Umviriza indirimbo Inyakamugayo za

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ย. 2024
  • Umviriza indirimbo Inyakamugayo za #CNL zaririmbiye #Rwasa Agathon azokwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu. Hari mu myiyamamazo yabereye kuri uwu wa kabiri muri komine #Bwambarangwe intara ya #Kirundo

ความคิดเห็น • 24

  • @munezeroinnoncent3442
    @munezeroinnoncent3442 4 ปีที่แล้ว +8

    Ovyo vyose ni Imana Kandi iratwumva uwabibonye ampe like nyinshi

  • @amiebrillanca459
    @amiebrillanca459 4 ปีที่แล้ว +4

    Nciye nkubur iwac mu burund komera mutam intsitsi ni cash👍👍

  • @yankunzedorianendihokubway284
    @yankunzedorianendihokubway284 4 ปีที่แล้ว +3

    Imanikuzigame vyosenimana

  • @yesuabahumugishaaa3056
    @yesuabahumugishaaa3056 4 ปีที่แล้ว +2

    Munkumbuje iwacu Imana ibajimbere mutsinde

  • @athansebarengyabo110
    @athansebarengyabo110 4 ปีที่แล้ว

    NIwirambire maitama preside Rwasa Agatho

  • @kanezavanessa1793
    @kanezavanessa1793 4 ปีที่แล้ว +3

    Kabisa...yakoze.can.kumuzigam.c.n.l.oyeeeeeeeee
    KURAJE.terimber.mutam.wac.iman.yatwihere.

  • @debesselecomedien909
    @debesselecomedien909 4 ปีที่แล้ว +1

    Ndumva yaciye mubuzima bugoye kweli.

  • @kayogorokayogoro7297
    @kayogorokayogoro7297 4 ปีที่แล้ว +1

    Mbonamwo Gwasa wenyene

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 4 ปีที่แล้ว +1

    Biraryoshe nimigambi myiza ariko birakomeye imbere Only God.

  • @yankunzedorianendihokubway284
    @yankunzedorianendihokubway284 4 ปีที่แล้ว +1

    Mutama turakwemera ntaribiryawe

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 4 ปีที่แล้ว +1

    Good news God be with us

  • @erichakizimana1626
    @erichakizimana1626 4 ปีที่แล้ว

    Uw,Imana izoshiraho niwe tuzokwemera ivyo navyo bizoca mumaboko yabanyagihugu turindire rero Le 20/5/2020 bizohayuka kandi ico twosaba nuko twese twokwemera ibivuyemwo ntihabe abavuga ngo amatora yibwe kandi ataho bifatiye

  • @devotmahungu2597
    @devotmahungu2597 4 ปีที่แล้ว

    Mu Burundi ibuntu byarahindutse kabisa Imana ibafashe .kubona abatutsi bajya hamwe bakaririmba Rwasa

  • @user-pz2lw7or6e
    @user-pz2lw7or6e 4 ปีที่แล้ว +1

    Niwibereho mutama rwasa

  • @johnkandjo8163
    @johnkandjo8163 4 ปีที่แล้ว +1

    CNL nyankamugayo dutsindubwoba,mutama wacu tumuhunde amajwi kuri ya taliki ya 20/5/2020

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 3 ปีที่แล้ว

    Hamwe mutama rwasa yotwarigihugu
    Nu wari yonze yocavyibuha
    Ndiho
    Aracabishira kurutond
    Twembwe nituryi bikorekey kumeza

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 4 ปีที่แล้ว +1

    Ninde yompa name yiyi ndirimbo?

  • @hassangasaba4565
    @hassangasaba4565 4 ปีที่แล้ว

    natwe muri USA tukurinyuma.

  • @augustinnsabimana1521
    @augustinnsabimana1521 4 ปีที่แล้ว

    mugatumb yakoz iki?nabanz atwerek amugariy kurugamba iyo yabashiz.

    • @saidatyashraf5126
      @saidatyashraf5126 4 ปีที่แล้ว

      Sweta 🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕🖕

    • @mykeke3255
      @mykeke3255 3 ปีที่แล้ว

      Nka hu vuziki
      Nkahusanga
      Ata nico wimariy
      Ukeney kwabandi bagupfasha
      🤮💀☠️

  • @hellotheteaishot2589
    @hellotheteaishot2589 4 ปีที่แล้ว

    Urintwari terimbere nkumuzinga komera ukomeze nabawe batotezwa tukurinyuma imana ikujimbere iduhindurire amatwara ndagufatiye iryiburyo