Yooo Gogo wanje. I give you a big hug. You are a strong woman. Urazi natwe abo muri famille baraturoze, bifata uwo tuvukana, bituma amashure agenda nabi.Nkawe twarirutse mubigira abavuga butumwa biranka. Imana yaraduhaye promesse ko azokira kandi izomugira uwukomeye. Ubu ico dukora dufata muri Kanguka gusa.Ça fait 10 ans. Ntivyoroshe nagato ariko Imana iraduha inkomezi ku musi ku musi. Tuzoshinga intahe un jour twese Gogo. Groos bisous
Gogo Gloria n’umukobwa w’imyaka 25 akaba afise ubumuga bwo kutabona. Yavutse abona nk’abandi bose ariko ageze ku myaka 20 niyo yisanga ari impumyi. Yahuye n’ibibazo vyinshi inyuma yo gutakaza kubona aza no gufatwa ku nguvu numu Apôtre bari bamutwayeko ngo amusengere🤦🏽♀️. Inkuru yose iri muri kino kiganiro. Ntiwagire gusangiza abandi iyi ntahe ya Gogo kumbure hari n’abandi yofasha🙏🏾 Umviriza indirimbo za Gogo Gloria uciye kuriyi link : th-cam.com/video/oG3_L9Q8Mb4/w-d-xo.html
Gogo Ntakinanira Imana uzakira mwiza. Uwomu pastol Imana izomuhana
Humura Gogo uzokira nukuri Imana izogukiza ndavyatuye Mwizina rya Yesu
Yooo Gogo wanje. I give you a big hug. You are a strong woman. Urazi natwe abo muri famille baraturoze, bifata uwo tuvukana, bituma amashure agenda nabi.Nkawe twarirutse mubigira abavuga butumwa biranka. Imana yaraduhaye promesse ko azokira kandi izomugira uwukomeye. Ubu ico dukora dufata muri Kanguka gusa.Ça fait 10 ans. Ntivyoroshe nagato ariko Imana iraduha inkomezi ku musi ku musi. Tuzoshinga intahe un jour twese Gogo.
Groos bisous
Wow!!!Gogo uririmba neza,Imana ishimwe koyaguhay gushikama,Imana izogutabar uzonger kubona neza.
Sister ndakwatuyeko gukira mwizina rya,Yesu Imana yo Mwijuru igutabare🙏🙏🙏
Uwagukoreye ikibi Imana izagire ikorwa azoze kugusaba ikingwe,hma Gogo Imana izagukiza shahu ,kndi ubandanye utera imbere
Imana irahari kandi ninyuma ya zéro irakora...Gogo Uri forte cane ndagukunze bkp ukomeze guhezagirwa 😘😘😘😘😘
Iyi nkuru irababaje 😣… gusa nimba ugifitiye icizere Imana uzoze urumviriza Kanguka kuko haracari ivyizigiro ko wosubira kubona
43:11 uvuze neza👏🏽
Ihangane ma Chr Wanje ndakwikundira urabizi Naw uhorumbarira nihangane gogo Imana iragukunda
Intwarikazi ma gogo Imana irakuzi kandi yitwa Ndiho akomeze kukuba hafi gogo kand ukomeze kwitwararika ivyubwami🙏🙏🙏
Ab'isi nibabi disii😭😭
Ariko ntakinanira IMANA yihangan isah niyager izomukiza🙏🙏
Hosy vuba utumir miss wacu wa 2022 💕💞
Yesu agukize ntakimunanira
Gogo uririmba neza caaane. Kandi tu es une championne. Ndagukuze et thanks Hosy
Sha,nukuri gogo ni umutiromvyi bitumvikana. ARIKO nyiyihebure IMANA birikumwe izomuhumura Kandi numugabo mwiza azomuronka
Yesu azogukiza
Uzokiraa mw,izina rya yesu .Imana yacu irashoboye
Hosy ndagukunda bule Kandi nkundibiganiro vyawe burimusi nsab'lmana nzakubone amaso kuyandi😍😍😍
C'est une femme forte nukuri... iyo niveau wagezeko yo kwiyakira vrt Imana ibiherebwe icubahiro knd ubandanye kwihangana... Gogo we love u so much💕💕💕
Yesu arakora
Azogukiza
Yaravuruze utwondo
Uwarimpumyi
Arakora
Nivyawe ntibimunaniye
Humura
Yooooo Imana ikugize mwiza.
