ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Biraryoshe nukuriAriko icotubasaba nkatwe turimumahanga nuko mwosubira kuyugurura tukaza turabumva nkuko vyahora muzoba mukoze. Kuko ubu ntitukubumva🙏🙏🙏
Kigingi you'd make me happy from europe
umwana wiwacu I kabarore. kabarore city😋😋😋😋😋😋😋😋😋🤣
Wirisoni 😅😅😅
Ewe kigingi uruwambere
Mana murabambere pe ndabakunda sana but tv
Igice ca 3: Urashaka Kumenya Uko Worwiza Amafaranga? 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻th-cam.com/video/SD0tkUpwPRI/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
Continuer comme ça 🤣👍👍👍👍
Birashushe🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣🤣🤣🤣noe nkaha ga kigingi wicaye neza utekanye uhora wibaz k ukomeye mumutwe??
Ndasavye ifoto yiwe kuri Noël 😂😂😂😂
Ubutumwa kuri Directeur wa bujafmAbanywanyi b'iradio yanyu ariyo yacu bujafm bari niteka ryo kubasaba kandi tutabategetse ko mwokora ibishoboka vyose radio buja fm isubire gusamirana biciye kuri www.bujafm.com
Vyagenze gute ko buja fm tutakiyumva mumakungu plz twabakunda cane
Ibijuju 2 vyahuy ndabakund san
azoza arasigako utuvuta...pilinari nkee😂😂😂😂
Washa
Abantu baba hanz y igihugu ntaco mwodufasha kuri web site twumviriz ibiganiro vyanyu?
Turashaka kuza turaba kandi twumviriza hits connection please muzoba mudufashij hama subscribe twarayigiz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 bandanya mutera imbere on social media good job 👍🏾
Biraryoshe nukuri
Ariko icotubasaba nkatwe turimumahanga nuko mwosubira kuyugurura tukaza turabumva nkuko vyahora muzoba mukoze. Kuko ubu ntitukubumva🙏🙏🙏
Kigingi you'd make me happy from europe
umwana wiwacu I kabarore. kabarore city😋😋😋😋😋😋😋😋😋🤣
Wirisoni 😅😅😅
Ewe kigingi uruwambere
Mana murabambere pe ndabakunda sana but tv
Igice ca 3: Urashaka Kumenya Uko Worwiza Amafaranga? 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻
th-cam.com/video/SD0tkUpwPRI/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
Continuer comme ça 🤣👍👍👍👍
Birashushe🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣🤣🤣🤣noe nkaha ga kigingi wicaye neza utekanye uhora wibaz k ukomeye mumutwe??
Ndasavye ifoto yiwe kuri Noël 😂😂😂😂
Ubutumwa kuri Directeur wa bujafm
Abanywanyi b'iradio yanyu ariyo yacu bujafm bari niteka ryo kubasaba kandi tutabategetse ko mwokora ibishoboka vyose radio buja fm isubire gusamirana biciye kuri www.bujafm.com