ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mona ma star préférée,gafise ukuntu kimereye nyene
Faaaaa ndagushimiye cane Mona yambaye neza asa neza vrm👌👌Faaaaa imbere caaane ndakund ukuntu ur courageux vrm Ndi Sur kuzoter imber gusumba ah ugeze so Hejuru hashoboka.Ndabakunda na Hosy😍😍😍😍
I love u monna🌺 t es raffinée in and out ,il faut que les filles tuvy admetta, et pour le journaliste you are improving 👌
Birashikira abantu kwibagira😂
Very good discussion. Mufise logique nziza: Monna, uratesa wigumire uko. God bless!!
Uvuze nez Monna🥰🥰🥰 na Fanick merci
Bavuga je déclare la guerre contre le pays qui s'appelle ugaca uvuga pays ushaka kuvuga ,mugabo ndabatuye ingene twabivuga😂😂😂😂
Twavuga ngo jetogere alagere🤣🤣🤣🤣🤣🤣 mbuze nuko ndavyandika
Yoooo Mona ndakunze uk uvuze vrm kuja kuramutsa umujama wumusore ah yipangiye vrm ahaaaaa sh Mona uratangiyemwo impanuro vrm iy ugiye kumuramutsa muhira nyuma ibikubako urabibona eeeeeh
I can listen to this baib the whole day without getting tired 😍😍😍
Bayita je declere la guere contret mon amie qui s.appelle burundi Rwanda tanzanie congo ouganda kenya
Ikibariko amabiye sha🥰
Mona ndagukunda cane pe kd wavyibushe 😂❤️❤️
Uyumwana nimwiza by the Way
Siren trick ni iyabakobwa gsa non 😂😂Anyway ubikor nez kbx,à la prochaine zan Abasore nabo
Maybe nibazako miss Mukirundi bamwita Umuntu mwiza.ok mwirambire
We Musore Uraraba ufatireho none iyo Nana😂So courage bro
My Favourite Star of all the time ❤️💯❤️💯
Mona vrm abivuze neza ntibatwara umukunzi batwara inzererezi kuk agukunda ntahaja yes Uwugukunda ntakintu nakimw cotuma aguheba noooooo
Ikiganiro cizaaaa
Ikiganiro nanje nagikunze mona abikora nez cane
Iyo maya yabo rerooo hhhhhh
Ikiganiro ciza🙌🏻
Ijwi rya Mona riratesa
Mona ❤️❤️uri keza💕
Mow kanzie 👌❤
Ndabakunda cane.
Monza ndagukunda cane gose
Je déclare la guerre contre le pays de mon ennemi qui s'appelle.....
Inyenyeri zitatu zisigura :UBUMWE, IBIKORWA, AMAJAMBERE🇧🇮
Nubwoko butatu hutu Tutsi twa
@@kelvinsauveur6264 Mpore cane nta bwoko burimwo
@@kelvinsauveur6264 🤣🤣🤣🤣🤣uranyish
Mona 🥰🥰🥰💗💗💗💗💗💗💗💗
Iyo mikino rero sas😂😂😂
Monna❤️❤️❤️
La mareille (ikibariko)
La marelle
🥰🥰🥰
Aka kana gafs romance from A to Z
Slt!ivyo two dragua vyoba aribiki?baragumya ivyabo natwe tugumye ivyac hama full of peace
Monna ndamunda cane vrmt
Ego umukunzi wawe bamutwaye uramureka akagenda kuko ntabagukunda
Je déclare la guère contre pays qui s'appelle....
Murabeshe inyenyeri zisigura Twa, Hutu and Tutsi
A Bon! Nanje ntavyonarinzi
❤❤❤
Beautiful Monna 🌹
About relationship love;by 95%Monna has said the real true ✅
Bavuga ...je déclare la geurre contre le pays qui s'appelle...
Noe urafise uwo mugabo? Niwamugira uzomenye icarico
Monna walda✍️
Umukobwa iyo yanka kuja kuramutsa abahungu abazi ivyamubayeko na faibles ziw😂😂
Kwirinda.
Kumenya tes faiblesses hama ukirinda si bibi🤷🏼♀️
@@gaielionnellemuhoza9494 merci❤
Tky😂😂😂😂😂😂
Monna ndakwemeye iyo principe yo kutaja kuramutsa umusore yibana. Congrat
Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura Kanda ahanditse *dynapharm Rwanda* hejuru Aho comment itangirira urahita ubona nimero yacu kuri profile utwandikir
Mona , tu veux qu'on se Marie?
Gusa nikeza nuk kigira vyinsh kogum kigir vyinsh kazosazir iwabo tu meili numukobwa mwiza knd atagara vrmt knd aganira b1 sn
Kugara no kuganira neza uba wafatiye kuki? Bose urabazi mu buzima busanzwe?
