Igiteramo cambere Big fizzo atazopfa yibagiye m'ubuzima bwiwe...abantu barenga ibihumbi...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media
Mu Burundi muvyemera canke muvyanka Big Fizzo arabatwara100% Kandi azoguma abatwara gushika apfuye! Ivyo kuvuga ngo Sat B ngo aramusumba ntibibaho! Tuvuge ukuri kabisa! King 👑Big Fizzo! Michigan 🇺🇸 🇧🇮turabakunda cane goose!👊
Sat b aharanira view gusa ariko Fizzo aharanira umwuga wiwe nicokimwe na kidum nayo Sat b arasonse utu view uturusha induru 😅😅😅
Fizzo wubahw. Ama hit ufis naho wiririmb umusi wose vibe ntizogera ❤❤❤❤
Fizzo uracayoboye vrt harukuntu uryohera aba fan mu midiho yose Big up
Nakubal baba mweny Music Big Fizzo Mm natafut pesa na mwey mutafut View aaaaahhh
Nakubari sana ndugwe,gikundiro ,the real 🐐
2pac wa Burundi King Big fizzo 🚀🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Big Fizzo yubahwe uwo ni kizigenza wa buja_flave Docteur Fizzo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Fizzo ndamweye kabsa arko sanzwe ndanamwera!ikintu agize niconarko ndiyumvira vrmnt.abobajama kujaa ku stage what is meaning?kuuzaa sura tuu!!ntanico baribahamaze,kand beshi ndabazi,sura tu.ewe ngobabonek!bamwiga mubone evyomwebwe nihehehandi mumaz kubibona kuzura kur stage ataco muhamaz?respect to FIZZO
Barya bana bose baguma bavuka bakubahe kuko uri se wabo legend igitugu kirakura ntigisumba izosi
Uwumwanka amwandureko🔥🔥🔥🔥living legend❣❣❣
Wubahwe can big Fizzo turakwishimira kub Imana yarakuduhaye
Nicogitum nkunda minouche kbs urabona ingene yanditse titre nziza kuri king big fizzo ❤❤ minouche uzoje mwijuru
Ntabwo narinziko muburundi biruko pe hejuru cne🔊🔊🔊🔊🔊💪💪💪💪💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Dr.Fizzo arashobobye kbc n number 1 mu Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🥵🥵Living LEGEND vreuumannt✅🔥hejuru cane😍
🔥🔥🔥🥰 Fizzo ndakubaha nakuze uyoboye nanubu sinzogutengura mukugufana🔥👑
Big Fizzo Umwam wumuzik Wu Burundi Cool na ww Black FM Landry And Minouch mwarakoz amatek.kuyand
The legend Big Fizzo, kub uvumye sam views, GOAT Fizzo
Kabisa urindugwe wa1❤
Kbx 😝 birarenze saana urukundo bamweretse 📯📯🔥🔥🔥🔥
Uy mu legend wac ararenz cne
Nakubari baba urashoboy uru wambere muburundi mumuziki
King of music Burundi big-up boi
Black fm hejuru nayandi ma radio 📻 abonereho umuziki wuburundi dukeneye ko ushika kure kandi nabarundi tuwukunde diaspora from Burundi 🇧🇮
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Brack fm big up Sanaa muri mbwabumwe nyene ayandi maradio yigireho 👌👌🤝🤝💨
Ninde yabony concert ya the Ben murwanda ukoyariyitabwe???ataniyeh nuyu Fizzo vrmnt 🤣🤣🤣ngo muburund ntidukund aba star bacu??? Ndabira iryosinz
Fizzo abarundi nti tumu merita
Ivyo nivyo tuba dusha kubasani bacu🇧🇮🇧🇮💪💪
The king himself 💥💥💥yarishe ndakeee ego kbs nakubali
