KIDUM n'agahinda avuze Amajambo akomeye kuri MISS BURUNDI//Amanyanga avugwa//Kera jewe naryama hanze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • KIDUM n'agahinda avuze Amajambo akomeye kuri MISS BURUNDI//Amanyanga avugwa//Kera jewe naryama hanze
    #kidum #missburundi2022

ความคิดเห็น • 97

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 2 ปีที่แล้ว +6

    Kandi iconkundira Big Fizzo aracubaha Kidum! Kandi na Kudum avuga neza Big Fizzo!! Sha nukuri nikiganiro Ciza cane goose kabisa nimwirambire kabisa! Just Gael urumu nyamakuru mwiza nkunda kubera urazi kubaza kabisa nimwirambire!❤️❤️❤️🌹🌹🌹 🇧🇮 Imana itugumirize Kidum ari muzima imyaka myishi Amen!🙏🙏🙏🙏🙏

  • @prudencenahinguvu746
    @prudencenahinguvu746 2 ปีที่แล้ว +4

    Kidum ndibuka numva kuri radio zo muri Kenya Nairobi muri 2000 nimba ntihenze havugwamwo ngo "Nyamara isake ntigira amenyo"!!! twaratangaye iyo bivyue ariko bidatevye twaciye twumva ko ari Kidum arimwo!! Big up ncuti!!

  • @elyseg_lighth2267
    @elyseg_lighth2267 2 ปีที่แล้ว +10

    Just Gaëlle urabaza ibibazo vyubwenge wubahwe 🔥🔥🔥

  • @manmahuna1160
    @manmahuna1160 2 ปีที่แล้ว +2

    C'est vrai.....kidum hari abakenya benshi batazi ko ari umurundi.....il est superstar au Kenya.....
    Il est tres professional muzee

  • @johnny7142
    @johnny7142 2 ปีที่แล้ว +7

    #kidum is a living legend we should appreciate him every single day🙌🇧🇮🇧🇮👑

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 2 ปีที่แล้ว +8

    Courage ndabona ibintu nisawa juste,images ziratesa wateyimber 🙌🙌

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 2 ปีที่แล้ว +3

    Pôle sana Kidumu.ndunva warahangayitse

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257 2 ปีที่แล้ว +4

    Waooo ikiganiro ciza kbs
    Amasanamu meza cane
    Amajwi meza cane

  • @thomasndayisaba2454
    @thomasndayisaba2454 2 ปีที่แล้ว +2

    The number one presenter #Justegaaél with living legend 🇧🇮✌️ nice interview vraiment images top , questions,vibes .....etc

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 2 ปีที่แล้ว +7

    Intro yawe uratesa petit gael gusa chemistry ywa na kibido ni full bro

  • @Lyrics90
    @Lyrics90 2 ปีที่แล้ว +3

    Mzee wama story ☺️, our legend!!!

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 2 ปีที่แล้ว +3

    Kidumu Kibido (K.K) tuvyumvakumwe kuri Miss Kelly Ngaruko 2022
    Ibazenawe arumwanawawe canke umusengezana wawe canke mwishwawe canke muvyarawe agatorwa kuba Miss yatsinda ukacawumva abagumabavuga ngonimubi!
    Ndababwizukuri ucusanga urikurasuzugura abantu bataribake mugihugu.

  • @urinkuru111
    @urinkuru111 2 ปีที่แล้ว

    All you say, its truly show your legendary
    John pierro really you have your own advice that hidden full of skills at all🙏!

