Musenyeri Simoni Ntamwana yasengeye Evariste Ndayishimiye imbere y'uko arahira

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 36

  • @ndihokubwayorichard7100
    @ndihokubwayorichard7100 2 ปีที่แล้ว +1

    Amasengesho meza amen

  • @melancentahomvukiye
    @melancentahomvukiye 7 หลายเดือนก่อน

    Umugisha w'aragufashe wararwanije ubwicanyi ntusa nkuwahahora

  • @zeref1929
    @zeref1929 4 ปีที่แล้ว +2

    Imana ikuyobore ntiwiyobore murivyose amen

  • @arcadearakaza6925
    @arcadearakaza6925 4 ปีที่แล้ว

    Imana imuje imbere nawe akurikire gutyo ntazigera yinjira mumutego azowusimba canke awuce hirya maze uburundi butere imbere.mana yacu twaguhaye ikibanza cambere muri vyose nahose,irongorere uburundi n'abarundi maze indongozi uduhaye uyikoreremwo kibirengeye kizima

  • @mukamusoniliberata4065
    @mukamusoniliberata4065 4 ปีที่แล้ว +2

    🙏🏿👍🏽 Turabakunda Barundi Bavandimwe bacu!

  • @bobleeswagger9645
    @bobleeswagger9645 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana imujimbere ntamere nkumwe yivugira ko yama arota abona umwana azakumasanganira atwenga avuga papa papa amuterura amuterera hejuru amusamisha igisu ubuzima bw'ikintazi bubaburazimangaye...
    ngw'aratuye asavye ibigongwe imbere yabarundi boseee. "Ico gihe nari ikinyeshamba ubu nd'umukuru w'igihugu ariko ntagatiro uwo mwana ndamuronkana" bwaca kabiri mbaye wamugani w'abasokuru ngo "iyakariye ntigata" abo yishe ari umukuru w'igihugu basumvye abo kurugamba.
    Imana igira ibigongwe bitangaje...
    Neva nawe naze turabe ivyiwe, umugani azosiga

    • @onesphoregafushi5693
      @onesphoregafushi5693 4 ปีที่แล้ว

      Mbega wewe wiyoberanya ntiwubahuke no kwiyira uko witwa ukuri kwawe kuri hehe? Ubwo urera? Canke winyegeza inyuma y'ikiyoberane c'izina witaziriye!!!!??

  • @jeanddrasaotegeka6310
    @jeanddrasaotegeka6310 4 ปีที่แล้ว +1

    Amina.
    I personally wish all the blessings to His Ex. CIC of Burundian Armed Forces .....big up CNDD- FDD......RIP HE Peter N.

  • @iga2023
    @iga2023 4 ปีที่แล้ว +2

    Isengesho ry'ubwenge bwinshi kandi rihimbaye caaane

  • @d.r.5350
    @d.r.5350 4 ปีที่แล้ว +1

    Blessed people 👍🏾🙏🏾

  • @ntirampebaodila5237
    @ntirampebaodila5237 4 ปีที่แล้ว

    Amen men 🙌💖

  • @ramseynshimirimana9252
    @ramseynshimirimana9252 4 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @ldnhmn2893
    @ldnhmn2893 4 ปีที่แล้ว

    Ameen

  • @abeer4201
    @abeer4201 4 ปีที่แล้ว

    Naho nari umu dd mugabo na jambo ribii novogaa kunyakwigendera pierre nkurunziza

  • @ndorirobert7099
    @ndorirobert7099 4 ปีที่แล้ว

    Amen 🙌

  • @jean-mariedikunduakila5481
    @jean-mariedikunduakila5481 4 ปีที่แล้ว +1

    YA SOLO MBOKA OYO EKOKENDE MOSIKA.NZAMBE AZUA LOKUMU.PE APAMBOLA MBOKA OYO BATO NIONSO.BINO BA BAWELI BOKONZI NA AFRICA BOTALA MALAMU NDENGE BURUNDI BALATISI BOKONZI NA PRESIDA NA BANGO.NZAMBE LISUSU AZUA LOKUMU.

  • @sebastienhakizimana7066
    @sebastienhakizimana7066 4 ปีที่แล้ว +1

    Hangama kungoma

  • @jenyyusuph4973
    @jenyyusuph4973 4 ปีที่แล้ว

    Nataka kujua moja tu ZEMBERE YAWE MAANA YAKE NINI?

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว

      " turarenguts' imbere yawe"
      Maana yake:
      " tumejitokeza mbele yako"
      Akimweleza Mungu katika Dua.

  • @kcdxjb6720
    @kcdxjb6720 4 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮👌👌👍👍🇲🇷🇲🇷🇲🇷

  • @siimon559
    @siimon559 4 ปีที่แล้ว +2

    🥱🥱🥱🥱 eh aramusengera ntazokwicane nkaca ki gugu caphuye Nkurunziza

    • @elisa3242
      @elisa3242 4 ปีที่แล้ว

      Ikijuju niwewe Aho president ari sinzi ko uzogirirwa amahirwe yokuhashika

    • @CetribeaBurundibwiza-tz5le
      @CetribeaBurundibwiza-tz5le 4 ปีที่แล้ว

      Ikijuju niso nanyoko Buyoya

    • @siimon559
      @siimon559 4 ปีที่แล้ว

      Buyoya wewe aracabaho.

    • @roohabzroohabz3247
      @roohabzroohabz3247 4 ปีที่แล้ว

      Ww urikirofa uri zege uri heyiwana ww ko yapfuye ari président ww uzopfa urinde niryahe zina uzosiga wa Majinuna w ese ww ko wigira umwansi wu Burundi cane?

    • @roohabzroohabz3247
      @roohabzroohabz3247 4 ปีที่แล้ว +2

      @@siimon559 Nn Buyoya abayeho ni Yesu c ngwazopfe azuke?ko afise inyama n'amaraso azopfa nkabandi kandi azoshingurwa kw'isi nkabandi ntazoshingurwa Mw'Ijuru

  • @jacquesnsabiyaremye911
    @jacquesnsabiyaremye911 4 ปีที่แล้ว

    Amen