Agakiza by Anthony and John
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 9 ก.พ. 2025
- #Officiel lirics#
Refr: Biteye agahinda kubishimira ibikogwa bitabashingira intahe vyose nubusa
#Uvumereza ati MwamiMwami siwe azinjira mu Bwami bwo mw'ijuru ariko nuwukora ivyo Data wo mwijuru agomba×2
Menya yukoo ushobora Kuba ufise ingabire atagakiza vyose nubusa×2
Abasiguzi bishira hejuru abaririmvyi buzuye ubwibone abavugishwa barivanga cane bakavangigwa ×2
Biteye agahinda kuko muribesha ubwanyuu
Biteye agahinda kubishimira ingabire, ibikogwa bitabashingira intake vyose n'ubusa
Eeeeee Mungenzi wanje nyumviriza×2
Naho novuga mundimi nokumenya amabanga yose, n'ubwenge bwose×2
Naho noba mfinse ukwizera kwo kwimura imisozi irya Nino, ariko ntafise agakiza bagenzi n'ubusaa×2
Nikuki mugenzi wishimira ingabire hee rondera agakiza ubeho ibihe bisashiraaa
Rondera agakiza mugenzi rondera agakizaa
Rondera agakizaa ( ndakwinginze rondea rondera)
Ronderaa agakizaaa - เพลง