ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Petero niwe Nkurunziza. Reka nkabyine maze Bene Kagame bicwe n'agahinda. Uzahora mu mitima yacu mubyeyi kandi abenshi twishimiye kuba twarabanye nawe tukaba tubwirizwa gukundana nk'uko wadukunze dukwirakwiza inkuru z'ibyiza watugejejeho. Ruhuka Amahoro.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 igihe cose ndumva harivyo ntazibagira. Thx vichou
Nkurunziza forever in our Heart
We Miss you our president rest in peace😢😢😢
Thank you bro...u re among patriotic burundians
😥😥😥😥RIP my president
Vyiz musaza courage 👏👍🇧🇮
Merci bcq vichou! Il restera toujours dans nos coeur!
Woooow so nice Vichou love😘😘😘😘😘nice song really 🥰🥰🥰🥰🥰congratulation my V
Big up San vichou love
Yooo merci beaucoup Vichou Mkali wa live 🙏🙏🙏
Oya iyi ndirimbo idutetara umusonga kwitwibutsa Sogokuru Wacu yagiye Tutamuhaze ariko ntakundi nivy'Imana kuko ikora ivyayo Imana imushumbushe ibimukwiye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Urukundo nurwose ntutuzigera tumwibagira nafato Umugabo wijunja atatinya igitsure
Twarabuze vichou wacu IMANA ikunezereze ikutuzigamire gose Nice song🎵
God bless you bro let’s us praise him. Big up for good messenger
Petero Nkurunziza, umuvyeyi wacu ntituzokwigera tukwibagira😭😭
Merci merci merci Vichou Love gukora clip finally yiyi song! Ikoze neza cane gose impande zose, ntiyari iyo kugumiza mu kabati kweli.
Petero Nkurunziza 😭😭😭😭😭😭
Petero Nkurunziza🙏🙏🙏💗💗💗
Miss You my president, my hero #PNkurunziza🇧🇮
Kbs
uri umuririmvyi wambere mu 🇧🇮 washoboye guhayagiza ivyiza, ugashima ibikorwa vyiza vy'uwabikoze akiriho,warukwiye kwitabwaho kweri urafise umutima ushima atagahemo
😭😭😭😭nciye ndira unyibukije kuree😭😭,hasigaye uririmbire Evariste Ndayishimiye🇧🇮
Nkurunziza mumutima wanje sinzibagira kuko ivyawe ntawobovuga ngo abiheze.Ruhuka amahoro papa
Nukuri uriyumvira bikwiriye vichy
Ntituzomwibagira mutama wacu yatubereye Intwari mugihugu
Président de tous les temps.RIP
Dushaka.nkizi
Rip our president 😭😭
Respect vichou
Vidéo nziza🙏🇧🇮 tuzohora twibuka amateka yiwe💪💪🇧🇮🇧🇮
Yarasize iragi tutaziger twibagira
Vichou love thank you yooooooo r.i.p😣😣😣😣😣😣😣
Komera muteremujimbere 👍
❤nice songs
😭😭👌
Great song
Merciiiii Vichou
Steel like this song
Kabisa
Ubu urayi sohoye kv kr ko utayi sohoye kuel
Petero nkurunziza. Rip
🤗🤗🤗❤💕
Nice song
👑
❤❤❤❤
Yabay inkingi y'iterambere
🙋♀️🙋♀️
Best song ever but RIP 😭
♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😭😭😭
Thx urashoboy
😥😥😥
Dommage! Vous ne savez pas ce que vous chantez!! Un dernier pays pauvre au monde!! Et vous chantez ses mérites qui n'ont pas parté fruits!! Du n'importe quoi
Tu dis quoi alors vaut mieux que tu te tais parce que tu ne sais ce que tu viens de dire
La ferme!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮😭😭😭😭😱🇧🇮🥰🥰