NTAHO IMANA ITOKURA UMUNTU, UWARI IMBORERWA YABAYE MAMA PASTEUR

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 105

  • @ciizafelicite2908
    @ciizafelicite2908 8 หลายเดือนก่อน +7

    Mbega Intahe nziza
    Yubaka. Uyo muvyeyi Maman Pasteur nukuri arafise ingabire yo kuvugisha ukuri , asigura neza ibintu uko biri. Benshi twafashijwe.
    Iyo ntahe hari aho idukuye. Iratuzamuye.
    Yesu abahe umugisha.

  • @kheliakaneza5649
    @kheliakaneza5649 6 หลายเดือนก่อน +8

    Iyo Ufise umuvyeyi asenga ntugenda akagirire nanje nuko narimeze Maman arumu Pantecote yarasenga nararinzwe gushika nkijijwe ubu ndamahoro!!!!❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @annickniyonzima5262
    @annickniyonzima5262 6 หลายเดือนก่อน +2

    Hallelujahhh🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏mbega intahe ugira neza wa Mana weeee, tuzokunambako🙌🙌🙌

  • @annemarie2160
    @annemarie2160 ปีที่แล้ว +2

    uyu mu mama ndamukunze,arampfashije cyane. Gira umugisha. uri mwiza bambe. You have passed on a powerful message. Merci

  • @jacklynmusemayiremuganga832
    @jacklynmusemayiremuganga832 ปีที่แล้ว

    Powerful testimony, bless you so much 💖❤

  • @stephanienahayo221
    @stephanienahayo221 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ohh my sister Joce from Burundi Gitega I am proud of you dear keep on

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb 6 หลายเดือนก่อน

    Imana ninziza. Happy for you joce🎉🎉🎉

  • @christinemahoro1041
    @christinemahoro1041 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ubu buhamya bwafasha benshi disi nuko abantu benshi bararushye

  • @joselinefaida
    @joselinefaida 6 หลายเดือนก่อน +3

    Yemwe ndabaramukije bavyeyi beza cane .Turabashigikuye cane .Nanje fise ibikomere vyishi atarimana yonyene yobinkiza.Ahongeze Namwe mufashe gusenga nzovyibagire ivyo naciyemwo birababaje cane .Murakoze .

    • @kellyline1042
      @kellyline1042 3 หลายเดือนก่อน

      Mu kwizera nukuri ujye ubibwira Yesu mwiza, arahumuriza, aribagiza
      Aravida ibyuzuye bidafite umumaro muri wowe akakuzuza ineza ye

  • @jilu1095
    @jilu1095 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri burya amahoro ntari mumahera numunezero ntibizanwa namazu meza muri yesu niho harumunezero

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 6 หลายเดือนก่อน +3

    Devise nziza ya Joce. Ngo "Ntaho Imana Itokura umuntu kandi Ntaho Itomushikana."

  • @jamykaneza2715
    @jamykaneza2715 ปีที่แล้ว +4

    Nukuri ndakeneye numéro de téléphone ya Jocelyne n'umugenzi ariko twaraburanye 😊, mwompa number yiwe please ? Birashoboka ?

    • @irakozedarlene7743
      @irakozedarlene7743 ปีที่แล้ว +2

      Hariho numero musi yikiganiro wokwandika mukavugana @jamykaneza

    • @jilu1095
      @jilu1095 6 หลายเดือนก่อน

      Najewe ndamushaka impanuro yiwe yofasha

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 6 หลายเดือนก่อน +3

    Urakoze madame Joce kur’iyo ntahe itwereka l’Amour, la Grâce, la Souveraineté……..de Dieu le Père par Son Fils Jésus Christ Notre Seigneur et de Ses Saints Anges🙏🏾❤️
    Hélas Joce, Dieu par Son Amour élabore pour nous de beaux projets de vie avant de nous formé dans le sein de nos mamans.
    Malheureusement par esprit de vengeance contre notre Créateur qui l’a chassé du Ciel, Satan vous a maltraité et ce fut un combat pendant tout ce temps. Finalement Dieu a gagné et t’a restaurée ma Soeur. Si vous avez eu le courage de prier, si vous avez rencontré ce pasteur qui est devenu votre charmant mari, c’est grâce à la force de Dieu: le diable a perdu la bataille qu’il a engagé contre toi, sur ton physique, sur ton âme et sur ton esprit.
    Beaucoup de chrétiens prient avec ferveur, ils marchent dans la voie de Dieu mais finissent par mourir dans des situations épouvantables. Que personne ne se décourage et croit que Dieu n’a pas entendu ses prières, n’a pas vu sa misère. Rien de tout ça: Notre Seigneur Jésus Christ a dit dans sa Parole qu’il ne faut pas craindre celui qui tue le corps mais qui n’a pas le pouvoir d’emporter l’âme dans la géhenne.
    Gusa hariho mystère spirituel uwo wese asoma iyi commentaire yomfasha gutahura: ni kuki hariho abantu le diable ikwega cane, irwanya cane kurusha abandi?
    Courage mes ami(e)s et soyez fortifié(e)s dans le Seigneur.

