibana nawe mugihugu uyoboye
Ubundi igisirikare cyuburundi cyitwa indagara , 😂 ibaze kubona indagara zihangara intare nawe byumve🤣 intare ihita iziyongobeza zose🤪💪💪💪💪
Iki kigabo.nikiryarya.
Mwagize neza gufasha Congo gusa nuko abo mwohereje bashiriye muntambara , kandi nikindi ko ntaho bishubije bambuwe nahamwe
Mugabo ivyo Président wu Burundi yishuye birumvikana Mbona yabikoze nezaMugabo y Burundi nu Rwanda birakwiy kwumvikana ama frontière akwunguruka Hama nimba harivyo basangira muri Congo bakarondera uko babisangira Abanyagihugu tukikorera business
Ntamakuru ufite😂😂😂😂
Hello 👋 Turanbiweagasunzuguro fatafaka 😂😂😂😂😂 and I hope
Ibintu byose ndayishimiye avuga ashyiramo ubugoryi na commedy. Ikintu avuga agashiramo ubwenge ni ikintu kimwe gusa, gukorana na benewabo b'interahamwe fdlr
Ukuntu ndayishimiye ari ikirogorogo ubu yibagiwe ibyo yavugiye ikinshasa ko azafasha urubyiruko rwa fdlr guhirika ubutegetsi bw'u Rwanda afatanije na kisekedi
Ibyo wavugiye Kishasa ushishikariza urwaruka rwu Rwanda gukurako ubutegetsi bwa Kagame, wabivuze kumutaga wanabishize mu bikorwa ariko irya ntambara ntuzoyitsinda urihenda kandi amakungu azoguhindukirana . Wifatanije n, abakoze ihonyabwoko nubu bakirikomeje mugabo ntibizokugwa amahoro mutama. Ushatse wobivamwo kuko n, abarundi bariko bapfirayo kubusa.
Iki kigabo nikigome ubu ibyo yavugiye ikinshasa aziko ko twabyibagiwe
Mwatwawe n agashavu ng u Rwanda rukorana na M23 , M23 igwanira iwabo, s Abanyamahanga Président,hanyuma muca mukorana na FDLR ha murikwegera murakinisha umuriro mwe l'ETA y'a cndd ,buca Amakungu abahindukirira kuko fdlryakoze ihonyabwoko mu Rwanda , ibaze nk ubu M23 yotsinda ntimubona ko l'ETA y Uburundi yoronka ibiibazo, politique yo mur aka karere niya kera ntavyo mwamenye irimwo code ikomeye irimwo ibihugu bikomeye kw isi kubera ubutunzii buri muri Congo! Sije nohahera muzoba Murabibona ivy Congo U Burundi mwabirabisha ijisho ntibibateranye n uRwanda n umutego nta kindi kuko Rwanda n Uburundi dufise ikibazo kimwe kituryanisha kuva kera kubera Congo ubwayo!
Nonese nimukorana kumugaragaro
Abo M 23 ifatira ku rugamba bose baratanga amakuru yuzuye wewe rero ntaco uhakana ivyo wavugiye Kishasa nivyo uriko urakora mugabo rindira gatoyi , ntibizoguhira mutama.
Ese ufasha congo abo uyoboye bafite iki sha Neva
Abarindi bafite ibabazo nuwo wasimbuye waramuhemukiye arko meese mwiyita abasenga . Inda Nini muyime amayira mubane ❤
Eva ndi ikigali murwanda ariko ngukunda cyane IMANA ige ibana nawe mugihugu uyoboye
Ubundi igisirikare cyuburundi cyitwa indagara , 😂 ibaze kubona indagara zihangara intare nawe byumve🤣 intare ihita iziyongobeza zose🤪💪💪💪💪
Iki kigabo.nikiryarya.
Mwagize neza gufasha Congo gusa nuko abo mwohereje bashiriye muntambara , kandi nikindi ko ntaho bishubije bambuwe nahamwe
Mugabo ivyo Président wu Burundi yishuye birumvikana
Mbona yabikoze neza
Mugabo y Burundi nu Rwanda birakwiy kwumvikana ama frontière akwunguruka Hama nimba harivyo basangira muri Congo bakarondera uko babisangira
Abanyagihugu tukikorera business