Minouche yibagiye yari kwandika ATI igiterammo cagusa Big fizzo yakoze atazopha yibagiye😃😃😃
Good ❤❤❤❤❤❤wubahwe
Sije nzobon ndagez muburundi pe Saad Oman🇧🇾🇧🇾🇧🇾
Moto umewaka
Big fizzo king 🤴 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I miss you my country🥰🥰😊😊🇧🇮🇧🇮🇧🇮
yubahwe vraiment
Washa washa fire Mr doctor
Umwami numwe vrt 🇧🇮 Big fizzo the bantubwoy
Kwr urasoboy big fizzo
Niwubahwe
General 🎉🎉🎉
Yariyahaturiy🎉🎉🎉
Fizzo to the world ❤️❤️💪💪💪💪💪
Kazi Kazi in South Africa
N abnt tuyirabiye ngaha turariye iki vayibii nkeee🔥🔥🔥
J'aime cette conson
Fizzo tunakupenda sn 😘😘😘🤩🤩🤩🤩
Kbx fizzo
Igituma fizzo imana yamuzigamy nuko yariz ko yari yaragorewe mumuziki ariko fizzo ikintu nogusaba nyamb wibuk ko kiryagih vyaribigoye ntubishirek umutima mubi kuk imana yaragukijije burya rero haruwund muntu we bigoye cane kuruta harya ww wari kubwuko we warokotse naw murokore
umwami wumuzik burundiii wawuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu
Fizzzo niwubahwe
Urashoboye kwr
The legend 💪🏾💪🏾
Nice legend
Twika twika Rasa Rasa
Numwe😂😂🤘🔥🔥🔥🔥
Fizzo hejuru❤
Incomparable au Burundi 🇧🇮
Dr
Turafise Intwari
Big up Mutima le comedien vyos vyakuvuyeko umunezero ubu niwonse kubwimpan yaw kbx! Abndi mwese mwubahwe
Vraiment nkiraba video nanje sinatahura igtuma aba journalists ar benshi kuri stage
Nice Mr🎉 bilaryoshe❤
King Legend for our industry
Show yari fresh ariko sasa ikindi gihe bazokosore abo bantu buzuye kuri stage ntibisa neza nakajagari gusa
Big up big fizzo ariko aba DJ ni mabivu kweri
Safi mzee
Ebaga ndariye show
Narihombey big fizzo wubahwe
Nakubali kbs
abo bantu badug kur stage nam fone guftora nibiki vrema
Uy mucameraman yubahw kbxa nkuy ishapo.abandi umengo namafone baza bakoresha
Vb
Hahiye ♥️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
King wa Burundi 🇧🇮
Muta respect👑👌👊💥💥
Legend from Burundi 🇧🇮
Ndurwe 🔥🔥
Harikintu Mbaza ababantu bose bari baduze kur Stage gukoriki ??😂😂😂
icirore cumuziki ndundi
Fizoooooo🔥🔥🔥🔥🔥💯
Fayaaaaaaaaa
king on fire
Asigaye ari gikundiro kabisa! 😍😍
Long life ligend 🔥🔥🔥💪💪
❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Fizzo Pamoko Legand
Burundi natwe dusigay twitakuvyiwac
Big up San Gikaju 🇧🇸🇧🇸🇧🇸🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Black fm 🔥
Zokwemera kwari King niyuzuza nkuko atari kubuntu 😃😃😃😃😃😃😃barababeche cha
Vrmnt arinabo wavyank wavyer
Vyogum guca umuziki wiburundi wotera imbere cane bigumye vyitabwa guco nomuri tz Nuko vyari bimeze
Hapo ni wapi? Big up sana fizzo
Yeah yeah big fizzo him self 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Docter mkali🔥🔥🔥
Fizzo the best in the stage
Bireeeeeunze
Really it was incredible
It was so 🔥 🔥, Big up for our stars
Aga stage konyene gato. Abantu murundanirayo mushaka iki? Public ibananire gu controla. Ubwo ntivyari vya gusa?
Dr
Shout Out🔥
Ntasooooo