    • @marie-angekaburundi9440
      @marie-angekaburundi9440 6 หลายเดือนก่อน

      Tous les situations sont fait pour rendre la gloire à Dieu. Rappellez vous l'homme aveugle de naissance , Jean 9:3Jésus répondit: ce n'est pas que lui ou ses parents aient péchés; mais c'est afin que les oeuvres de Dieu soient manifestées en lui.

  • @georgespascalnteziryayo22
    @georgespascalnteziryayo22 7 หลายเดือนก่อน +1

    Hariho ikintu mwibagiye kutubwira, none vyagenze gute ngo bakundane n'uwo mukozi w'Imana yamubwira ko Joce ata mugabo akeneye, ko ah'ubwo akeneye YESU gusa!!

  • @odetteniyonizigiye7993
    @odetteniyonizigiye7993 4 หลายเดือนก่อน

    Ndafise ikibazo : est ce que birarekuwe ko mme Jocelyne agira 2 eme mariage , idini ryacu rirabimurekurira?????

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 ปีที่แล้ว +2

    Joséline numwana mwwiza numuntu yicisha bugufi kandi afasha abandi love you Haney✨❤❤❤

  • @amandinekanyambo2237
    @amandinekanyambo2237 ปีที่แล้ว +1

    Intahe yubaka. Joselyne waragiz neza kwakira yesu mubuzima bwaw. Jew ndakuzi twarakuranye muri Q Shatanya a Gitega. Jew nkuzi kuri Lycee ste Therese ex ENF basha waradufata neza sha. Kanatsinda urukundo wari warukuye kubavyeyi bawe. Sha songa mbere sha mwana wiwacu Yesu nuwambere

  • @solangendabigengesere6580
    @solangendabigengesere6580 6 หลายเดือนก่อน

    Ndi umubanyi wa Jocyline wa kera mu ngagara ndipfuza kuvugana nawe mwompa numero

  • @papapasteur1963
    @papapasteur1963 ปีที่แล้ว +2

    Imana ihabwe icubahiro for what he has done to our sister.
    God is so faithful.

  • @NinA12587
    @NinA12587 ปีที่แล้ว +7

    I feel the joy of the Lord in your life. Bless ur heart Jocelyne.

  • @nzeyimanaSeconde
    @nzeyimanaSeconde ปีที่แล้ว +2

    Imana ni nziza cane Joce.yaraguhinduriye izina .Mukozi w'Imana.

  • @mariechantalchannel5175
    @mariechantalchannel5175 ปีที่แล้ว +2

    Iyo bayita second chance... Ngo nubwo igiti cyacibwa kyakongera kigashibuka... kikongera kikera imbuto zibitontome...

  • @mariechantalchannel5175
    @mariechantalchannel5175 ปีที่แล้ว +2

    Woow mama Paster hu👏. Humura byari ukugira uyu munsi Imana izahabwa icubahiro Ku bwawe.👏👏

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n ปีที่แล้ว +1

    intahe yawe ni nziza caane ! Imana ihimbazwe ! Tugira Imana ko uko Imana ituzi , atariko Imana ituzi , Yezu Nimwiza kabisa, Imana niyo ituzi , apana abantu , kora ikintu kuko wemera Imana , Twebwe , turaba ivyibonekeza exterieurement , Imana nayo, ituzi Indani , hahandi , muri roho , Bwana Yezu Asifiwe, ndakunze iyo ntahe

  • @consolatandayisenga4058
    @consolatandayisenga4058 6 หลายเดือนก่อน +1

    Question, is your mom or dad still alive?

