ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Komukurikiranwa nabake ivyo bidufasha iki kubarundi turimugihugu tuguma dutotezwa
Bravo Bob R. Courage 👍
Rugurika numwana jewe nzivyishi uze undondere nzivyishi cane abobose nabana jendumuntu wakera ndimuri amerika nibare kubahenda.
Turyanira ubusa igihugu cacu kibur kimw.kibur intwar nka rwagasore yogitwar agikund nay atar uy n'Imana izomuduh ataraz aband bos nukutury..
Ndabandiye nabatusi nibo bagitanze ntihagire amajambo muuvugameshi gikuru nuko abdadufashe twahunze twese murakoze.
Ingo mubivugire muburundi none 😂😂😂😂
Biragoye Aho tugeze
Turaramukije gose
Rekagusamaza abantu
Ni mu dederere nivyo mishobuye gusa abarundi twebwe umwansi dusigaranye turazizi kandi duhanganye naco ubukene vuba nko mumwaka umwe canke ibiri muzobura ivyo mu vuga
Inyankamugayo yiyemera nuwutazota umwanya ngwagiye munkinamico
Senidede wapi nibisuma
Murabasazi mumitwe!
Humura burundi uburundi bukeneye abakiri bato nibo bobushayura naho abobatama bafise inyota nyishi cane yokunwa amaraso yabarundi rondera abakiri bato amase yakera ntahoma urutaro
Mutama amatora yaraheze ahubwo ushaka kubashigikira
Nimurekebatware turonkagahengwe kimbonerakurekuko ntarindihitamwo
Untumire kuwamungu niho fise umwanya.
Abanyeporituke mwabonyeko abarundi ngira turibikeha bwenge none mbaze nkuwo Rwasa canke rugurika ubaha igihugu izondirimbo birigwa bararirimbi bozigira ibikogwa ntamunyaporitike mwiza abaho Bose banya amaraso yabanyagihugu dusabe Imana utugumize buraya mahoro numutekano lmana iduhe invura ibisigaye tuzokwibako mwese muhage mucika ibikoko gusa twebwe abarundi turashima umuvuduko uriko muvyiterambere
ALL😊OŊIIIIIIIL😊😮😢 l l lll l l
Ntaho utandukaniye numwicanyi
Waragowe
Jewe simbe nka wa murundi yacira umugani abandi barundi ngo ishavu ryimbwa riherera kumurizo, jewe ico nohanura umurundivwese ahari hose, nuko yogendavkwiyandikisha kugira aronke uburenganzira bwo gutora, ndetse no kwitoza. None umunyagihugu iyo akunda canke yanka intwari, yoyihana canke akayishimira gute? None harahandi atari mumatora? Erega turetse guhenda no kudategera umukino wa politique, amatora uyajamwo canke ntuyajemwo, ivyavuyemwo birakugenga uvyemera canke ntuvyemere. Abategetsi bayavuyemwo, baragutwara, wabemera canke ntubemera. Kujijura Lero abarundi, sukubabwira ngo ntimuje mumatora, oya, ubabwira uti ja mumatora hanyuma barya bategetsi canke urya mugambwe mudakunda ntimubatore. Ibi bindi vyose harimwo nibo muriko muravuga muriko kiganiro, nukujijisha abarundi, nukubiza démocratie gutezimbere. Kuvuga nivyiza muri démocratie, mugabo kuvuga ibijijisha abenegihugu ni bibi kuko uba uriko urasubiza démocratie inyuma. Bituma abenegihugu bumva Yuko hariho izindi nzira, izo nazo uko Ziza zisa kwose, nimbi kuko zituma abarundi bama muruhagarara.Cndd fdd nayo, uyikunda canke utayikunda, mugihe icemera kandi igaha akaryo umurundi wese akaryo ko kwerekana Aho ahagaze kuri politique iyoboye igihugu, umunyagihugu agahana canke agashimira umutegetsi yitwaye nabi canke yitwaye neza, mwoshaka mugakominduru, Cndd fdd izoguma ibatwara wamugani Wawa murundi Ayo zisenganywa zimoka.
