KOMEZA GUSENGA - IHEREZO RYIZA - { Petero Nkurunziza }

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 มิ.ย. 2021
  • ni indirimbo ya choral komeza gusenga
    Perezida Petero Nkurunziza [18/12/1964 - 8/6/2020]
    ------------------------------------------------------------------------------------
    #PeteroNkurunziza
    ©Copyright All rights reserved 2021
  • เพลง

ความคิดเห็น • 33

  • @Ni-No-Munyerere
    @Ni-No-Munyerere 8 หลายเดือนก่อน +2

    SON EXCELLENCE PRESIDENT PIERRE NKURUNZIZA
    JEWE NDANWITA INTWARI YA NYAYO
    =>Aho ni mu ndirimbo yanje yitwa "Ibihe twimirije"
    Chorale KOMEZA GUSENGA Imana ibakomereze amaboko kandi Impwemu zanyu zirindwe wa mubi
    Amen

  • @nkeshavenicius2186
    @nkeshavenicius2186 2 ปีที่แล้ว +3

    Amahirwe mwagize yo kuyoborwa numuntu ukunda Imana nka HE Peter Nkurunziza ntimuzayapfushe ubusa barundi.Naramukundaga bihebuje!

  • @Lahai-Roi
    @Lahai-Roi 3 ปีที่แล้ว +4

    Courage bagenzi

  • @nsavyimanaemmanuelique5873
    @nsavyimanaemmanuelique5873 ปีที่แล้ว

    Papa NKURUNZIZA

  • @NDAYIKEZAVianney-jy7km
    @NDAYIKEZAVianney-jy7km 8 หลายเดือนก่อน

    Iyindirimbo ndayiravye imisiyose ncankororamosozi

  • @pascal5637
    @pascal5637 3 ปีที่แล้ว +2

    Mana nukuri isintampuhwe😭😭😭😭😭ariko ntakundi kaziyamungu Haina makosa😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @patrickniyonsaba7624
    @patrickniyonsaba7624 2 ปีที่แล้ว +3

    Murakoze

  • @ezechielndayizeye44
    @ezechielndayizeye44 2 ปีที่แล้ว +1

    Ruhuka amahoro mutama S.E Pierre Nkurinziza! Imana iguhe iruhukiro ryiza!

  • @alliancendayishimiye3669
    @alliancendayishimiye3669 25 วันที่ผ่านมา

    I missed this money namumenye gakeya ariko naramukundaga pe

  • @salmayusuph2901
    @salmayusuph2901 3 ปีที่แล้ว +2

    Mungu muweke mahali pema peponi😭😭😭🙏🙏🙏

  • @benjaminbenson743
    @benjaminbenson743 3 ปีที่แล้ว +2

    Imana niyo yabishats kovyos biba nubwo vyatubabaj turacibuka ivyiza yakorey igihugu cacu ciza twes dusengere iherezo ryacu rizobe ryiza

    • @oscarnshimirimana
      @oscarnshimirimana 2 ปีที่แล้ว +2

      Murakoze bararimvyi bacu kugikorwa ciza iyindirimbo iraruhura!

    • @dizmodizo6420
      @dizmodizo6420 2 ปีที่แล้ว

      Irukire amahor muvyeyi wadusigiye iragi ryiza natwe tuzoguma tugusabir kumana papa nkurunziza🇧🇮🙏🙏

  • @richardunknown-ge4fj
    @richardunknown-ge4fj ปีที่แล้ว +1

    Votre passage restera vivant()( Muta ruhuka amahoro isi nikwimeze harumusi wokukuka numusi wogupfa

  • @ancimika9993
    @ancimika9993 2 ปีที่แล้ว +2

    SE Nkurunziza Pierre you will remain present in our memories

  • @iribaryubuzima3038
    @iribaryubuzima3038 3 ปีที่แล้ว +1

    sogokuru niwigire amahoro

  • @esperancekwizera9391
    @esperancekwizera9391 ปีที่แล้ว

    Biragoye gutahura ariko Imana ntiharirizwa. Komeza uruhukire mumahoro Sebibondo. Impundu zabamalayika mw'ijuru zigusa zigusanganire.

  • @LenineManariyo
    @LenineManariyo 3 ปีที่แล้ว +11

    Niwaba warakunda Sogokuru Petero Nkurunziza nturengane utagize subscribe kwiyi chaîne ya Komeza Gusenga

  • @niyonzimageovanie6344
    @niyonzimageovanie6344 ปีที่แล้ว

    Papa Imana iguhe iruhuko ryiza wadusigiye iragi ryo gusenga

  • @claudineuwimana6490
    @claudineuwimana6490 3 ปีที่แล้ว

    Be blessed our Singers.Komeza iragi rya Sokuru wacu NKURUNZIZA

  • @kangabejosephine2117
    @kangabejosephine2117 3 ปีที่แล้ว

    Waruwo kwigira mwijuru koko

  • @sshh5464
    @sshh5464 2 ปีที่แล้ว

    Umengo warubizi disi warasaze iragi iruhukire muvyeyi wari muvyeyi 😭😭😭😭

  • @HypoliteMinani-oo6kx
    @HypoliteMinani-oo6kx 9 หลายเดือนก่อน

    Najwa mubatazokwibangira'ndimwo kukoniww mwisiyosewariumuprezidaAsenga

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 2 ปีที่แล้ว

    HARAHO MPORA NIBAZA KO NDIKO NDAROTA IYO NIBUTSE KO MUTAMA YATASHE... IRUHUKIRE MUTAMA ABARUNDI TUZOKUZIRIKANA IMYAKA YOSE...............OMG...............

  • @alexandern.1752
    @alexandern.1752 ปีที่แล้ว

    RUHUKA AMAHORO NTABWO TUZOKWIBAGIRA

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 2 ปีที่แล้ว +1

    Murandijije uyumugoroba ndabaramutsa micheline mwese ndabakunda mwarahezagiw

  • @iga2023
    @iga2023 2 ปีที่แล้ว

    RIP Pierre Nkurunziza.

  • @byosenews1090
    @byosenews1090 2 ปีที่แล้ว

    RIP

  • @iracymartins1432
    @iracymartins1432 ปีที่แล้ว

    Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza

  • @burundifashionmodel6727
    @burundifashionmodel6727 3 ปีที่แล้ว +2

    Rest In Peace DADDY Petero Nkurunziza

  • @IRADUKUNDAFLUGANCE
    @IRADUKUNDAFLUGANCE 2 หลายเดือนก่อน

    Niki muzomwibukirako kizima yakoze

  • @nsavyimanaemmanuelique5873
    @nsavyimanaemmanuelique5873 ปีที่แล้ว

    Papa NKURUNZIZA