  • @CassiusNteziryayo
    @CassiusNteziryayo 5 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhe umugisha nanezerewe❤❤❤

  • @MarieThérèseNDAYIBARIRA
    @MarieThérèseNDAYIBARIRA ปีที่แล้ว +1

    Intahe ya Josée irampaye umwizero ku bandi bakeneye gukira.

  • @MukankurangaIrene
    @MukankurangaIrene 7 หลายเดือนก่อน +1

    Jyenda wamugorewe uranfashije,Ndiho aguheeezagire goooose

  • @irakozeaimeechristella3458
    @irakozeaimeechristella3458 7 หลายเดือนก่อน +1

    Oooohh glory be to Jesus our King and Saviour

  • @clarkkazeofficialchannel
    @clarkkazeofficialchannel ปีที่แล้ว +3

    🔥🔥🔥

  • @jilu1095
    @jilu1095 6 หลายเดือนก่อน

    Jose ndamukuze cane

  • @KamiDidi-q7f
    @KamiDidi-q7f 6 หลายเดือนก่อน

    Yoooo 💖 Amen 💖

  • @theogenengabirano9239
    @theogenengabirano9239 ปีที่แล้ว +1

    Imana ishishikare iguhezagira ma soeur Jocelyne! Thank you so

  • @michelineniyonzima3433
    @michelineniyonzima3433 ปีที่แล้ว +1

    Ameeen Imana ni zinza ibihe vyose madame Jocelyne ndagukeje iyo Mana uyumireko nimvyeyi

  • @addyniyonsavye7491
    @addyniyonsavye7491 ปีที่แล้ว +1

    Imana ni nziza cyane,a powerful testimony 👌🏾❤️

  • @christella5092
    @christella5092 6 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe nukuri😂😢😢😢😢 Imana nyenamahro Ibahe umugisha😊 gusa ndabinginze muze muzane unugabo wiwe Pasteur atubwire😢😢😂😂😂😂😂😂😂

  • @valeriemivuba1024
    @valeriemivuba1024 ปีที่แล้ว +1

    Komera muvyeyi.Uriko uzimurura benshi.🙏🏾

  • @Roselyne15
    @Roselyne15 ปีที่แล้ว +1

    Hallelujah 🙏 Imana n'umugiraneza cyanee, thank you for sharing jocy... Dada thank you kukiganiro!

  • @Aline76Ndikumasabo
    @Aline76Ndikumasabo 6 หลายเดือนก่อน

    Uwariwe vyinshi akunda cane pe . Jocelyne Imana iguhe umugisha cane urafashije abantu cane ahasigaye courage ww uzoyikorera pe yarigufiye umugambi.

  • @natachakwizera
    @natachakwizera ปีที่แล้ว +1

    Waouuhhhh

  • @annonciataumingabire1460
    @annonciataumingabire1460 ปีที่แล้ว +1

    Ubarikiwe

  • @SophieKanyange-n9h
    @SophieKanyange-n9h 6 หลายเดือนก่อน

    Yooh Jocelyne week-end ndasubiye kukubona uvuga Ubuntu bwa Christo .ndanezereww pe!!

  • @yvonnemuco1524
    @yvonnemuco1524 ปีที่แล้ว +1

    Waouuuuuuuuuuu Joooo ndahimbaaaweeee,Dieu est Graaaaand

  • @sandramaniriho5501
    @sandramaniriho5501 6 หลายเดือนก่อน

    HALELUYAAAAA HALELUYAAAAA HALELUYAAAAA HALELUYAAAAA ❤❤❤

  • @Christymahoro9609
    @Christymahoro9609 6 หลายเดือนก่อน

    Speak , very powerful and all glory the glory to God.

  • @MarieIrakoze-dd8kd
    @MarieIrakoze-dd8kd 6 หลายเดือนก่อน

    Congratulations kubona warabohotse Madam be blessed jojo

  • @huguetteimboneza4919
    @huguetteimboneza4919 ปีที่แล้ว +1

    Waouw Dieu est amour nukuri

  • @lilybilluwimbabazi7764
    @lilybilluwimbabazi7764 7 หลายเดือนก่อน

    Amen Jojo God bless u more ngo ntawuvuma iritararenga Imana Yonyine niyo Ishyira akadomo ku mu babaro nibindi byose(Hari ahantu wavuze neza ngo:Nta kure Imana Itakuvana kandi nta nakure Itakugeza.Hagati aho uri mwiza cyane useka neza bref usa neza hose hezagirwa+)

  • @yolo._96
    @yolo._96 8 หลายเดือนก่อน +1

    Intahe nziza

  • @AlexisNiyongabo-p3o
    @AlexisNiyongabo-p3o ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤❤

  • @MukankurangaIrene
    @MukankurangaIrene 7 หลายเดือนก่อน

    Urakoze kuri iyontahe,kuko nanje ndarindiriye,kndi ampaye ivyizigiro vyuko izangirira neza,ntizompemukira.