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว +3

    Kuvyukuri nanje vyarambabaj ndikondabona ngo miss nimubi 😥😥 abarundi benshii inzigo yaratwishe

    • @fdff3980
      @fdff3980 2 ปีที่แล้ว

      Nuko arumuhutu kazi nico gituma harimiss wumuhut wari bwabone?? Kimwak uwatowe ntuziko bavyanse kandi yarenganye bamutoye arik kuber yari hutu nimodoka bamuhaye ntuyamenye niyo yayongeye 🤣🤣🤣🤣

  • @MohammedAli-xw1kt
    @MohammedAli-xw1kt 2 ปีที่แล้ว

    Waaaaa uuuu, Kidumu 💋❤️💓💞👍

  • @uwizeyimanaolivier6674
    @uwizeyimanaolivier6674 2 ปีที่แล้ว +2

    The legend kidumu and big fizzo

  • @eveneven8726
    @eveneven8726 2 ปีที่แล้ว +1

    Kidumu ilove 😘😘😘😘💪

  • @maximendayisenga336
    @maximendayisenga336 2 ปีที่แล้ว +3

    Respect to this Channel

  • @madashayanobel798
    @madashayanobel798 2 ปีที่แล้ว +4

    Umukubito courage broi👍👍

  • @MusicOfBurundi
    @MusicOfBurundi 2 ปีที่แล้ว +4

    If music was Person❤

  • @adriennduwayo8564
    @adriennduwayo8564 2 ปีที่แล้ว +3

    Magomeni Mapipa!! Twarahabaye!

  • @stephaniempawenimana1405
    @stephaniempawenimana1405 2 ปีที่แล้ว +1

    Love you my brother kidumu

  • @Cpodcast1
    @Cpodcast1 2 ปีที่แล้ว +3

    Kidum🇧🇮🔥

  • @aimablemablovic1814
    @aimablemablovic1814 2 ปีที่แล้ว

    Gallere Nawel ndakwemera Sana kuko urumwe utuzanira abaririmvyi tuba dukeney Big up

  • @omarnkeshimana5007
    @omarnkeshimana5007 2 ปีที่แล้ว

    Mugani wa Kidumu nibavyare rwabo bamwite miss Burundi nibatekana namajambo atagira mvura burya icishe Abantu ni inzogo ishari kuburyo batifuzako abandi baterimbere izo nzigo nizo zizotuma tudafashanya tudaterimbere bikanatubuza ijuru nimureke ishari miryohererwe Niko ABANDI bateyimbere

  • @ngabchris683
    @ngabchris683 2 ปีที่แล้ว +2

    My bro big up

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 2 ปีที่แล้ว +1

    Wow ntubona none impanuro zuzuy.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🔥🔥🔥💪💪💪💥💥💥💥💥💕💕💕🙏🙏🙏

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 2 ปีที่แล้ว +2

    Kidumu ♥️💞💞💞💞💞

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 2 ปีที่แล้ว

    Kuberiki Abarundi tudakundan dufatanemunda miss burundi nimwiza utavyemer upinz'Imana yamuremye

  • @lewisniyonkuru3089
    @lewisniyonkuru3089 2 ปีที่แล้ว +1

    Gael wambaye bien man .Salute

  • @nsengimanapatrick6098
    @nsengimanapatrick6098 2 ปีที่แล้ว +1

    Ugize ikiganiro ciza cane vrment uhanuye neza cane je nitwa papi wo kwa marita hefo yiwanyu

  • @anicetbibonimana1324
    @anicetbibonimana1324 2 ปีที่แล้ว +2

    Love from b boy seven just Gaël

  • @YvesKAMIBURUNDI
    @YvesKAMIBURUNDI 2 ปีที่แล้ว +4

    The Maestro himself 😎🙏🇧🇮

  • @richard-kellymbonimpa9237
    @richard-kellymbonimpa9237 2 ปีที่แล้ว

    Témoignage yawe Mutama irababaje mais Imana ishimwe ko yakuziganye

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 2 ปีที่แล้ว +1

    Belles images...congrats

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 ปีที่แล้ว

    Nanj ntukunda kumvuga🤣🤣
    The Legend🎩

  • @bigirimanajoseph4590
    @bigirimanajoseph4590 2 ปีที่แล้ว

    Gaele unanikubalisha ukihanza presetation songa mbele kidumu namukubali sana

  • @mughishajohn3287
    @mughishajohn3287 2 ปีที่แล้ว

    Namkubali sana msee babalao kand wirambire can Just Gael kuk urashoboy kumukubito

  • @kanyangeassumpta5832
    @kanyangeassumpta5832 2 ปีที่แล้ว

    God had a plan on you brother. Much appreciated

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 2 ปีที่แล้ว +3

    Ubuz abantu kuvuga nka nde mon frr,hama uririmba neza zirimwo msg indirimbo zawe,fan....

