ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Pastor nukuri ndagukunda none rero ngira nanje nguhanure, nyakubahwa mukozi w’Imana niwaza wera gokra ibiganiro ivyarivyo vyose bizogukamūra amavuta ivyobibazo bakuzanira abobamenyesjamakuru ubwo nibo bavyitegurira bakakuzanira ngo nivyobabatumye , uhabere maso ivyobiganiro usigaye wimenyereje bizohava bigusahura ubuntu bukurimwo . Nimba ugomba kwigisha ivyobintu , reka guhamagarirwa ibiganiro nkivyo ndakwinginze , inyigisho uduha ubicishije mwivugabutumwa tumenyereye murusengero canke mubikorane zirahagije kandivyovyose wama ubikomozako , ariko gutumirirwa ivyobiganiro ndagusavye ubihe umugongo
Nukuri biteye agahinda n umubabaro
Abo Bamarene nibamwe bi PC 🤭😊😂🤣🤣
Ahubwo sinumva umugabo ko afise ikosa Oya uwomugore yaragutse karabaye nindaya ikomeye 😮
😂😂😂😂😂😂😂 ego me Ni ba hebane amezi 3 simeshi! Bata ndukane kare amezi 3 simeshi naho ubundi umugabo nobimenya ni dange!
Ewe dico murankozeko none bazoze babaza kureba uko bimeze
Kwubaka biragoye ntivyoroshe kabisa kandi no kubitorera inyishu canke umuti wavyo ntivyoroshe
Ivyo n´ibibazo vyokuzana mu bantu ariko ? Ingano y´ibitsina nta soni.??
Pastor nukuri ndagukunda none rero ngira nanje nguhanure, nyakubahwa mukozi w’Imana niwaza wera gokra ibiganiro ivyarivyo vyose bizogukamūra amavuta ivyobibazo bakuzanira abobamenyesjamakuru ubwo nibo bavyitegurira bakakuzanira ngo nivyobabatumye , uhabere maso ivyobiganiro usigaye wimenyereje bizohava bigusahura ubuntu bukurimwo . Nimba ugomba kwigisha ivyobintu , reka guhamagarirwa ibiganiro nkivyo ndakwinginze , inyigisho uduha ubicishije mwivugabutumwa tumenyereye murusengero canke mubikorane zirahagije kandivyovyose wama ubikomozako , ariko gutumirirwa ivyobiganiro ndagusavye ubihe umugongo
Nukuri biteye agahinda n umubabaro
Abo Bamarene nibamwe bi PC 🤭😊😂🤣🤣
Ahubwo sinumva umugabo ko afise ikosa Oya uwomugore yaragutse karabaye nindaya ikomeye 😮
😂😂😂😂😂😂😂 ego me
Ni ba hebane amezi 3 simeshi! Bata ndukane kare amezi 3 simeshi naho ubundi umugabo nobimenya ni dange!