Mu biyaya vya Gatumba umwuzure. Mu misozi ,ibomagurika . .Umwigisha wa kaminuza yagiyeyo vyabaye yavuze mu kiganiro TURINOGANZE co k uyu wa mbere yo muri tereviziyo y Uburundi ,yavuze yuko uwo mugaga ( faille) uturuka muri SOMALIYA ugaca I MALAWI Aho hantu leta n ibahe ama mikro menshi yo gutabaza.
Umukibito niyo TH-cam channel yambere nemera muburundi bwose🎉Congratulations
Courage Gaël, Urumwe muba Jeune bariko barakora bikagaragara. UMUKUBITO hejuru cane🙌
Ngiyi i TV yugushingikiira ,thank umukubito TV
Nahimana avanti behind bahuye nibibazo Iman ishishikare kubahafi yacu
Eric uracariho ndakwibutse tukiri bato aho kukirasa E.P kirasa, big up Gael
Imana ishimwe KO vyabaye hakirikare abantu bagashobora guhunga Hama turahomvye kwer abashikiwe nivyobibazo mwihangane
Juste Gaël courage cane uradufasha kuronka amakuru agezweho mugihugu ariko iciyumviro noterera mwokwiyumvira kw'izina rya Tv mukayita irindi zina kko umukubito rijanye nimiziki gusa, ikindi mugukora ibiganiro vyinkuru zumubabaro ukaraba ton ukoresha!
Merci Gaël. Tu iras loin
Imana yonyene niyo ishoboye kuremeshha abahuye nivyo vyago
Pole sana kbs mwihangan
Yesuwe tabara. Abarundi. Turageramiwe
Abarundi pole kweli, Imana ibatabare.
thank you juste G,bakomeze kwihangana abahaburiye ivyabo
Le grand Mathématicien, Nahishakiye Richard. Uyo mutype yari yarize, il était parmi les élites du Burundi.
Iyi niyo Tv online yonyene ikwiye gushigikirwa cane hamwe na Siren vibes yo kwa Hosy
Siren 😂kunyigisho nyabaki itanga?Umukubito hejuru cane
Eric nivyukuri ndemeye,
Urazi kuvuga inkuru kweli Gael
Poleni sana. Ivyigwa bike cane nu ubusamazi bwabaye imberyo kubaka le barrage
Nibabafashishe aho baba, iwabo ,babimure babubakire kuko ni ryo TEKA RIKURUnka ya ndamutso y ikirundi ati GIRA ITEKA ,GIR IYO UVA N IYO UJA, GIRA AHO UBA WUBAHWE.
Abo mu GATUMBA baguma babazanira indya , imiceri , amasafuriya, ivyo bipfuka,ibitenge ugaheba ukamenga n ihiganwa. Vyarabasamaje, bituma bamenyera iswingi yo gufungura, n abahawe ubufasha bwo kuja gupanga ahandi biranka ko bavirira Gatumba.
Vuba nyene ,abo bahungiye i Gitaza ni babaronderere iyo babashira babubakire canke biyubakire babahe ibisakazo.
Ntibasamare canke ngo basamazwe n ubufasha butarama.
Kuyind mpwemu idasanzw gaël ww ndakwemer saaana uri umuvumbuzi peeeh ugeze ku kirasaa 🏫🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💕💯🇧🇮
Poleni sana
Nibibazo kabisa
Imana itabare u Burundi 🇧🇮 n'abarundi😢😢😢
Imana ibihanganish KK yarahabay ntabugiga burimwo.mwebwemwsababafise murahekwabandi muramenyakwivyiyisi bitagiranyiravyo 32:39
Navuz ibiti muraseka Kandi mwubaste ku mucanga
You deserve this 👉👉👉 🎉🎉🎉
Courag🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Imana yonyene ntabindi novuga
❤❤
Imana ibatabare kuko ibi bintu biteye ubwoba pe. 🧎
Imana yarahabaye 😢😢😢😢😢😢💔💔💔💔💔💔💔
Gaël urakora cne kbx muburu ndashaka kuwoba uwambere mugukwiza umuriyoni kuri youtube abanyarwanda baratugay sn
Ishari niryo rizotuma niterambere ritabatumbera
IMANA ibazigame
Yooo birababaje cane
Muze murashaka drone zo hukamera ibintu kugira muvyerekane neza
Ndababaye, igihugu nka Burundi, bafata in grand project kuno, sans avoir faire UNE etude tres severe du Lieu Kandi barabona ko hazafuma hakoroka 😢😢😢😢😢
Nukuri ni ikigandaro
Nonese komuvugako mwabonye imigaga mugakomeza mukubaka ingomero mutaravye kuruhande ibibazo bihari?
Mana yacu Mana yacu dusenga
Made in China!! Pole Burundi.
😢😢😢😢😢😢😢😢
Non uko nikutanga inkuru ibabaje vrt!!!urateyisoniii bamuraba abandi uko babigira ,wigira umusani ntibikubereye ba witonda.
Wow pfuma ubaza ingn wofasha
Reta mvyeyi,reta nkozi irahari izobagarukirako!😂😂😂😂
Ntagitwengeje kirimwo
Ruriye abandi rutakwibagiye
Shinyagura neza
Ariko nta soni ?
Mako nta mutima ugira
😅😅😅
Biteye ubwoba manaw tabara nukur kuko vyose biba ubizi😢😢😢😢😢
Zurakina sport muta kuko uriguhema nkuwugirapfe
C 'est domage
None bararavyeko atabantu uwomusozi waguyeko bapfiriyeyo
Muri eden imisozi iri kwiyubika😢😢
🤔🤔
Ja nokumugobok imigaga yaratubomorey inzu aha turipfumbereje
Mu biyaya vya Gatumba umwuzure.
Mu misozi ,ibomagurika . .Umwigisha wa kaminuza yagiyeyo vyabaye yavuze mu kiganiro TURINOGANZE co k uyu wa mbere yo muri tereviziyo y Uburundi ,yavuze yuko uwo mugaga ( faille) uturuka muri SOMALIYA ugaca I MALAWI
Aho hantu leta n ibahe ama mikro menshi yo gutabaza.
Birababje, Ahumworo yanikiye ntibwuma 🤦🏻♂️
Iyo migaga haciye umwaka hari umu professeur wo kuri kaminuza abivuze ivy iyo migaga ariyo ari. None ubwo ntiyari yavuze?
Ni bareke gufata ibintu minenerwe.
Abubaķa barrage hydraulique ntibize isi ? Twibaze ko ata biturire vyabayemwo.
🤔😡
Mon Dieu, c'est affreux
Mana tabara uburundi nabarundi ibigeragezo nivyishi pe😢😢😢😢😢