OHOOO..Birangiye Bagiye muvyurukundo nukuri...|| Mbega umuhungu azi kuresha weee..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ธ.ค. 2020
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 33

  • @aal1855
    @aal1855 3 ปีที่แล้ว +2

    Tizzo Wesly ararimba neza Mana weee, aritonda, abatarumva indirimbo ziwe barahomvye 😍🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @ndemeyefiston7569
    @ndemeyefiston7569 3 ปีที่แล้ว +2

    Muraberany wallah 😂Tizzo fatira aho👌🏾

  • @sunnybvlogs4954
    @sunnybvlogs4954 3 ปีที่แล้ว +5

    Tizzo mkali wa interview 👏🤝watwitse urimanukira 🔥🔥 shanise u the best too . Keee it up for sure 🥰

  • @zuriathzouzou8285
    @zuriathzouzou8285 3 ปีที่แล้ว +3

    Afis mukanwa hez gus nkaha chr wanj😂😂😂

  • @jadouhuru
    @jadouhuru 3 ปีที่แล้ว +4

    My super star tizzo

  • @iteritekanelsonmandela4309
    @iteritekanelsonmandela4309 3 ปีที่แล้ว +1

    Vrmt Tizzo Wesley urashoboye gutanga interview uranyemeje kand ufise imigambi myiza Imana igushoboze cane

  • @Evra800
    @Evra800 3 ปีที่แล้ว +1

    Mudufashe muduhe iyo colabo na Kirikou

  • @bujamusic7692
    @bujamusic7692 3 ปีที่แล้ว +1

    Bro you are very talented 🔥 keep it up

  • @laaatlllt4411
    @laaatlllt4411 3 ปีที่แล้ว +5

    🤣 🤣 🤣 Murashushe

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 ปีที่แล้ว +7

    Uwomuhungu nimwiza kandi afise ijwiryiza

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 ปีที่แล้ว +5

    😁😁😁😁abakobwa ntitugoye ihenda ehe arakureheje yoooo wamukobwawe mwijoro embox turyame🤣🤣🤣🤣

  • @aaronbugbee7860
    @aaronbugbee7860 3 ปีที่แล้ว +4

    Ntawogaya

  • @vyimanaevelyne7728
    @vyimanaevelyne7728 3 ปีที่แล้ว +5

    Caurage

  • @chanicechandan2729
    @chanicechandan2729 3 ปีที่แล้ว +3

    Umu journaliste yitwa Chanice??

  • @teddybaguel1972
    @teddybaguel1972 3 ปีที่แล้ว +4

    Vyiz cn mutama gtz we love u so much

  • @workinternetmoney
    @workinternetmoney 3 ปีที่แล้ว

    🔥🔥nzoza unyigishe imitoma bro

  • @ernestngabirano3526
    @ernestngabirano3526 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndagkunz wizzoo

  • @eemilol
    @eemilol 3 ปีที่แล้ว +2

    tizzo ndakwibuk kur lycée gitaza twigana 9ème kbs komr

  • @muglandry6978
    @muglandry6978 3 ปีที่แล้ว +5

    Woow, muri 6mins pub 3 😮 Isaac oyah vrmt iyi ni too much 😂🥵 video izaguhera TH-cam yandandaje nanj

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว +3

    Ngoyaku draze🙄🙄 uwomu type afise voice nziza anasaneza

  • @princess-uf5ux
    @princess-uf5ux 3 ปีที่แล้ว +3

    Hhhhhhhh trésor

  • @manirakizamarius5438
    @manirakizamarius5438 3 ปีที่แล้ว

    Ndakunda ingene uririmba Tizzo ❤️wew uruwanje

  • @dangerman5809
    @dangerman5809 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣mbega imitoma

  • @babynadia9757
    @babynadia9757 2 ปีที่แล้ว

    Tizzo nimb ukund guhemuk ntunz uhemukir ury mwan

  • @yversonkzy257
    @yversonkzy257 3 ปีที่แล้ว +1

    😈😈👌👌👌

  • @tuyisabeyvette7558
    @tuyisabeyvette7558 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣

  • @jeanmarieirankunda765
    @jeanmarieirankunda765 3 ปีที่แล้ว

    Woncika ya Tizzo ng'iyi th-cam.com/video/JnI9vLkCf-k/w-d-xo.html

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 3 ปีที่แล้ว +1

    Uyumugungu ndamwemeye.
    Hanyuma mwayantumbero yogukebura abaririmyi bacu babarundi nashaka kubakebura ndababwirako izinaryindirimbo canecane iyomubamwamaze kuvuga kwariyikirundi mukwiyekwitwararika izinaryiyondirimbo rikabaryikirundi koko,
    Akarorero:
    TUBIGARAGAZE, iryonijambo ryikinyarwanda rikwije ibisabwa, nimbamutazi ukwomukirundi bivurwa muzombaze ahanyene kuri Isaac tv.
    Akandi karorero,
    WONCIKA, niryonijambo ryikinyarwanda rikwije ibisabwa.
    Ivyovyose mutabizi muzombaze ahanyene kukonubwonzobantarihafi ntihazobura uwubibafasha.
    Ikindi muzemurarwiza kubaza amajambo amwe amwe yikirundi imbereyuko mushira kumbuga .

    • @douglas2513
      @douglas2513 3 ปีที่แล้ว +2

      Nibaza kowihenze cane. Bivuye mu rivuga "Kugaragara" hama "gucika "naryo ndamaze gusoma ibitabo ririmwo harimwo na bible yahinduwe mu kirundi.kandi ico womeny ikirundi n ikinyarwanda nico kimwe bitanye kenshi kuri prononciation hamwe n amajambo amwe amwe.Ariko amavuga menshi arasa