ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Komera.
Mutama Ntafatiro za urakora abo batanga manors barazi ivyarivyo..In Goma za Gitega zizokwama ari izambere..
Nǎnje nkiríhò sinzôréka kuvùga!
Amahoro mwubahwa. Murakoze ku vyo mudushikirije,na canecane kutwipfuriza umwaka mushasha mwiza
Mugire umwaka mwiza. Kandi uze ugire imisi myiza cane.
wubahwe
Ramba mwubahwa ,urakoze cane
Mwubahwa na wewe urakaramba cane.
Nibakwishure Mutama
Nibanyishure hanyuma duheze dutere imbere twumve neza.
Ndagukunda cane
Na jewe ntiworaba uransanga mu mbari tuvugane neza cane. umuvugangoma @yahoo.fr
Hangama Mutama Ntafatiro,ur'umuhinga mungoma sivyo urondeza ningabirano wazananye uje mw'isi
Ego cane jewe ndavuga neza ingene umurisho wandikwa.
❤❤❤❤❤ urakoze
Korerwa mugenzi! Nt co ntazokora ngo ibintu bimenywe!
Jewe ndumutimbo narabonye abakobwa bumutama gikere numutama Bacanamwo bavuza ingoma mugishora
Aho ma! Jewe mpora mvuga ibintu abantu bakavuga ngo ni imbesshere canke ngi inkuru nironderera canke ngo nshaka kumenyekana.
Muragize neza kuduha icigwa kizima
Nta kundi nokora atari kubabgira ingene ibintu bimeze.
Vyiza
Twese.
Rwira mwubahwa Ntafatiro
Twese mwubahwa. Urakaramba urakagwir uragahora ku ngoma.
Mbaye uwambere ngaha kuriyimbuga. Kandi ndaguhaye Like.Mwaramutse na mwiriwe neza....Reka twige kubijanye n' ingoma.
Ndagize mwiriwe. Nanje nta co ntazokora ngo Abarundi bamenye ibintu biranga intambo zabo.
Irambire ncuti!
Turambane mugenzi wa jewe!
Yaco uza uraswaganya udebagura wigira kamenyi abanditse amabanga y'ingoma utaranavuka ni benshi
Abo ni bande ngo baze duhaye?
Iyo GISHORA bishitse igatsinda KO udahora utuma urutoke Abo bagore wanka muri jury kandi baba barimwo?
Wikundwakaza kuri GISHORA kugira bikunde, abarundi batahure KO uri umutimbo??? Ushaka kudutahuza KO Wewe uruta Antime muvyingoma?? 😂 iyo certificat hari benshi baronse iyiruta iyo😂
Komera.
Mutama Ntafatiro za urakora abo batanga manors barazi ivyarivyo..
In Goma za Gitega zizokwama ari izambere..
Nǎnje nkiríhò sinzôréka kuvùga!
Amahoro mwubahwa. Murakoze ku vyo mudushikirije,na canecane kutwipfuriza umwaka mushasha mwiza
Mugire umwaka mwiza. Kandi uze ugire imisi myiza cane.
wubahwe
Ramba mwubahwa ,urakoze cane
Mwubahwa na wewe urakaramba cane.
Nibakwishure Mutama
Nibanyishure hanyuma duheze dutere imbere twumve neza.
Ndagukunda cane
Na jewe ntiworaba uransanga mu mbari tuvugane neza cane. umuvugangoma @yahoo.fr
Hangama Mutama Ntafatiro,ur'umuhinga mungoma sivyo urondeza ningabirano wazananye uje mw'isi
Ego cane jewe ndavuga neza ingene umurisho wandikwa.
❤❤❤❤❤ urakoze
Korerwa mugenzi! Nt co ntazokora ngo ibintu bimenywe!
Jewe ndumutimbo narabonye abakobwa bumutama gikere numutama Bacanamwo bavuza ingoma mugishora
Aho ma! Jewe mpora mvuga ibintu abantu bakavuga ngo ni imbesshere canke ngi inkuru nironderera canke ngo nshaka kumenyekana.
Muragize neza kuduha icigwa kizima
Nta kundi nokora atari kubabgira ingene ibintu bimeze.
Vyiza
Twese.
Rwira mwubahwa Ntafatiro
Twese mwubahwa. Urakaramba urakagwir uragahora ku ngoma.
Mbaye uwambere ngaha kuriyimbuga. Kandi ndaguhaye Like.
Mwaramutse na mwiriwe neza....
Reka twige kubijanye n' ingoma.