HARUMUNTU YITWA LAZARO.CHORALE YAMBERE NYAKABIGA (AUDIO)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Kurikirana INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV ubashe kugaburira Impwemu yawe ugire inkomezi
ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
Hallelujah !!!Data ahabwe icubahiro mw'izina rya Yesu kristo ahabwe icubahiro!!!!!🥹🙌🙏😭
Uwiteka abahire cyane, love from Rwanda
Mwagize neza kuduha iyo ndirimbo,wow
Imana ibongere amavuta❤❤❤❤❤
Yooo hallelujah umuco wera mwaje hageze kabisa
Amen Amen 😢😢Amen Amen
Imana ibahezagireindwara duhura nazo ntabwo arizo kutwica murakoze
Mukomere muri Yesu ,ntimunyiganyige.
Amen Amen 🙏
❤❤❤❤
Muhezagirwe n'Uhoraho muraririmba nkafashwa pe! Nca numva umengo ndiko nja mw'ijuru.
indirimbo nkunda cane.Imana ihezagire iyo chorale
Icyampa kumunsi w' amateka nkazaririmbana niyi choir🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤🎤☝️ mbwirira mugenzi wawe ati iyo ndwara siyo kukwica.
Imana ishishikar kubarindira mubuntu bwayo amen🙏🙏
Yesu Christo ntacerwa ahashikiye hose bigenda neza
Napenda Sana nyimbo hiyo mubarikuwe saana
Amen 🙏 🙏
Muririmba neza can
Yesu abahezagire kandi abongereze amavuta
Muhezagirwe cane
Ndayikunda iyo ndirimbo , bazoyikorere vidéoclip
Haleluya
💃
Amen
Soul lifting song!!
Imaniguhzagr
Turashakavideo,ya,razaro
Lazare iratwubaka cane