@@sirenvibestv niyomamv nabivuz kuk bos ndabaz n mow kenzie nar ndgknd nuk kigir vyinsh nivy gus nabirebir nuvug ivy nz nij ndabiz meili yubahw araz ivyarimw
Wew ngo nturamutsa aba type hoe ngir muhurir hotel
❤❤❤❤
❤️❤️
Mona ma star préférée,gafise ukuntu kimereye nyene
Faaaaa ndagushimiye cane Mona yambaye neza asa neza vrm👌👌Faaaaa imbere caaane ndakund ukuntu ur courageux vrm Ndi Sur kuzoter imber gusumba ah ugeze so Hejuru hashoboka.Ndabakunda na Hosy😍😍😍😍
I love u monna🌺 t es raffinée in and out ,il faut que les filles tuvy admetta, et pour le journaliste you are improving 👌
Birashikira abantu kwibagira😂
Very good discussion. Mufise logique nziza: Monna, uratesa wigumire uko. God bless!!
Uvuze nez Monna🥰🥰🥰 na Fanick merci
Bavuga je déclare la guerre contre le pays qui s'appelle ugaca uvuga pays ushaka kuvuga ,mugabo ndabatuye ingene twabivuga😂😂😂😂
Twavuga ngo jetogere alagere🤣🤣🤣🤣🤣🤣 mbuze nuko ndavyandika
Yoooo Mona ndakunze uk uvuze vrm kuja kuramutsa umujama wumusore ah yipangiye vrm ahaaaaa sh Mona uratangiyemwo impanuro vrm iy ugiye kumuramutsa muhira nyuma ibikubako urabibona eeeeeh
I can listen to this baib the whole day without getting tired 😍😍😍
Bayita je declere la guere contret mon amie qui s.appelle burundi Rwanda tanzanie congo ouganda kenya
Ikibariko amabiye sha🥰
Mona ndagukunda cane pe kd wavyibushe 😂❤️❤️
Uyumwana nimwiza by the Way
Siren trick ni iyabakobwa gsa non 😂😂
Anyway ubikor nez kbx,à la prochaine zan Abasore nabo
Maybe nibazako miss Mukirundi bamwita Umuntu mwiza.ok mwirambire
We Musore Uraraba ufatireho none iyo Nana😂So courage bro
My Favourite Star of all the time ❤️💯❤️💯
Mona vrm abivuze neza ntibatwara umukunzi batwara inzererezi kuk agukunda ntahaja yes Uwugukunda ntakintu nakimw cotuma aguheba noooooo
Ikiganiro cizaaaa
Ikiganiro nanje nagikunze mona abikora nez cane
Iyo maya yabo rerooo hhhhhh
Ikiganiro ciza🙌🏻
Ijwi rya Mona riratesa
Mona ❤️❤️uri keza💕
Mow kanzie 👌❤
Ndabakunda cane.
Monza ndagukunda cane gose
Je déclare la guerre contre le pays de mon ennemi qui s'appelle.....
Inyenyeri zitatu zisigura :UBUMWE, IBIKORWA, AMAJAMBERE🇧🇮
Nubwoko butatu hutu Tutsi twa
@@kelvinsauveur6264 Mpore cane nta bwoko burimwo
@@kelvinsauveur6264 🤣🤣🤣🤣🤣uranyish
Mona 🥰🥰🥰💗💗💗💗💗💗💗💗
Iyo mikino rero sas😂😂😂
Monna❤️❤️❤️
La mareille (ikibariko)
La marelle
🥰🥰🥰
Aka kana gafs romance from A to Z
Slt!ivyo two dragua vyoba aribiki?baragumya ivyabo natwe tugumye ivyac hama full of peace
Monna ndamunda cane vrmt
Ego umukunzi wawe bamutwaye uramureka akagenda kuko ntabagukunda
Je déclare la guère contre pays qui s'appelle....
Murabeshe inyenyeri zisigura Twa, Hutu and Tutsi
A Bon! Nanje ntavyonarinzi
❤❤❤
Beautiful Monna 🌹
About relationship love;by 95%Monna has said the real true ✅
Bavuga ...je déclare la geurre contre le pays qui s'appelle...
Noe urafise uwo mugabo? Niwamugira uzomenye icarico
Monna walda✍️
Umukobwa iyo yanka kuja kuramutsa abahungu abazi ivyamubayeko na faibles ziw😂😂
Kwirinda.
Kumenya tes faiblesses hama ukirinda si bibi🤷🏼♀️
@@gaielionnellemuhoza9494 merci❤
Tky😂😂😂😂😂😂
Monna ndakwemeye iyo principe yo kutaja kuramutsa umusore yibana. Congrat
Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.
Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura Kanda ahanditse *dynapharm Rwanda* hejuru Aho comment itangirira urahita ubona nimero yacu kuri profile utwandikir