  • @izerelouannaarchie3011
    @izerelouannaarchie3011 2 ปีที่แล้ว

    Umu legend wacu shaa🇧🇮

  • @joleal7941
    @joleal7941 2 ปีที่แล้ว +1

    Komer kidumu 💪 kibuganizo

  • @fdff3980
    @fdff3980 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo mutaba kidumu bambwirire nibazane rwabo nuko arumuhutu kazi nico gituma bariko bavuga yamuhe

  • @belindabg963
    @belindabg963 2 ปีที่แล้ว +4

    Miss Burundi based on Beauty ,Brain and Culture nimureke yarabatsinze muri vyose.

  • @ndayishimiyeferdinand3668
    @ndayishimiyeferdinand3668 2 ปีที่แล้ว

    nakomere turamukunda cane niwe muvyeyi wumuziki muburundi

  • @dsamdsam518
    @dsamdsam518 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂 Kelly Ngaaaruko arakomeza kwihangana nta bindi kuko usanga arya manyanga yabaye ata ruhara yayagizemwo! Nayo abavyeyi nabo nukwihangana kuko vyaraboneka ko mu bahiganwe ata numwe Kelly yarusha ubwiza😂😂😂

  • @ndayishimiyeabdulkabir9793
    @ndayishimiyeabdulkabir9793 2 ปีที่แล้ว

    Wubahwe the burundian number one

  • @samuelniyonkuru4841
    @samuelniyonkuru4841 2 ปีที่แล้ว

    Nakubali sana Juste gaelo

  • @manekodrizzy6792
    @manekodrizzy6792 2 ปีที่แล้ว +1

    Hii sasa nilikuwa najua tu utaifanya y😂😂

  • @nsengimanapatrick6098
    @nsengimanapatrick6098 2 ปีที่แล้ว +1

    Je ico ndamwibukirako aho mukayanza yari yateye inda umukobwa se wiwe yamuguriye agakinga

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 2 ปีที่แล้ว

    Felicitations Nimbona JP

  • @ferdinandbangirinama7664
    @ferdinandbangirinama7664 2 ปีที่แล้ว

    Lycee Musigati

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 2 ปีที่แล้ว +1

    Baba lao ningekumisi sana

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 2 ปีที่แล้ว

    Pole sana kidum kibido bora kuna amani

  • @jizya671
    @jizya671 2 ปีที่แล้ว +1

    Kidumu💪💪❤️

  • @brianram391
    @brianram391 2 ปีที่แล้ว

    Love it

  • @hetmanrene
    @hetmanrene 2 ปีที่แล้ว

    Kidum mze barabara lao.
    Next time kuri stage muze mugerageze mugire performance nabarundi mugitanie collabo bose vyoryoha cane

  • @user-io4kq5yd7t
    @user-io4kq5yd7t 2 ปีที่แล้ว +1

    Uvuzukuri kwer nibamureke

  • @cedriclandrymugisha8555
    @cedriclandrymugisha8555 2 ปีที่แล้ว

    Afise histoire ibabaje arakoze gutanga message ku barundiii boseee narikooo baradusubiza inyuma

  • @bettymugisha5250
    @bettymugisha5250 2 ปีที่แล้ว

    Ndamukunda kidumu aririmba ivyazi

  • @fulgencetuyisenge3135
    @fulgencetuyisenge3135 2 ปีที่แล้ว

    Introduction nziza...ikiganiro ciza!

  • @ndayiragijefabrice6829
    @ndayiragijefabrice6829 2 ปีที่แล้ว +1

    Sad story😪

  • @tharcissemanirakiza6654
    @tharcissemanirakiza6654 2 ปีที่แล้ว +1

    Abarundi inzigo nizo zituma dutaterimbere!! Kidumu bahanure .jenanonye numutegetsi yahagurutse ariyerekana ahahagaze!! That was to shame!!!

