ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
inyigisho zaw zirafasha cane ndakeneye uzotwigish natw twafashijwe❤❤❤🎉🎉
❤❤🎉imana ikwongere amavuta uzonyiginsho zaw zadukozeko murakoze
Murampa mukozi w'Imana inumero zawe ico zokubwira usengere
🎉🎉pastor urigisha neza ahubwo dukeneye kuza kirushengero rwaw utwigishirize hamw turibenshi abajene kuk biradufasha
Ndashimiye cane Pasteur Mbayahaga Isidore ku nyigisho nziza nkizo akunda gutanga nukuri uretse urwaruka na twebwe dukuze ziratwubaka. Nabandanye.
Imana ikomez kukongerera imbaraga n'amavuta🙌ndagukunda Cyn inyigisho zawe ziramfasha Cyn Cyn iyongeze mubihe byakaga nkurikirana inyigisho zawe nukuri nsubizwamo imbaraga z'Uwiteka nkakomezwa naw
Ndagukunda
Haaaa ngo ntari uwambere noba uwakabiri afise umugore mwiza.
Amen very good it was built ♥️am from 🇿🇲 Lusaka
1aaaaàaàaaàaàaàaaaàaaaaaaààaaàaaàaaaaaàààà¹aaaa
Paster mukomere cn🙏🙏 kubutumwa bwimana bwiza mudushikiriza turabakwirikirana Zambia lusaka tugumana namwe uko bukeye uko bwije muhezagigwe
Ndakunda ubutumwa bw umushinganantahe ariko muze murerekana nabari ngaho murusengero.
Imana idutabare
Nongere ndaguterere. Namba utar'ubizi irnyo ifise ubumaro bubiri.Ndazi ko uzi I kirundi, bavuze ngo umutama n'ubusa baba bavuze ibikorwa bibiri Irnyo ikorera rimwe.
Imana ikomeze kugusiga amavuta. Twe turi kure y'uburundi intigisho zawe ziratwubaka.
Novela
❤❤❤❤
Je ndipfuza kumenya Aho urushengero ruri kugira natwe tuzohashike
Ngagara Q10 en face de l'Université des Grands lacs
Merci beaucoup 🇧🇮🇮🇹❤️
Hezagigwa pasteur jew ndagufana uranyigisha cane
Merci beaucoup pasteur
Inyigisho nziza cane
Merci beaucoup,🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪♥️♥️
Urazi kwigisha kbs
Jew ndumufana waw kwli
Dakufana
zinyo nyigisho nukuri ninkenegwa turashimiye uyu mukozi wimana atako atagira kugira afashe abantu nukuri...nagira nsabe bishoboka iyi video ko mwoyishira kuri facebook kugira ibonwe nabantu benshi.....
Ndashimye info nyigisho y'urwaruka kuko irankuyahantu
Buraryoshe kbs
Hezagigwa
Où
Ndashaka numéro z'uyu mu pasteur cânke Aho asengera murakoze
Har'akagusovyechoix mbi irabaho certes mugabo ntibisigura ko uba wi condagne nk'uko ubivuze kugwa si bibi guherayo nivyo bibi
Urusengero rwuyu mu psteur rurihe?
Ngagara Q10 en face de l' Université des Grands Lacs
Ndavabaz uyumunt nomubona gt ko ububutumw nanj burandab kl ndabingiz mump nimer ziw.
inyigisho zaw zirafasha cane ndakeneye uzotwigish natw twafashijwe❤❤❤🎉🎉
❤❤🎉imana ikwongere amavuta uzonyiginsho zaw zadukozeko murakoze
Murampa mukozi w'Imana inumero zawe ico zokubwira usengere
🎉🎉pastor urigisha neza ahubwo dukeneye kuza kirushengero rwaw utwigishirize hamw turibenshi abajene kuk biradufasha
Ndashimiye cane Pasteur Mbayahaga Isidore ku nyigisho nziza nkizo akunda gutanga nukuri uretse urwaruka na twebwe dukuze ziratwubaka. Nabandanye.
Imana ikomez kukongerera imbaraga n'amavuta🙌ndagukunda Cyn inyigisho zawe ziramfasha Cyn Cyn iyongeze mubihe byakaga nkurikirana inyigisho zawe nukuri nsubizwamo imbaraga z'Uwiteka nkakomezwa naw
Ndagukunda
Haaaa ngo ntari uwambere noba uwakabiri afise umugore mwiza.
Amen very good it was built ♥️am from 🇿🇲 Lusaka
1aaaaàaàaaàaàaàaaaàaaaaaaààaaàaaàaaaaaàààà¹aaaa
Paster mukomere cn🙏🙏 kubutumwa bwimana bwiza mudushikiriza turabakwirikirana Zambia lusaka tugumana namwe uko bukeye uko bwije muhezagigwe
Ndakunda ubutumwa bw umushinganantahe ariko muze murerekana nabari ngaho murusengero.
Imana idutabare
Nongere ndaguterere.
Namba utar'ubizi irnyo ifise ubumaro bubiri.
Ndazi ko uzi I kirundi, bavuze ngo umutama n'ubusa baba bavuze ibikorwa bibiri Irnyo ikorera rimwe.
Imana ikomeze kugusiga amavuta. Twe turi kure y'uburundi intigisho zawe ziratwubaka.
Novela
❤❤❤❤
Je ndipfuza kumenya Aho urushengero ruri kugira natwe tuzohashike
Ngagara Q10 en face de l'Université des Grands lacs
Merci beaucoup 🇧🇮🇮🇹❤️
Hezagigwa pasteur jew ndagufana uranyigisha cane
Merci beaucoup pasteur
Inyigisho nziza cane
Merci beaucoup,🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪♥️♥️
Urazi kwigisha kbs
Jew ndumufana waw kwli
Dakufana
zinyo nyigisho nukuri ninkenegwa turashimiye uyu mukozi wimana atako atagira kugira afashe abantu nukuri...nagira nsabe bishoboka iyi video ko mwoyishira kuri facebook kugira ibonwe nabantu benshi.....
Ndashimye info nyigisho y'urwaruka kuko irankuyahantu
Buraryoshe kbs
Hezagigwa
Où
Ndashaka numéro z'uyu mu pasteur cânke Aho asengera murakoze
Har'akagusovye
choix mbi irabaho certes mugabo ntibisigura ko uba wi condagne nk'uko ubivuze kugwa si bibi guherayo nivyo bibi