😥😥😥😥😥Ndababayeee 😭😭😭😭
Iyisi irazunguruka uwagukoreyivyo nawe nawe vyomubaho isintisakaye wihangane Gogo
Ozie wubahw chr warakoeeeee
Mon Dieu 😨 Yesu aguhumure Mwiza ❤️❤️❤️
Pole sana dadangu Mungu anakuona uzokira Amen 🙏
Namukunze 9ariko19o99999999999999999999999999199999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999999
Uzokira mwizaaaa😍😍😍😍😍😍
Pol sana dada uzokira
Komera sha Gogo , Yezu ari ku ngoma azogukiza
Uzoze urumviriza kanguka
Gloria imana igutabare igukize 🙏 uwokuraba yokwibazako ubona, abisi sibexa nagato pee😥😥😥niyompamvu chimanda yamavuga kuba Apotre kwaribibwa😂😂
Bandanya gusengana na Kris Ndikumana Samedi,
mpore Dada isi irimwo ibigeragezo ariko mw'ijuru hari Imana
uzokira disi
Yooooo Yezu agukize diiiiii
Wakire gukira mazina sindakuzi mais ndagukunze kuko urimazina yesu agukize mwiza
Uyo mu apôtre il a abusé d’elle nukumuvuga puuu shetanii. Humura ma Yesu azogukiza chérie.
😭😭😭 Mana yanj wee gogo ndasenze ngo Yesu agukize aho waririye uhatwengere ukomez kwihangana disii
Yesu weeee Imana igutabare uzakira nukuri.
Gogo ihangane imana izogukiza
yesu tabara umwana wawe
Bonjour, merci pour les témoignages. Ivyagushikiye nivyo bizoguha ingunvu .
Yoooooo birababaje 😭🇧🇮🇮🇹
Ihangane bambe
Mubuzima bwanje ndumva mbabaye caaaaaaaan 😭😭😭😭 Hosy mbabarira umpe numéro yawe uzobukoze tuvugane 😥😢😢
Mwiriwe. Hari numero ya Siren Vibes niyo bikunda ko tubaha. Ni 76711802
Gogo pole sana
Iman igutabar can kuk irakubon
Pole Gogo ufise ijwi ryiza wewe ufise kazoza keza ntakiberubusa ufise ijwi nkirya esta nish
Gogo wihangane wibuke inkuru ya yosefu ukuntu Imana yaretse bakuruwe bakamugirisha yar umugambi w'Imana nawe wihangane uzosanga ar umugambi w'Imana kugr wigishe benshi sha!
Ico gih nari umw mu nzu bose bagiy gusenga ivyo birabaho nywa imiti yikirundi ivyo ndavyumva à 100%.
Yesuuu numwizigirwa azagukiza
Gog narakubwiy ko nzogukurikirana kabx utazanyibagira ndi Laurent humura sengera basis baw
Umukobwa mwiza sha
Sinziko aronk uwumusomer iz Commentaires,ariko nukuri jewe murijewe ndamwaturiye azobona nabavuts batabon Yesu yarabahumuy nkesw ubwoburoz bushobor guhindukirir uwabimugiriy nimb akiriho.Yesu nukuri arakiza ingwara ziramwumvira🙌🙌
Yesu arashonoye
Gogo bandanyamasegesho harumusi zikagurubona
Nawe nimwiza 😘😍Yesu ashoboye vyose agusange aguhumure nubwaramaso yumubiri😴😢😢😢
Ew sha Maria Yohania naw
Hosy uyomu apotre arazwe numvise intuntu nakabonge namarira menshi gogo imana igukize
@@elyseendayiragije4877 nne sivyo 🙄
Courage di gogo
Pole sister
GoGo ntucike intege komeza usenge harico imana iguteguriye harimpamvu uriko ubicamo ndiho akwiteho
gogo humura lmana yakuremye igufise kumugambi kandi nimwiza cane
😭😭😭😭😭 naje ndababaye
😥😥😥😥😏😔
Gogo yihangane vrt ariko je mpora mbona umuganga gakondo wo mugwanda kuri x large tv araraba amurondera mpora mbona Avura beshi batandukanye
Gogo Gloria n’umukobwa w’imyaka 25 akaba afise ubumuga bwo kutabona. Yavutse abona nk’abandi bose ariko ageze ku myaka 20 niyo yisanga ari impumyi. Yahuye n’ibibazo vyinshi inyuma yo gutakaza kubona aza no gufatwa ku nguvu numu Apôtre bari bamutwayeko ngo amusengere🤦🏽♀️. Inkuru yose iri muri kino kiganiro.
