FANNY LAVINE Ati Ndicuza Impamvu Navanye Numugabo😭/CHIMAMANDA Yaransavye Ntitwahuza/UMUPFAKAZI S5EP4

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • #burundi , #fannylavineofficial , #libert , #nsoro

ความคิดเห็น • 83

  • @startv257.
    @startv257.  ปีที่แล้ว +7

    Kora Subscribe Nimba Vyashitse Ukaraba Kino Kiganiro Murakoze Imana Ibahezagire🙏🙏♥

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 ปีที่แล้ว +5

    Olalala mama lao Fanny lavine❤❤❤❤❤ ikiganiro cawe naho nob mfis ibintu bingana gt ntegerezw kukiraba , merci bcp star boy

  • @حمدالحميد-ف4ط
    @حمدالحميد-ف4ط ปีที่แล้ว

    Fani ndakunda ingene utishima Imana iguhe umugisha mwishi

  • @LiberineNgabireyimana
    @LiberineNgabireyimana ปีที่แล้ว

    Fany ndagukunda cane wirambire

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 ปีที่แล้ว +2

    Sha nukuri iyi émission iraryoheye wamubajije neza

  • @user-mc4tx2ym6v
    @user-mc4tx2ym6v ปีที่แล้ว +3

    Please 🙏 Fanny Muvyeyi 🤗 Uragarutse Kwitangaza Makuru Ga Muvyeyi mwiza 🙏 Ivyo Chimamanda yagusavy ntimwahuza Nibiki ? Please 🙏 Muze murakonsora izo Title Fanny wacu mutamuteza Chimamanda Izo Title je zirashisha

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 ปีที่แล้ว

      Nihatar nukur nabur kwivugir make fanny

    • @user-mc4tx2ym6v
      @user-mc4tx2ym6v ปีที่แล้ว

      @@emelynetuyishime6968 Itangaza makuru rirasambura PE!

  • @falesanewsaba9293
    @falesanewsaba9293 ปีที่แล้ว +1

    Fannyi jewe ndagukunda cane❤❤wirambire muvyeyi wewe ntabwunyegeza abana bawe iconico nagukundiye uvyumve

  • @niyonsabagenevieve6261
    @niyonsabagenevieve6261 5 หลายเดือนก่อน

    Ndagukunda mwiza fani

  • @darcybrilliantdushime6513
    @darcybrilliantdushime6513 ปีที่แล้ว +2

    Big Up Bro kukiganiro ciza Hama Fanny Courage

  • @BelyseB
    @BelyseB ปีที่แล้ว +3

    Yego shahu uvuze ukuri Fanny ❤

  • @JeanMarieNdikumana-kt7ci
    @JeanMarieNdikumana-kt7ci ปีที่แล้ว +3

    Number one maman Lao hejuru cane❤

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 ปีที่แล้ว +1

    Umukunz wanj Mamalao hejur Caan knd merci naw starboy

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 ปีที่แล้ว +2

    Fanny urakunzwe uvyunve🥰🥰🥰

  • @pppprty150
    @pppprty150 ปีที่แล้ว +1

    Pole, muvyeyi mwiza. Komeza wizer imana

  • @stitore2388
    @stitore2388 ปีที่แล้ว +3

    Yoooooooo ihangane fanny ntibibavyoroshe ariko komera kuko abagabo baragoye

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 ปีที่แล้ว +2

    Maze sha ugaca usa neuza n'umukobwa wawe 🥰🥰🥰🥰🥰🥰

    • @kanezasoso5878
      @kanezasoso5878 ปีที่แล้ว

      Ego Sha Nukr arasa numukobw wiwe ❤❤❤

  • @tokatoka2497
    @tokatoka2497 ปีที่แล้ว +2

    Star boy wubahwe ubaza neza

  • @nisabwedivine9822
    @nisabwedivine9822 ปีที่แล้ว +2

    Love you fanny

  • @chanyigiraneza4765
    @chanyigiraneza4765 ปีที่แล้ว +1

    Yeg mwiza wanje fanny uvuze ukur❤❤

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 ปีที่แล้ว +1

    Sawa turarindiriye umubanyi

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 ปีที่แล้ว +1

    Star boy urabaza neza vrment wubahwe

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 ปีที่แล้ว

    Courang star boy uterimbere mwana wama Mama lao ndakwikundira🙏🔥🥰💪🇧🇮❤️

  • @yvettekezakimana2969
    @yvettekezakimana2969 ปีที่แล้ว +2

    Ndiho yivange muvyawe mwiza wanje,Fanny lavine

  • @ancillecilla
    @ancillecilla ปีที่แล้ว +3

    Ubu uvuze ngo chimamannda ntazi😂ryari wari wavuz ko akuzi atovuga uwo atazi ni noma

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 ปีที่แล้ว

      Amuz kuk amubon kur you tube nn har ahand amuz knd ivy avug ury mugab sivy abon nivy abns ba fanny bamubwir rr kumwihakan cNk kumwemer nuburenganzir bwiwe

    • @ChachaChany
      @ChachaChany ปีที่แล้ว +1

      @@emelynetuyishime6968 Nuko mukundwa aho rero yagomb amusungareko

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 ปีที่แล้ว

    Neza cne gusa plz Fanny umupfakazi cnke umubanyi uzobitugumirize kuri you tub ❤❤🎉🎉

