💵 Kuronka Fbu bisaba kwitegura....

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ต.ค. 2023
  • 🎙️ Pierre Itangishaka mu C#ibitoke agira ati: "Twatanguye kuyora imicafu kugira tuzoronke aho bakura ibikoresho (matières premières) zo gukora ama #briquettes
    👏🏽 Nayo Thierry Niyukuri w'i #Bururi nawe ngo arashobora kudandaza ku kwezi ibiro 800 vy'ibiraya

ความคิดเห็น • 1

  • @nsavyimanaclovis-cv7in
    @nsavyimanaclovis-cv7in 9 หลายเดือนก่อน

    Urakwiye guhindura ukuntu ukora ibiganiro. Ukaza urabaza ibibazo umutumire wawe tukumva. Kuko ahumenga ariko arivugana. Hama ndagukunda cane