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro 8 หลายเดือนก่อน

    Dada Uhoraho akomeze ibikorwa vya warubizi mukomeza kudushikana muri relation n'Imana tukarira numunezero wintahe woah ndi Iburundi ndabakurikirana cane courage ubutame bwa warubizi zubwubusa mu mwami murumugisha❤❤❤

  • @niyonkurumichelniyonkuru8520
    @niyonkurumichelniyonkuru8520 8 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe gose kd ihabwe icubahiro kubw'impinduka iyo ntahe iza gufasha avandi

  • @vivantienneuwimana105
    @vivantienneuwimana105 6 หลายเดือนก่อน

    Imana ibahe umugisha twese yadukuye mw ishayo y ivyaha joce urakoze uradukomeje

  • @joellamutoni21
    @joellamutoni21 ปีที่แล้ว

    Oooooh Imana ni nziza . lntahe yubaka. Ndanezewe kubwaw Joce ukomez wubak benshiii lmana yariko igutegura kuba igikoresho ciza mugih nkiki.

  • @mariekamikazi9308
    @mariekamikazi9308 ปีที่แล้ว +1

    Amen Madam pasteur

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 6 หลายเดือนก่อน

    Intahe yawe irabonekako iri sincere ninaco gituma yubaka. Imana Ihabwe Icubahiro

  • @vincent-jt1ty
    @vincent-jt1ty 6 หลายเดือนก่อน

    Wonderful testimony. Bless you mama pastor

  • @JaquelineNijimbere
    @JaquelineNijimbere ปีที่แล้ว +1

    Murakoze cane kurintahe muduhaye muhezagirweee

  • @goodz993
    @goodz993 6 หลายเดือนก่อน

    Nukuri uyu mu mama Yesu ahabwe icyubahiro cyose kuko yaramuteguye cyane

  • @natachakwizera
    @natachakwizera ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda

  • @laetitiankeshimana3451
    @laetitiankeshimana3451 8 หลายเดือนก่อน

    Intahe nziza, iranyubatse. Hezagirwa Jocelyne.

  • @alicebitanga-t7z
    @alicebitanga-t7z 6 หลายเดือนก่อน

    Imana ihabwe icyubahiro kubwawe mubyeyi wa yesu

  • @gloriahakizimana6764
    @gloriahakizimana6764 6 หลายเดือนก่อน

    Hallelujah. Mbegintahe wee

  • @blessedgirl1252
    @blessedgirl1252 6 หลายเดือนก่อน

    Mdaryohewe cyane kumva ineza na gukomera kw Imana.

  • @EmileNduwayo-hc2bc
    @EmileNduwayo-hc2bc 11 หลายเดือนก่อน

    Intahe nzima.i burundi turabakurikira .mukomeze iyo nzira.

  • @nadine-fd1sp
    @nadine-fd1sp ปีที่แล้ว

    Yesu yaragucuz pe courage muvyeyi ndafashijw

  • @emmachauvet9827
    @emmachauvet9827 6 หลายเดือนก่อน

    Amen 💖 Imana ishimwe cane

  • @annonciataumingabire1460
    @annonciataumingabire1460 ปีที่แล้ว

    Amen ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤mama nagukunze muzaduhe nimero yuyumama

  • @AngeAkezamutima-fq7pp
    @AngeAkezamutima-fq7pp 8 หลายเดือนก่อน

    Amen❤ ngize ivyizigiro nanje Imana izontabara

  • @alinenduwimana5859
    @alinenduwimana5859 6 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤Imana ninziza kweli