  • @jeaneniyonizeye787
    @jeaneniyonizeye787 ปีที่แล้ว

    Ukwonukuri fanny start boy curage mwubahwe cane ndabakunda cane nafanny

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 ปีที่แล้ว +1

    Naho naho mwirambire🇧🇮🇰🇪👍

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 ปีที่แล้ว +2

    Har,igihe ubamwo kuburyo n,abantu Bose batakubona🙈🙈✅
    Nikindi gihe IMANA igushiramwo abatakubona kera nabo bagatangura kukubona🙈✍️ rero nk,abana babantu biragoye kubona mugihe ciza uwutigeze akubona murivyabihe utabonwa na bose🙈🙈🙈
    Hagataho nubwo bitaba vyoroshe guma ku kivi mwiza wanje🥰
    Nivyigiciro kuba mwarasubije hamwe na Abel mukomerezeho
    IMANA ikomeze kubagiriera neza

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 ปีที่แล้ว +1

    Fanny courage 💪💪💪

  • @nkurunzizainnocent1525
    @nkurunzizainnocent1525 ปีที่แล้ว

    Kora umuti.

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh ปีที่แล้ว +1

    Mama lao🥰🥰🥰

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 ปีที่แล้ว +1

    Turabakunda🎉🎉🎉

  • @tyyuuwertyhh4875
    @tyyuuwertyhh4875 ปีที่แล้ว +1

    Turabakunda cane❤

  • @joselyneniyikigongwe276
    @joselyneniyikigongwe276 ปีที่แล้ว

    Ahoshahu bareke basare

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 ปีที่แล้ว

    Fanny ❤❤❤ Komeza uterimbere Shahu ❤

  • @jeaneniyonizeye787
    @jeaneniyonizeye787 ปีที่แล้ว

    Start boy ayomazi ndayashaka

  • @Innocentciza
    @Innocentciza ปีที่แล้ว

    Nice work

  • @nobellakampimbare-sb2dl
    @nobellakampimbare-sb2dl ปีที่แล้ว

    Fani ♥️♥️

  • @ChachaChany
    @ChachaChany ปีที่แล้ว

    I love you mama lao

  • @enokayofficial9496
    @enokayofficial9496 ปีที่แล้ว

    Courage star boy

    • @HdHd-tb6mk
      @HdHd-tb6mk ปีที่แล้ว

      Courage nct imana iguhezagire yongere ikwishimire

  • @fifi8701
    @fifi8701 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤

  • @jeanpierrentayagabiri4403
    @jeanpierrentayagabiri4403 ปีที่แล้ว

    Ndakwikundira sha Fany

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 ปีที่แล้ว

    Ati nkukunda abakobwa b inzobe nyinshi??? Wew ivy ubikurah🤷‍♀️niw wabaremye??

  • @asd-km3dm
    @asd-km3dm ปีที่แล้ว

    Fany wacuuuu

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 ปีที่แล้ว +2

    Ihangane disi ,Nguwizera umwana wumuntu aravumwe ,niyompamvu abotubaana nabo nnabantu sabamarayika

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 ปีที่แล้ว

    Ahwiiiiiii 😏😏😏😏😏😏😏😏

  • @user-kd4qr2iq7t
    @user-kd4qr2iq7t ปีที่แล้ว

    Ndabakunda

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว +1

    😮😮😮😮

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 ปีที่แล้ว

    Nihatarinyene Buryan ibintu biragoye

  • @nshimirimanaemmanueline3410
    @nshimirimanaemmanueline3410 ปีที่แล้ว

    Coorag kbs

  • @JeanneIrakoze-by3ho
    @JeanneIrakoze-by3ho ปีที่แล้ว

    ❤❤

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 ปีที่แล้ว

    ✌✌✌✌✌✌✌✌🔥🔥

  • @Nadia-et2nk
    @Nadia-et2nk ปีที่แล้ว

    Fanny courage gusa abagabo niko bari arik ntakundi

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 ปีที่แล้ว

    Mbe umugabo wawe ariho canke yarafuye

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️❤️🙏🙏

  • @dididivineofficho6080
    @dididivineofficho6080 ปีที่แล้ว

    😘😘😘😘

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹

  • @christophentakarutimana9134
    @christophentakarutimana9134 ปีที่แล้ว

    Introduction ikozww faux

  • @eida4124
    @eida4124 ปีที่แล้ว

    Faniy ndakwikundira kanini cane

  • @alinebellaniyogushima7020
    @alinebellaniyogushima7020 ปีที่แล้ว

    Fanny yambu nukuri nanje muzompe agashimwe kuko amazi kandi niyo yiwanje pe.

  • @jamela1114
    @jamela1114 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣😂🤣😂😂🤣🇧🇮

  • @raziarazia3277
    @raziarazia3277 ปีที่แล้ว

    Uzumubaze impamvu yimochuko

  • @ntirampebadarcy3515
    @ntirampebadarcy3515 ปีที่แล้ว +1

    😒😒😒😒

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 ปีที่แล้ว +2

    Eeeeeee,mutubwirire madudu adusugumire kwihangana turayinyotewe ntuzeweya 🥱😄

  • @anithabahimana-hp8en
    @anithabahimana-hp8en ปีที่แล้ว

    Ego ni meza cane ayo mazi kandi

  • @user-dr3hb4xt9g
    @user-dr3hb4xt9g ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