J'ai une grande fiertés pour l'amour que nos parents Pierre ngurunziza et Évariste NDAYISHIMIYE ont. Que nôtre seigneur Jésus vous donne ce que vôtre coeurs désire selon psaume 37:3-
Nimuririmbire Imana ariko mwibuke guha indero Imbonerakure zama zitukisha Igihugu gisigaye kizwi Nabi mu makungu . Bible inasema maombi yamwenye dhambi Ni chukizo kwa Mungu. Sasa munapashwa kuchunguza Hao vijana wanayotendea warundi wenzio ili maombi yenu na nyimbo zenu zikibalike kwa Mungu
Kmr ramba
Imana ishimwe yaduhaye Nkurunziza none adushikanye kuri Ndayishimiye
J'ai une grande fiertés pour l'amour que nos parents Pierre ngurunziza et Évariste NDAYISHIMIYE ont. Que nôtre seigneur Jésus vous donne ce que vôtre coeurs désire selon psaume 37:3-
Tes parent a toi ...no comment
Woow birahimbaye cane!🇧🇮
Muri abagabo kandi muraberewe ndongozi zacu. Imana ihabwe icubahiro
Kbs
Hé la vie tu va vraiment manqué a ton pays mon Président
Nice one
Nice to see vil good
I can't believe Ndayishimiy
Mubalikiwe
Nyamara aba abagabo bamenye imana kuko baramutse babeshya yabibagaragariza kuko imana ntibeshywa
Nta handi Vyobaye atari iBurundi
Muhezagigwe
Muragaba Corona yemwe Burundi!! 🤔🤔
Kabisa iyo nkuru nziza ndayishimiye
Abo bagabo io bagumana umuriro warikwaka#
Komera
abo bagabo bose ni aba escro barikoko batamba Yezu waroyehe kugira urobonure
Nivyiza caane gose
Nimuririmbire Imana ariko mwibuke guha indero Imbonerakure zama zitukisha Igihugu gisigaye kizwi Nabi mu makungu .
Bible inasema maombi yamwenye dhambi Ni chukizo kwa Mungu. Sasa munapashwa kuchunguza Hao vijana wanayotendea warundi wenzio ili maombi yenu na nyimbo zenu zikibalike kwa Mungu
Imyaku irarwira!
Urababayeeee
Ntamwaku usumba wewe
Hhhhh abarundi bagira utugenegene Iyo Mana mukinisha mu gucozana ni mana yihe mu dusigurire
Imana ntiharura nk'uko ww ubiharura yoyo igera kure ivyo vyihoze urengane "kubw'iyo nkurunziza ndayishimiye"💃💃💃💃💃💃💃
@@ruthnduwamahoro6184 amashi menshi kuri wew komera