#DjFernando
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 ก.ย. 2024
- Dj Fernando mugiteramo yakoranye na #Isanamu Media aho yarahejeje igiteramo ciwe m’ububirigi yabwiye abantu ko yaserukiye We Love Muzika ko atakibazo afitaniye na mugenzi we Melanin.
Kubwiwe iki giteramo gifise inyungu nyinshi kumugwi wabo
Ntuzite kumagambo bariko barabavugako ariko mubandanye rwarukundo nyn abivanga muvyanyu nabavyumvira kuma TV nahandi KK nimwe muzukuri knd nimwebokutukubwira Big UP brother wnj❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Franchement moi suis pas un Rundi mais j'aime beaucoup votre musique félicitations à vous je vous aimes tous we are together 🇨🇩🇧🇮
Igihambaye nikiri muri mwebwe ,abantu nabo niko bameze ,kuvuga burya biragoy kuzibira,,
We love music bcz of u guyz @DjFernando @MelaninBoy 🔥🔥🔥
Kabisa muhungu wacu ndabakunda mwese kandi cane kandi nukuri musenyere kumugozi umwe cane
Jejuru cane waraye udukoreye amuti kwl ntukite kumajambo ahubwo mubandanye rwarukundo igihambaye nico muhurirako courage
Burundi❤❤❤
Nice ❤❤❤
I Gitega iwacu shaaaa ❤❤
We love muzik❤❤❤❤❤
Ndasavye ntimuze mwankane .plz
🔥🔥🔥🔥🔥
Muzashika kure murekane niyinkandagira bitabo ngoni Og force arik abazanamwo amacakubiri
Even the sky is not the limit. Go ahead
We love musica hejuru caaaane ❤❤❤❤❤❤❤❤
Hejuru cn ntimuze mwit kumajamb babavg mwibandanirize ibkorwa vyanyuu murukund kure cn nih mbipfurije❤❤
😊😊 man wubahwe kabixa ku bwa mélanin boy
Keeping shining brooo❤
Umaz kuba umu star icambere kitoguteshumwanya cank kikubabze namajambo yabantu surtout muburundi. Nimukomeze murikumwe muzishikakure gashoboka hasumba naho mwagiye nimutasubiranamwo hagati yanyu
Courage Sana my Bro
❤❤
Present gtg we love music
Amajambo yabantu ntakagutesha umwanya ,kuo deja nabona bariguta umwanya ,reo mubandany mugirirwa nez n'Uhoraho KO niw afis Ijambo ryanyuma kubuzima bwanyu ,abonabo nibavuge kbisa hubwo bongerez volume😂😂😂
Kwl
WE love muzika💥
Good
Kwatandirimbo y mélanine boy yaririmvy nn?? Kand rwiw personnel yaraziririmvy
Uvuze neza abasore babarundi muriko mwitwara neza
Vyaribiryoshe cn
❤❤❤❤❤
Eka niwinumire wakoze ibikwiye
Turazi komukndana kukibyimvo za visa turabizibyigihugu cacu
vyiza can ark drapeau yaricurits ndazisi benshi babizi etoile 1 ija hejuru 2 zikaja musi knd birafis ico bisigura
th-cam.com/video/azTn5IzySaI/w-d-xo.html
Kabisa muhungu wacu ndabakunda mwese kandi cane kandi nukuri musenyere kumugozi umwe cane
Gtg hejuru caneeee
🔥🔥🔥🔥
We love music I love you so much❤❤❤
❤❤❤❤
Uwo mu deejay niyubahwe canee
We just love muzika❤
Turabakunda mwese knd mutere muja imbere
Kure cane we love muzika tora 🎉🎉🎉🎉
Kbxaa twar twagushavuriy sanaaa
Komera bro, imana igume yivanga mu vyanyu
Muri rwarukundo ferna usisikie watu gusto naw abandany yizer byos nimana bro
Amash mesh kur Fernando wubahw xn uranyemej xn
Vyari bitesa vrmt
Courage bro ntibaz babacanishemwo
Courage bro ntibaz babacanishemwo
Courage kbs bro❤❤❤
❤❤❤❤