TURIMIRIJE KUBONA IGIHUGU ( UBUTUMWA BWIZA )
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Iyi ndirimbo yahawe umutwe TURIMIRIJE KUBONA IGIHUGU, ni imwe mu ndirimbo za kera yasubiwemwo na @kwizeraworshipteam-bi . Iradutera ivyizigiro kandi iradusubizamwo intege mu rugendo rwacu ruja mw'ijuru. Turabashimiye mwese mushishikara gukurikura iyi chanel @kwizeraworshipteam-bi ku ntererano zanyu zitandukanye muduha. mufise ico mubaza canke mwifuza kutwunganira muhawe ikaze kuri:
. Watsap: +257 71 223 851
. E-mail: kwizeraworshipteam@gmail.com
Dushimiye abamaze gukora subscribe mwese, nawe utarayikora tugusaba ngo ugende uyikoze, Yesu Kristo abahezagire.
Amen👏💓
Yesu Kristo abahezagire cane kandi azoduhe kubana mur'ico Gihugu c'Amahoro.
@@meirratv amen
Mukomeze kugirirwa neza na KRISTO
Amen
@@BukeyenezaBelyse-ir1cp murakoze
Amen Amen murakoze cane mugenzi Uhoraho azoduhe kuzoba mw'ijuru
@@StèveIRAKOZE-x1i amen
Ameeen
@@CelineH-x4k amen
gira umugisha
@@UMUCOWERATV2021 amen
Ameeeeen
Amen
Courage Brother. Merci cane ku ndirimbo nziza cane
@@Vine091. muhezagirwe mukozi w'Imana
Amen
Amen