  • @fulgencetuyisenge3135
    @fulgencetuyisenge3135 2 ปีที่แล้ว

    Waouuuuuuhhhh

  • @albertmusafi2551
    @albertmusafi2551 2 ปีที่แล้ว

    ikiganiro ciza kuko mwatumiye uwufise ico ahanura abandi kugira batere imbere

  • @lydiairakoze8506
    @lydiairakoze8506 2 ปีที่แล้ว +1

    Jiwazee ndakwemera muta

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮birantwengeje

  • @niyomwungereberchimas8506
    @niyomwungereberchimas8506 2 ปีที่แล้ว

    Komera musaza 💪

  • @MohammedAli-xw1kt
    @MohammedAli-xw1kt 2 ปีที่แล้ว

    🇧🇮✔️

  • @pichionerappeur2810
    @pichionerappeur2810 2 ปีที่แล้ว

    Nice

  • @hakizimanafidel5081
    @hakizimanafidel5081 2 ปีที่แล้ว

    Ukoraneza apaña bakoreshamwanya

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 2 ปีที่แล้ว

    Kidum good guy turi USA 🇺🇸

  • @wisdomstudioarchitecture
    @wisdomstudioarchitecture 2 ปีที่แล้ว

    Kiduu

  • @jeaninenshimirimana9195
    @jeaninenshimirimana9195 2 ปีที่แล้ว

    Lovuu💖kidumu

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 ปีที่แล้ว +1

    Muba muhazee😂😂❤🔥🔥

  • @evelynemagenge2944
    @evelynemagenge2944 2 ปีที่แล้ว

    👌👌👌

  • @willyjoyeuxinteyiteka4713
    @willyjoyeuxinteyiteka4713 2 ปีที่แล้ว +1

    Umutama wubuki

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 2 ปีที่แล้ว

    Nic

  • @richardkwizera9962
    @richardkwizera9962 2 ปีที่แล้ว +1

    Kibuganizo

  • @gisanigidancetv4279
    @gisanigidancetv4279 2 ปีที่แล้ว

    nice kibido

  • @eactravel
    @eactravel 2 ปีที่แล้ว

    Mkbto courage

  • @MsColinlove
    @MsColinlove 2 ปีที่แล้ว +2

    Nuburenganzira kudashima umu miss yatowe kandi ni nuburenganzira kuvyerekana!
    Ntawukundwa nabose!

  • @ndikumanaeric2595
    @ndikumanaeric2595 2 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ciza vrmt

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 2 ปีที่แล้ว

    Legand Kibido

  • @mdoman5229
    @mdoman5229 2 ปีที่แล้ว

    🙏🇧🇮❤️👍

  • @sourcedusavoir1182
    @sourcedusavoir1182 2 ปีที่แล้ว

    Ibintu 6 bituma umuntu adatera imbere.raba ngaha:th-cam.com/video/Gc5xvYXpdzQ/w-d-xo.html

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 2 ปีที่แล้ว

    Kidumu

  • @tharcissemanirakiza6654
    @tharcissemanirakiza6654 2 ปีที่แล้ว +1

    Ni lycee,Butara iri muri ndora!!!limite ya kayanza na Ndora muzabuhayira!!

    • @babyniyomufasha9408
      @babyniyomufasha9408 2 ปีที่แล้ว

      Oya urihenze ni lyce gatara iri mu kayanza mur commune gatara

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 ปีที่แล้ว +1

    Kibido babalao

  • @ndayizigiyealphonse4355
    @ndayizigiyealphonse4355 2 ปีที่แล้ว

    Kinama turatunze Umusaza kabisa

  • @graceingabire363
    @graceingabire363 2 ปีที่แล้ว

    Impanuro zuzuye ubwenge

  • @able257
    @able257 2 ปีที่แล้ว

    Uwu mu Miss ntazibagiranwa. Raba naha kwiyi Link uranyurwa://th-cam.com/video/ZwOR8xbAsNI/w-d-xo.html