Muhungu wacu naho kumavi. Imana irakubona. Nu kw'iga ikongerereza kumuca kure. Tw'umva B Face, yo na kw'ica. Ari ninzigo iteye ubwoba. Ku kw'icira ibintu bine vyose 🤔🤔. Arateye isoni. Na ba lozyne babure kumuca kure kuko Arateye ubwoba. Yo kw'ica agutwengere B Face. 🤔
❤ umunyeshure wanje muri première année primaire🎉🎉🎉 très intelligente vrmt!!!!
Good content bro
Wauuuu ; imigisha ikomeze gushwara mw'iterambere ry'ibikorwa vy'iterambere vya kazoza ✌️💖🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
good job kelly!!
uyu mwana arafise umutwe nubwitonzi. courage
Ugire umugisha murundikazi Imana igushoboze utere imbere mumigambi yawe
Muhungu wacu naho kumavi. Imana irakubona. Nu kw'iga ikongerereza kumuca kure. Tw'umva B Face, yo na kw'ica. Ari ninzigo iteye ubwoba. Ku kw'icira ibintu bine vyose 🤔🤔. Arateye isoni. Na ba lozyne babure kumuca kure kuko Arateye ubwoba. Yo kw'ica agutwengere B Face. 🤔
Ni vyiza kubona ukuntu aba #RUNDI bari bariko bakora research and innovations in our beloved country #BURUNDI🇧🇮🇧🇮
Scientifique c'est bon hejuru cane 🇧🇮
Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Uyu mwana inyifato yiwe mu kuntu yishura ibibazo, biragaragara ko aciye ubwenge. Ariko, haba kuriwe no ku barundi bose; twogerageza kuza turagabanya kuvanga cane ikirundi nizindi ndimi. Duhakwa gusanga twaratakaje akanovera kururimi rwacu. Narwo arirwo ruturanga nk'abarundi
Never apologize for being a powerful woman! Bon courage 👊🏾👌🏾
Krème de la krème We Love you❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
izina rya company ya Miss Kelly ni gute?
Ngaruko lov❤u
👍😲👌💯💯💪
le prix svp
Umuntu atize ibiharuro yarahomvye Scientifique niyo base yibindi bintu vyose
le BURUNDI est parmi les plus pauvres au monde avec les scientiste comme vous .
@@4EIIGNERRuri ikijuju nyene biratahuritse
Gaël tubarize adresse none umuntu azoj kumushorera
🎉🎉❤❤
🇧🇮🇧🇮🌹🌹🤝