Nitwa Jde Dieu Nimukuze from Rwanda,Apotre na Madame, nukuri mbazi kdi mbakunda kuva kera kubera your song igituma ndirimba,mumbabarire munsengere mubuzima bwange hazemo impinduka kdi ziturutse ku Mana,Amen
Waooooh,whenever I see apostle Appolinaire,I remember the year 1987,been together as young born again boy under the late servant of God Nikiza David,be bless couple Appolinaire.
Maman wanj ivyo bintu barabimuroze uko nyene mubivuze niko nawe vyagenze... Vyari biteye ubwoba cane, ubu ni muzima ! Ariko yari amerewe nabi cane rwose.
Raba Indirimbo nsha ya Apostle Apollinaire Habonimana
th-cam.com/video/UJlJZOz0JWA/w-d-xo.html
Imana izokumpere ijuru niryo rigukwiye mfatiye kumajambo yose wadushikirije muri kino kiganiro nacane cane ukuntu witwararitse umugore wawe mugihe yaragwaye. Warahezagiwe.
Nta ndirimbo nubu ziraza zinsumbira indirimbo za mbere za Appolinaire. Zifise amajambo akomeye
Nitwa Jde Dieu Nimukuze from Rwanda,Apotre na Madame, nukuri mbazi kdi mbakunda kuva kera kubera your song igituma ndirimba,mumbabarire munsengere mubuzima bwange hazemo impinduka kdi ziturutse ku Mana,Amen
Umv'icatumye mpinduka, Imana niyo Buhungiroo, Emmanuel, Ur'Imana yuzuye ubuntu nurukundo, Wisakaye ubwiza, n'izindi , no mw'ijuru nzoguma ndaziririmba kandi zizoguma zimpezagira.
Apotre rwose ufite ubgenge bg'Imana temoignage yuburwayi bga madame wawe wabyitwayemwo nkumugabo ufite urukundo nubumuntu nukuri Imana ijye ibikwibukira
Waooooh,whenever I see apostle Appolinaire,I remember the year 1987,been together as young born again boy under the late servant of God Nikiza David,be bless couple Appolinaire.
Thx so much Dada utuzanira abantu dukunda kndi ubikora neza caaane keep up My sis Ndagukundaaaaa saaaan
Amavuta Amavuta Amavuta papa Apotre nukuri indirimbo zanyu zituma twuzutzwa mwarahezagiwe we love you so so much kubagira n’umugisha
Mwarahezagiwe CELC muturamukirize Pasteur Benoît willy Uwizeye turaryohewe nintahe yanyu
Nzinduwe no kugushima irampezagira caaaane
Jewe ndatangaye caaane kuko nasanze abagiriwe amahigwe boooose bakamenya Imana Nya Mana hakiri kare,nagiye baramurikigwa gushika no mugihe co gushinga ugwawe Imana ikakunezereza ikahuha uwo muzosangira vyukuri amagogwa n'amahigwe kandi mubinezererewe.Ndize vyinshi kandi ndafise ikibazo nzobaza kugira nanje nshobore gukora neza murugo gwanje.Ariko ntidukijijwe twese.Imana iguhezagire Apôtre Apollinaire uranezereje.
Apotre un peu de rontisme kbsa iz dragages zanyu zabay gisoda 😂🤩🥳🥰🙏
Maman wanj ivyo bintu barabimuroze uko nyene mubivuze niko nawe vyagenze... Vyari biteye ubwoba cane, ubu ni muzima ! Ariko yari amerewe nabi cane rwose.
Ubuhamya warabuduhaye Shenge Hobeee From 🇺🇸 Twahuriye muGiterane iChicago
Amen amen Apostle Appolo. Kuguma mumana nibwo buzima
None uyu mudame w'umunyamakuru we ntabwo yabaye muri team ya Apollinaire kombona asa n'uwo baririmbanaga?
Ouaaahhh Imana ibahezagire
Amen muhezagirwe cyaane
Apôtre Habonimana na madame wawe Jeanette turabishimiye cyaane
Mwarahezagiwe Shalom
Blessed couple ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mukomere Bavyeyi mugere kure
Yooooo !!! Appolinsire, Yambi !!!!!
One more time my Apostle Apollinaire I salute you,Ku murimo mwiza wakoze mu rugo rwawe,Intwali yacu we love you.
muhezagigwe
IMANA YARAKOZE KUGUHA UMUFASHA MWIZA,AGUSHIGIKIRA MU MUHAMAGARO WAWE.
Amen!
Apotre afite umugore mwiza muhabge umugisha
❤️❤️❤️
apostle nukuri ndakunda indirimbo zawe umurimo mwiza TUZOKORA NITWASHIKA MWIJURU.BANDANYA UMURIMO NTIDUHERUTSE KWUNVA INDIRIMBO SHASHA ZAWE
Wooow ndafashijwe mwakoze kutuzanira abakozi b'Imana dukunda kandi twubaha. Amajambo batwigishije yatwubatse, abakizwa bar'attira ku majambo no mu mibereho bigatuma ingo zabo ziba akarorero... Ikiganiro Warubizi ndagikuuuunda caaane mushishikare muterimbere
Mukozi w'Imana Yezu aguhezagire cane .Nkunda indirimbo zawe caneeeeee zuzuye Amashimwe. Hezagigwe Kungabire y'ugushima kuko singambire yabose. Indirimbo zawe uko umuntu azumva yuzura Amashimwe n'Umunezero
Apollinaire ndamukunda cyane, Umwami wacu akomeze abashyigikire❤
Je vous aime..Blessed👌❤️
Uri intwari cane apotre
Powerful,the church belong to Christ Jesus.
Great couple
❤
Urumugisha kugihugu cacu cuburundi Apostle Uhoraho akugeze kure
Amarira arandenze pe ,Imana izoguhe umugisha ingene wabaye hafi umugore wawe muri vyo bihe bigoye
Yarasinzwe amavuta!muri imwe mumatungo twishimira i Burundi!twahezagiwe
Yooo ndarose Mazina jeanette imana iguhe umugisha.uwampa aka number kawe .
🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤
Yes apôtre wacu dukunda Yesu agukomeze mumuhanagaro wo guhimbaza Imana
AHO NI BON KO MWASOHOYE INDIRIMBO SHASHQ.MUHEZAGIGRWE
Nkunda indirimbo zose zanyu.
Mubiherwe umugisha.
muririmbye neza, nduwiwe nawe ni uwanjye kubimenya nibwo buzima
Man of God...i lv him
Turabakunda ba kozi b'imana imana ibahe umugisha.
Hahahha ico kiganiro kirabereye vraiment
I LOVE YOU MAN OF GOD AND MADAME WAWE.
Yesu abahe umugisha turabanezerewe
Amen God bless you
nice couple
Pasicazia ishimwe
Ishimwe pacazia
Ikiganiro ciza ndabibarize appolinaire asigay ABA hehe