  • @didimun1400
    @didimun1400 7 หลายเดือนก่อน

    YESU NIMWIZA AHINDURA BENSHI 🙏🙏

  • @ndayizigiyepichella7126
    @ndayizigiyepichella7126 ปีที่แล้ว

    God bless you…🙏🙏
    Ndafashijwe

  • @JailosAbron-sv5wb
    @JailosAbron-sv5wb 8 หลายเดือนก่อน

    Amen 🙏

  • @ujenezaorthance9961
    @ujenezaorthance9961 ปีที่แล้ว

    Mubyeyi Twabaye ho kubwamasengesho yababyeyi bacu
    Njye nakoze ibirenze ibyo peee
    Ariko Yesu ni mwiza pe iyo ntekereje impamvu ntapfiriye muri ubwo buzima iyo ntekereje ibyo naciyemo bintera ubwoba

    • @irakozedarlene7743
      @irakozedarlene7743 ปีที่แล้ว

      Urakoze cane Orthance turashima Uhoraho kubwawe woba wipfuza gushinga intahe mwoturondera kuri numero ziraho hejuru kugira tuzane benshi kuri kristu 🙏🏼

  • @NdayikezaDelphine-gh7xq
    @NdayikezaDelphine-gh7xq 6 หลายเดือนก่อน

    Mahoro mahoro nukuri madame Joslyne Imana imuhe umugisha kubwintahe yiwe jewe babaye mu rusengero imyaka irenze iminsi cumi nine Ariko navuye mu rusengero kubere ibikomere nibyo jewe ntanubwonanywa inzoga Ariko narimfise ibintu byinshi bituma ntegerana nana bishobotse mwoduha Nomero ziwe bishobotse umuntu yomugisha inama murakoze kuko u u Sonja murusengero amateraniro nayakurikora Kiri TV

  • @celiavaninaigiraneza1702
    @celiavaninaigiraneza1702 6 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 6 หลายเดือนก่อน

  • @NINAKWIZERA
    @NINAKWIZERA ปีที่แล้ว

    Amen ❤❤

  • @michaellankurayija1822
    @michaellankurayija1822 ปีที่แล้ว +1

    Bel témoignage🙏❤️

    • @esperancendayishimiye6450
      @esperancendayishimiye6450 ปีที่แล้ว

      Nivyo vraiment

    • @hitimanaj.claude231
      @hitimanaj.claude231 8 หลายเดือนก่อน +1

      ndavye ukuntu ashinga intahe atavyo ahishahisha, biraboneka ko yakijijwe ico yarwaye. naninahaze imana kabisa yavuye kure.iyi ntahe izofasha benshi.

  • @nduwamariyadiane5184
    @nduwamariyadiane5184 ปีที่แล้ว

    Intahe yubaka
    Ndakunda ibiganiro vyanyu
    Muhezagigwe

  • @benisseinamahoro8635
    @benisseinamahoro8635 8 หลายเดือนก่อน

    Imana ninziza

  • @alicefaisane4212
    @alicefaisane4212 8 หลายเดือนก่อน

    Mambata!

  • @NiyonkuruJacqueline-h1v
    @NiyonkuruJacqueline-h1v ปีที่แล้ว

    Murakoze

  • @jamykaneza2715
    @jamykaneza2715 ปีที่แล้ว

    Yesu agira neza🎉❤

  • @Shimwa506
    @Shimwa506 ปีที่แล้ว +1

    I loved your testimony God bless you Jocelyne.

  • @nduwamariyadiane5184
    @nduwamariyadiane5184 ปีที่แล้ว

    Muduhe numéro ya jocelyne
    Merci

    • @irakozedarlene7743
      @irakozedarlene7743 ปีที่แล้ว +1

      Mwokwandika kuriyo numero iraho hejuru muheze muvugane murakoze cane

    • @MamyEsperance-rm6bt
      @MamyEsperance-rm6bt 6 หลายเดือนก่อน

      Muduhe nimero ya Jocelyine murakoze 😊

  • @dalinehabarugira8154
    @dalinehabarugira8154 ปีที่แล้ว +1

    Alléluia alléluia 🙏🏾🙏🏾🙏🏾Imana yakurokoye kandi ukorera ishimwe cane mudamu mwiza Jocelyne ❤

    • @anatoliebishahu5069
      @anatoliebishahu5069 ปีที่แล้ว

      Waouh, intahe yawe iranyubatse. Mana yanje urakunditse cane.Hezagigwa.

  • @Ndikumanaldephonse
    @Ndikumanaldephonse ปีที่แล้ว +1

    Imana ishoboye vyose