Abarundi bokurikiza amasezerano yi arusha niyo yari umushonge w'iterambere hanyuma nitwige gucisha aho intahe icishije tureke kwiba amatora nayo ahandi ho nta demokrasi iriko iraboneka mu burundi tuzokwama ducinyizwa
Inyamaikilo30000 ntahovyakabaye .ikirocisukari.8000.kandi igicirokigashingwananeva. Nakamaramaza.igitorokibure.imyakaineirahezeatagitorokiharimuburundi .kandimubihuguvyoseigitorokiruzuyeijanakwijana.kwisokompuzamakungukiruzuye.arikokuberaubutegetsibubimuburundi.kunyonyezaabagwizatungabaranguraicogitoro.kubarihishaamakoriyumurengera.bagashakakobasambukirabo.inyunguboronkaikatwarareta.bigatumaabobadandazabatazanaicogitoro.kuberaindandendeyareta.retaniyoirikoyicaigihugu .irikoitwicishainzara.kandiibintuvyaribihari.sasaabenegihugumuzeduhagararetwigwaniredusenyureububutegetsibubu.iyiretaituryaitwicayekotuyiyambure.nayubundiho igihugucaraguyemumangaubutakivayo.muhagurukirerimwetwigwanaho.abarunditweseduhagurukirerimweatawusigayeinyuma .dusenyuresenidede efudede.barikobaturyabatwicayeko.tubiyambure.twironderere demokarasinyakuri .twikureumwansikwizosi
Komukurikiranwa nabake ivyo bidufasha iki kubarundi turimugihugu tuguma dutotezwa
Bravo Bob R. Courage 👍
Rugurika numwana jewe nzivyishi uze undondere nzivyishi cane abobose nabana jendumuntu wakera ndimuri amerika nibare kubahenda.
Turyanira ubusa igihugu cacu kibur kimw.kibur intwar nka rwagasore yogitwar agikund nay atar uy n'Imana izomuduh ataraz aband bos nukutury..
Ndabandiye nabatusi nibo bagitanze ntihagire amajambo muuvugameshi gikuru nuko abdadufashe twahunze twese murakoze.
Ingo mubivugire muburundi none 😂😂😂😂
Biragoye Aho tugeze
Turaramukije gose
Rekagusamaza abantu
Ni mu dederere nivyo mishobuye gusa abarundi twebwe umwansi dusigaranye turazizi kandi duhanganye naco ubukene vuba nko mumwaka umwe canke ibiri muzobura ivyo mu vuga
Inyankamugayo yiyemera nuwutazota umwanya ngwagiye munkinamico
Senidede wapi nibisuma
Murabasazi mumitwe!
Humura burundi uburundi bukeneye abakiri bato nibo bobushayura naho abobatama bafise inyota nyishi cane yokunwa amaraso yabarundi rondera abakiri bato amase yakera ntahoma urutaro
Mutama amatora yaraheze ahubwo ushaka kubashigikira
Nimurekebatware turonkagahengwe kimbonerakurekuko ntarindihitamwo
Untumire kuwamungu niho fise umwanya.
Abanyeporituke mwabonyeko abarundi ngira turibikeha bwenge none mbaze nkuwo Rwasa canke rugurika ubaha igihugu izondirimbo birigwa bararirimbi bozigira ibikogwa ntamunyaporitike mwiza abaho Bose banya amaraso yabanyagihugu dusabe Imana utugumize buraya mahoro numutekano lmana iduhe invura ibisigaye tuzokwibako mwese muhage mucika ibikoko gusa twebwe abarundi turashima umuvuduko uriko muvyiterambere
AL
L😊OŊI
IIIIIIL😊😮😢
l l
ll
l
l l
Ntaho utandukaniye numwicanyi
Waragowe
Jewe simbe nka wa murundi yacira umugani abandi barundi ngo ishavu ryimbwa riherera kumurizo, jewe ico nohanura umurundivwese ahari hose, nuko yogendavkwiyandikisha kugira aronke uburenganzira bwo gutora, ndetse no kwitoza. None umunyagihugu iyo akunda canke yanka intwari, yoyihana canke akayishimira gute? None harahandi atari mumatora? Erega turetse guhenda no kudategera umukino wa politique, amatora uyajamwo canke ntuyajemwo, ivyavuyemwo birakugenga uvyemera canke ntuvyemere. Abategetsi bayavuyemwo, baragutwara, wabemera canke ntubemera. Kujijura Lero abarundi, sukubabwira ngo ntimuje mumatora, oya, ubabwira uti ja mumatora hanyuma barya bategetsi canke urya mugambwe mudakunda ntimubatore. Ibi bindi vyose harimwo nibo muriko muravuga muriko kiganiro, nukujijisha abarundi, nukubiza démocratie gutezimbere. Kuvuga nivyiza muri démocratie, mugabo kuvuga ibijijisha abenegihugu ni bibi kuko uba uriko urasubiza démocratie inyuma. Bituma abenegihugu bumva Yuko hariho izindi nzira, izo nazo uko Ziza zisa kwose, nimbi kuko zituma abarundi bama muruhagarara.
Cndd fdd nayo, uyikunda canke utayikunda, mugihe icemera kandi igaha akaryo umurundi wese akaryo ko kwerekana Aho ahagaze kuri politique iyoboye igihugu, umunyagihugu agahana canke agashimira umutegetsi yitwaye nabi canke yitwaye neza, mwoshaka mugakominduru, Cndd fdd izoguma ibatwara wamugani Wawa murundi Ayo zisenganywa zimoka.