Ntiwagire gusangiza abandi iyi ntahe ya Gogo kumbure hari n’abandi yofasha🙏🏾
Umviriza indirimbo za Gogo Gloria uciye kuriyi link : th-cam.com/video/oG3_L9Q8Mb4/w-d-xo.html
Nn k atalink mwasizeeee
Poresana kabisa uzokira mwizina rya yesu kristo wakire gukira. 👏👏👏👏
Mumuronderere umukozi w Imana w ukuri amusengere. Yesu Akomeze kumuha ukwihangana Gogo
Abagambanyi barabaho j bandoze iyisanga mu gitanda isato inyice irasiga ndumw nubu iyo ndavyibuts
Habwa icubahiro Mana imaz kusiga nayibona hejuru yanje vyagiy aruko nyoy umuti wikirundi nuwo mwana baramuronderera umuti wi kirundi azotinda ahumuk.Mana warakoze kunkiza ya nzoka naho ntasenga habwa Icubahiro Mana yanj ubu ngez kuri vyishi kandi ubuzima kwanje bwari gupfapfana nciye ndira
Nibuts abo barozi baragahura na Yezu.
Gogo turitiramwa Sha hoxy ndababaye kuburyo nunva nosara ndaririye mugitanda ningaruka muburundi uzonjane kuwo mukobwa ndamukenyene cane twoyaga gt
Ihangane cane… muzoturondere tubahuze
Gogo ntaho itokura umuntu knd ntanah itomugeza
Abisi. Nibabi. Arangowe. Gogo. Urabona. Uvyase. Namashetani😭🤔abakozi. Biman. Ntasono😔😏
Pol sana
Pôle Gogo😭😭😭
Abo nihamwe ba apôtre mutabazi😢😢
Oooh my God. I am very sorry Gogo
Azoje mumasengesho Tanzania kuwu muvugishwa butumwa yitwa Dr. Geordavie asengera abantu benshi you tube yiwe ni Geordavie TV
imana ya duhuje cane izogukiza
JE MURAVUGA IZOMBURAKIMAZI ZABASUMA ZIYITA ABAKOZI BIMANA KUGIRA ISI YOSE IBAMENYE NKUYO USANGA ABAGORE NABAKOBWA YARABAMAZE
IMana idutabare🤦🤦
Pooooore pores ntanvuridahita ndi Laurent kbx ufis nimpano
Cano yiwe yitwa gute tugire s'abonner ?
Gogo Gloria
Raba muri comment iri hejuru harimwo link
Shalom. Text me on whatsapp +15732683395 mfashe gogo mukumushakira umuganga. Bibay ngombwa mbanze nguhe plan, azokira tu
Pol ncut 😭😭😭😭
Sorry my sister 😭
Ntaco mfise novuga nukur .
😭😭😭
UYO MUJURUNALISTE NIYAMBARE NEZA AREKE KUTWEREKA AYO MATAKO YIRABURA
Apôtres Nkiryo zina Biyita yaba ndi L'état nukuye icitwa abakozi babasore bigira Aba Apôtres Arabakozi ba Satani
تلز🙏🙏🥰😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Gog19999999999999999999999999
I can't wait to tell her sorry abaprophet baragakubitwa ninkuba
Bareke ivyabo Bantu nkabo bizoza biraja ahabona. Urubanza rwabo rurateguwe.
Raba ibindi hano👎👎👏
th-cam.com/video/S1PLKDmC49Q/w-d-xo.html
A
Nimbantacyibazo wambabarira ugakora kwiyofoto ukankorera subscribe nimba utarayikora
😭😭😭😭
JE MURAVUGA IZOMBURAKIMAZI ZABASUMA ZIYITA ABAKOZI BIMANA KUGIRA ISI YOSE IBAMENYE NKUYO USANGA ABAGORE NABAKOBWA YARABAMAZE
Raba ibindi hano👎👎👏
th-cam.com/video/S1PLKDmC49Q/w-d-xo.html
A