Pst Denise NKURUNZIZA - KUBIRENGE KWA YESU

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 5

  • @miracleange1588
    @miracleange1588 ปีที่แล้ว

    Iman yacu iguhumugisha nukuri kuba kubirenge vyayesu tugira mahoro nukuri ndafashijwe uhezagigwe mama wacu ndagukunda cane utwitwararika buri musi imaniguhe kuramba nagakiza karenze kwako ufise uyumusi murakoze cane

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9 ปีที่แล้ว

    Pastor,YESU aguhezagire cane
    Ariko maman Pastor,kuberako nitwa Marita,iyo numvise ivyashikiye Marita mazina yanje ncangira ubwoba yuko umenga naremewe gukora ibidashimwa mu buryo bw'mpwemu.

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @alicealice364
    @alicealice364 ปีที่แล้ว

    Mana fasha mbe kubirenge kwayesu

  • @ijuruisi7460
    @ijuruisi7460 ปีที่แล้ว

    Ariko na Marita ibyo yakoze ni ngomwa Dukwiye kuba Mariya ariko tutibagiwe na Marita!none se wakwiga gusa utarya??